BAC Global TV

BAC Global TV Official Page of BAC Global TV https://youtube.com/channel/UC61EhaNLR3OcDCyWfK4MytQ
WhatsApp 25769051886

Sat-B Kwincuro yambere kuva atanguye umusic  agiye guteramisha abanyaburaya.... Siryambere deal nkizo ziboneka gsa biher...
21/06/2024

Sat-B Kwincuro yambere kuva atanguye umusic agiye guteramisha abanyaburaya....
Siryambere deal nkizo ziboneka gsa bihera atagiye rek tumwifurize Godspeed muri vyose

🚨🚨 Inyuma y'ibimaze imisi bimuvugwako , DJ Fernando ahisemwo gusohora indirimbo yitwa " KAZIMA IMANA INKUNDA " ❣️🤷🏽‍♂️👇🏽...
19/06/2024

🚨🚨 Inyuma y'ibimaze imisi bimuvugwako , DJ Fernando ahisemwo gusohora indirimbo yitwa " KAZIMA IMANA INKUNDA " ❣️🤷🏽‍♂️👇🏽

Ubutumwa buri muriyi ndirimbo buzoshikira abakunzi b'umu*iki uyu musi ( Isaha cumi nazibiri z'umugoroba : 18h ) 👇🏽🔥

🛑Umuhinyanyu*i I Breezy kuva muri OneWay yakoze indirimbo Bellissima yavuze ati: "Ivyo Dj Fernando yakoze vyarambabaje c...
18/06/2024

🛑Umuhinyanyu*i I Breezy kuva muri OneWay yakoze indirimbo Bellissima yavuze ati: "Ivyo Dj Fernando yakoze vyarambabaje cane kuburira indero umuntu angana n'umuvyeyi wiwe ni ikosa rikomeye. Jewe ndemezako Indirimbo Bellisima yanditswe na Kadie Kay kuko muri studio dukora audio niwe yaranafise texte muri téléphone yiwe.

Zirya dirimbo zibiri Bellisima hamwe na Mon logo zirimwo amajambo akomeye cane naho woba u*i igifaransa si majambo Yoroshe kwandika! Bisaba Kuba Warasomye Ibitabo vyinshi."

Uyu muhanyanyu*i yasavye Dj Fernando gusaba imbabazi Kadie Kay kuko yamwubahutse agahanura abandi baririmvyi kutaborezwa na succès.

Cc YYann SantannaSYann Santanna

🚨🚨 N'agahinda keshi , Umwanditsi w'indirimbo 2 ( Bellisima na Mon Logo )   arasaba ko DJ Fernando yomwubaha 😭👇🏽N'inyuma ...
16/06/2024

🚨🚨 N'agahinda keshi , Umwanditsi w'indirimbo 2 ( Bellisima na Mon Logo ) arasaba ko DJ Fernando yomwubaha 😭👇🏽

N'inyuma yivyabereye mw'ihiganwa rya ( ) , Aho DJ Fernando yavugiye kurutambiro ko Kadie Kay atariwe yanditse izo ndirimbo ( Mumajambo yiwe ati: " Umwe ahora avuga ko yanyandikiye indirimbo naze aziririmbe )

Ivyababaje uno mupfasoni Kadie Kay nabo barikumwe bitavye iryo higanwa , aho abifata nko kumuburira indero , ati nomba Atari najewe nazanditse nyubahira ko noba naraguherekeje muri Studio ( Kuko ntamahera ndiko ndagusaba n'indirimbo zigumane )

Uyu mupfasoni avuga ko atari iryambere DJ Fernando amwereka ingeso zitangaje , kuko nomumasanamu y'indirimbo , DJ Fernando ntiyabonetse haje Gusto Melanin Boy ( DJ Fernando aca yigira mugiteramo muri Congo 🇨🇩 ) bahitamwo gukora indirimbo atarimwo 👇🏽

Ikindi cokumenya ngo izina 🤔 n'izina ryiwe umugabo yamwise , ngo yemeye kuriha Dj Fernando kugira indirimbo iryohe ( Ari Dj Fernando abimusavye kuko yumva riryoshe kuvuga mundirimbo )

💡 Kadie Kay yemera ko DJ Fernando afise impano yokuririmba ariko ngo impano yonyene ntihagije ngo umuntu agere kure .

Iteka MagazIteka MagazineIteka Magazine

  remix Abamaze kuyumviriza ndetse bakaraba amasanamu yayo mwayibonye gute....
15/06/2024

remix
Abamaze kuyumviriza ndetse bakaraba amasanamu yayo mwayibonye gute....


