Indundi sport News

Indundi sport News Buja

17/07/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Gretta La Reine, Desire Nsazurwimo, W***y Kakunze

TECNO CAMON 15  Iracari nka nshasha ikaba ishaka akanoti gakeya cane ni 300000Fbu gusa.Plus d'info,Contact ni  # 6286124...
11/07/2023

TECNO CAMON 15

Iracari nka nshasha ikaba ishaka akanoti gakeya cane ni 300000Fbu gusa.

Plus d'info,Contact ni # 62861246

13/08/2022

35' Brentford 4-0 man u🤔

🤔🤔🤦🔥 Manchester United Brentford nuku vyifashe ubu tuvugana:  30'  Brentford 3-0 Man u 😀🤭🤭 Iyi Manchester bariko barayir...
13/08/2022

🤔🤔🤦🔥 Manchester United Brentford nuku vyifashe ubu tuvugana:

30' Brentford 3-0 Man u 😀🤭🤭

Iyi Manchester bariko barayirukana burundu muri premier ligue ndakurahiye😀🤔🤔

Real Madrid itsinze Eintrancht 2-0🔥🔥 N'urukino rwari ruryoshe cane Kandi vyabonekako rutari rwotoshe.Real Madrid ukaba y...
10/08/2022

Real Madrid itsinze Eintrancht 2-0🔥🔥

N'urukino rwari ruryoshe cane Kandi vyabonekako rutari rwotoshe.

Real Madrid ukaba yibitseho igikombe cayo yari imaze imisi itegura Aho yagiheruka 2016👊

10/08/2022

64' Benzema REAL MADRID 2-0 EINTRANCT

  ihejeje imyiteguro yayo yanyuma imbere yo kuzokina final ya Supercoupe d'Europe Aho umurwi watwaye ligue des champions...
09/08/2022

ihejeje imyiteguro yayo yanyuma imbere yo kuzokina final ya Supercoupe d'Europe Aho umurwi watwaye ligue des champions uhura nuwatwaye Europa ligue 🔥🔥

👉 Real Madrid izokina na yo mubudagi ejo 21h amasaha yiwacu🇧🇮🇧🇮

👉Ikindi nuko arubwambere iyo mirwi bisa niyihuye urukino rukomeye.

👉Ikindi mwomenya nuko real Madrid yoyo atamukinyi wayo numwe afise akabazo.

Mubona aruwuhe murwi uzogitwara ??

07/08/2022

40'

Manchester United 0-2 Brighton

🤣🤣🤣🤣🤦🤦🤦🤦

06/08/2022

Full time

🇧🇪BELGIUM - PRO LEAGUE
Genk 4-2 Eupen

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ENGLAND - CHAMPIONSHIP

Bristol City 2-3 Sunderland
Burnley 1-1 Luton Town
Preston North End 0-0 Hull City
Queens Park Rangers 3-2 Middlesbrough
Sheffield United 2-0 Millwall
Stoke City 2-0 Blackpool
Reading 2-1 Cardiff City
Swansea City 0-3 Blackburn Rovers

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿SCOTLAND - PREMIERSHIP

Aberdeen 4-1 St Mirren
Motherwell 1-2 St Johnstone
Rangers 2-0 Kilmarnock
Ross County 1-3 Celtic

🇳🇴NORWAY - ELITESERIEN
Bodo/Glimt 7-0 Odd

🇨🇿CZECH REPUBLIC - 1ST DIVISION

Slovan Liberec 5-1 Teplice
Viktoria Plzen 2-1 Pardubice
Sigma Olomouc 0-2 Brno

🇪🇪ESTONIA - MEISTRILIIGA
Parnu Vaprus 0-1 Kuressaare

🇫🇮FINLAND - VEIKKAUSLIIGA
Inter Turku 1-0 SJK

🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿SCOTLAND - CHAMPIONSHIP

Arbroath 0-0 Inverness
Greenock Morton 1-0 Cove Rangers
Partick Thistle 1-1 Hamilton Academical
Raith Rovers 0-1 Dundee

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ENGLAND - LEAGUE ONE

Barnsley 1-0 Cheltenham Town
Bolton 3-0 Wycombe Wanderers
Burton Albion 0-4 Bristol Rovers
Charlton Athletic 1-0 Derby County
Exeter City 4-0 Port Vale
Fleetwood Town 2-1 Plymouth Argyle
Forest Green Rovers 1-2 Ipswich Town
MK Dons 0-1 Sheffield Wednesday
Oxford United 1-0 Cambridge United
Peterborough United 3-0 Morecambe
Portsmouth 0-0 Lincoln City
Shrewsbury Town 0-1 Accrington Stanley

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ENGLAND - LEAGUE TWO

Barrow 3-2 Bradford City
Colchester United 1-1 Carlisle United
Crawley Town 0-1 Leyton Orient
Crewe Alexandra 3-0 Harrogate Town
Doncaster Rovers 2-1 Sutton United
Gillingham 1-0 Rochdale
Grimsby Town 1-1 Northampton Town
Hartlepool United 0-0 Wimbledon
Mansfield Town 1-0 Tranmere Rovers
Newport County 0-1 Walsall
Stevenage 2-1 Stockport County
Swindon Town 0-0 Salford City

🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿ENGLAND - NATIONAL

Aldershot Town 1-4 Solihull Moors
Altrincham 1-1 Maidstone United
Barnet 2-0 Halifax Town
Dag & Red 2-2 Gateshead
Dorking 2-2 Chesterfield
Notts County 3-0 Maidenhead United
Southend United 0-1 Boreham Wood
Torquay United 0-0 Oldham Ath

Raba uko bizoba bimeze abakinyi bacu muri za 2060😜😜🤩🤩
24/07/2022

Raba uko bizoba bimeze abakinyi bacu muri za 2060😜😜🤩🤩

Tecno Spark4 ishaka amahera:Ikwije vyose brindage na pochette(bishasha)Capacité : 32GBRam:2GBConnexion:4GPrix:270milTél:...
21/06/2022

Tecno Spark4 ishaka amahera:

Ikwije vyose brindage na pochette(bishasha)
Capacité : 32GB
Ram:2GB
Connexion:4G
Prix:270mil
Tél:69676822

Frorentino Pérez :🗣️Sinigeze mvuga ko   na   vyarangiye igihe cose,oya!🗣️ Imyaka 3 ntabwo Ari myinshi ibintu bishobora g...
16/06/2022

Frorentino Pérez :

🗣️Sinigeze mvuga ko na vyarangiye igihe cose,oya!

🗣️ Imyaka 3 ntabwo Ari myinshi ibintu bishobora guhinduka.ariko ntitwipfuza Kylian tubona Ubu dushaka w'ukuri😄

Mbega mubona azohava ashika i bwami ??

Source:Fabrizio Romano ✍️

Address

RN1
Bujumbura

Telephone

+25769676822

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Indundi sport News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Indundi sport News:

Share