  Remix izasohoka ejo Double-jay OnceAgain Alvin Smith Kirikou A Kili Belle 9ice Bangahe bayirindiranye igishika
13/06/2024

Remix izasohoka ejo
Double-jay OnceAgain Alvin Smith Kirikou A Kili Belle 9ice
Bangahe bayirindiranye igishika



🛑🚨FT: Gabon 3-2 GambiaUrutonde mw'itsinda F inyuma y'inkino zine:🇨🇮1. Côté D'ivoire : 10 pts🇬🇦2. Gabon : 9 pts 🇧🇮3. Buru...
12/06/2024

🛑🚨FT: Gabon 3-2 Gambia

Urutonde mw'itsinda F inyuma y'inkino zine:

🇨🇮1. Côté D'ivoire : 10 pts
🇬🇦2. Gabon : 9 pts
🇧🇮3. Burundi : 7 pts
🇰🇪4. Kenya : 5 pts
🇬🇲5. Gambia : 3 pts
🇸🇨6. Seychelles : 0 pts

Inkino zizosubira kuba mukwa gatatu 2025

⚠️ Mwibuke : Umugwi uzorangiza Itsinda uri mu kibanza ca mbere, uzoca uronka itike yo gukina igikombe c'isi 2026!

Intamba Mu Rugamba muraziha amahirwe yo kubikora ??🤔



💔Inkuru y'umubabaro ku bakunda Pasteur Marcello tunasi n'umuryango wiweUmukenyezi wiwe   yitavye Imana muri kano gatondo...
12/06/2024

💔Inkuru y'umubabaro ku bakunda Pasteur Marcello tunasi n'umuryango wiwe

Umukenyezi wiwe yitavye Imana muri kano gatondo. Amakuru ava muri RDC yemeza ko yoba yagize ikibazo c'umutima (Crise cardiaque).

Intahe nyinshi za Pasitori Marcello, zirerekana ukuntu uwo mukenyezi yabaye umuhizi mu bihe vyatumye Tunasi avamwo ico ari, maze akabasha gusasagaza ubutumwa bwiza

Imana imwakire
Source EEJO



Ni Lucky Lionceau   -founder akaba na   wa BAC Youth Global n'umwe mugwaruka yabashe kuronka amahirwe yoguserukira igihu...
11/06/2024

Ni Lucky Lionceau -founder akaba na wa BAC Youth Global n'umwe mugwaruka yabashe kuronka amahirwe yoguserukira igihugu cacu ciza Aho arikumwe nabandi mugihugu ca muri program ya YALI Regional Leadership Center East Africa Aho araba muri
Tukaba tumwifurije amahirwe mu misi yose azomara murico gihugu

YALI Centre Régional de Leadership Dakar YALI Regional Leadership Center Southern Africa U.S. Embassy NairobiU.S. Embassy Nairobi Embassy Nairobi U.S. Embassy Bujumbura, BurundiU.S. Embassy Bujumbura, Burundi Embassy U.S. Embassy Bujumbura, BurundiU.S. Embassy Bujumbura, Burundi Burundi



  Gateka Esther Brianne yamenyekanye  cane mukuvanga imiziki nka DJ Brianne yabatirijwe mu mazi menshi mwishengero rya E...
09/06/2024

Gateka Esther Brianne yamenyekanye cane mukuvanga imiziki nka DJ Brianne yabatirijwe mu mazi menshi mwishengero rya Elayono Pentecost Blessing Church
Ubu DJ Brianne akaba abaye icaremwe gisha nk'uko babivuga mu gikizwa



🔴Mu Mvura Nyinshi, Intwari Prezida W'Uburusiya 🇷🇺 Yaranse Umutaka Yari Guhamba Umusirikare Yaguye K'Urugamba.Bamubajija ...
07/06/2024

🔴Mu Mvura Nyinshi, Intwari Prezida W'Uburusiya 🇷🇺 Yaranse Umutaka Yari Guhamba Umusirikare Yaguye K'Urugamba.

Bamubajija Impamvu, Vladimir Poutine Yishuye Ati : « Uwu Muntu Yaguye K'Urugamba, Yatanze Ubu*ima Bwiwe Kubera Igihugu.

Mukaba Muriko Mumbaza Impamvu Ndi Mu Mvura Ata Mutaka ? »...



06/06/2024

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Adelard Mugisha

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BAC Global TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BAC Global TV:

Share

Category