Lumière d'Afrique

Lumière d'Afrique amakuru yokwizera avugwa kwi si.Iki kinyamakuru kijejwe kandi kugirira publicités abadandaza,abarir

KANYOSHA-Musama-Busoro:Brarudi:haribonekeza iduzwa ry ibiciro bivuye kukajagari kukuntu ibinyobwa bitangwa.Muri Mega SSD...
29/07/2024

KANYOSHA-Musama-Busoro:Brarudi:haribonekeza iduzwa ry ibiciro bivuye kukajagari kukuntu ibinyobwa bitangwa.Muri Mega SSD Musama aho bita kwa Gisage.

Mubisabzwe inzoga zitangiwe munidepot iduga ry ibiciro ribazwa iyo munidepot.

None uyumunsi iduga ry ibiciro ryobazwa NDE??nibaza ko ryobazwa Delegue Joseph na MeGa SSD Musama.

Ubajije abadandaza bavuga yuko zizimba kuko baba baziranguye zizimye.Nguko igituma zishobora kuzimba:

1.Hari inzoga zitangirwa muri Mega indani ugasanga icupa rya primus ni 3000 ;irya Amstel 4000 uwuriranguye kwayo mafaranga usanga primus hanze mubanyagihugu agurisha primus 4000 ;Amstel 5000. Abandaza barajorewe kubona mega indani hariyo abakozi bubahuka kugurisha inzoga kwicupa mugihe bitarekuwe.

2.Hari abantu bashika 40 bajanwe muri mega na Delegue gutorerayo inzoga.Hari n abidoga yuko Delegue yacaguye abajana abandi arabareka bivanye nuwatanze agafanta.Ubajije abadandaza batobato baremeza yuko bamwe bajanwe muri mega barinze gusorora mugihe abatasoroye ubudandarizo bwabo busa n ubwugaye.Mwabo basoroye baronka 85% y inzoga ziboneka mwiyo mega Musama SSD kwa Gisage. Mwabo bamwe bashima kugurisha kubandi badandaza zimwe muzobaronse.Naho nyene Amstel icupa 4000;primus 3000 mwubwo buryo abo bazirangura kubandi nabo usanga badugije.Ubabajije iyo baziranguriye kubera ziba zizimye bavuga ko baziranguriye mwibarabara zibazimye.Kare iduga ry ibiciro ryahora ribazwa muni depot irihafi uyumunsi kubera amamunidepots ASA nayugaye nabatware birabagora gucunga ibiciro.

3.Abamamunidepots Bari mukangaratete.Munidepots zisa nizugawe ndetse bamwe muribo basaba ko Brarudi yorungika umuntu yigenga kubagirisha inama yumve ingorane zabo.Kuko unudelegue ahari yaje gusongera isibe.

4.Hariho ububare buba bukwiye gutora muri Mega n ubundi buba bukwiye gutorera muma muni depot nkuko vyahora bigenda kugira ibiciro bireke kuza biduzwa nabi.Abatwabajije babona ko ububare bwari busanzwe butora muri Mega ari: Kumubano;Kwa Vyisi; kuri VPS;KuKayaga.hakwiye inama.

🔴 Umurundi 🇧🇮 akora ishwagara!!!!Ishirahamwe SOBUFA rihurikiyemwo urwaruka rwiyemeje gusukura ibisagara , rirongowe  na ...
28/07/2024

🔴 Umurundi 🇧🇮 akora ishwagara!!!!

Ishirahamwe SOBUFA rihurikiyemwo urwaruka rwiyemeje gusukura ibisagara , rirongowe na Havyarimana Eric. Iryo shirahamwe rikaba rikora ishwagara yogusiga ku mazu.

Impamvu bayikoze, babonye ko ishwagara yava mu mahanga yaza izimvye, baca biyumvira guhingura iyiwacu . Iyo shwagara uyisize irera cane kandi uyikozeko ntifata. Bagurisha imifuko y'ibiro 15kg na 25kg.

Uwukeneye ishwagara ya SOBUFA, yobasanga mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu gihugu hagati. Icicaro gikuru kikaba kiri muri Quartier industriel imbere y'igipolice bita direction général de la police, na agence sobufa iri muri Quartier asiatique.

Tel : 68727270
Email: [email protected]

👉 Menya neza, uko dukoresha ivyo twihinguriye niko igihugu kirwiza ubutunzi. Ishirahamwe SOBUFA ni akarorero keza mu ku bantu bipfuza gukora imigambi yo kwiteza imbere. Hamwe amashirahamwe yorwi mu Burundi, ubutunzi bw'igihugu bwo kwiyongera.

👉 Wibuke kugira S'abonner kuri page, tubandanye dushigikira ibikorwa vy'abrundi.

# (CFR Ejo Heza)

Kirundo- : bwa butare bwo mu kirundo ngo s'ububeshi nkuko ikinyamakuru jimbere magazine cagiyeyo kivyemeza. Bamazeyo ama...
27/07/2024

Kirundo- : bwa butare bwo mu kirundo ngo s'ububeshi nkuko ikinyamakuru jimbere magazine cagiyeyo kivyemeza. Bamazeyo amasaha abiri babonye inzira zomukuzimu zirimwo ubutare .

Igisigaye nukumenya uko buriko burimbwa.
1.yuko bafise ubuhinga bwogucukura kugira ntibasigemwo bwinshi.

2.yuko ubutare bucukuwe bufise aho bubikwa bukazojanwa kwisoko mpuzamakungu budaciye mukinywabi.

3.yuko amafaranga yose avuyemwo aja mukigega ca Leta ataja muminwe yakarwi.

4.yuko amadevises ari muri BRB n ayandi mabanques akoreshwa ibikenewe atari kuja kwubaka amagorofa hanze.

Aho bigenzuko uburundi buzoba bwogoroye.

MUSOMYI nawe ubona woterera iki kwubu butare??

_______________,,
Fyonda suivre kwiki kinyamakuru uzoze uronka amakuru menshi!

27/07/2024
UBUHinga abashinwa bagezeko bwo kurima umuceri.Mugihe amatongo abandanya yaga.------------Kwiki kinyamakuru tuzoza tubas...
27/07/2024

UBUHinga abashinwa bagezeko bwo kurima umuceri.Mugihe amatongo abandanya yaga.

------------
Kwiki kinyamakuru tuzoza tubashikiriza ibintu bishasha bikorwa kwisi no muburundi fyonda ugire suivre ntuzocikwe!

15/04/2024


Evelyne ati:
Nitwa NDAYISHIMIYE Evelyne.
Ibiranga umukozi mwiza : Ni umuntu akunda akazi akora akongera akagakora neza uko abisabwa n'amategeko akirinda gukora ico cose kinyuranye n'ivyo asabwa mu kazi kiwe

’akarorero

Ndabasabe mufyonde kuri iyo link muce mushirako j'aime (like) na partage (share)https://www.facebook.com/100064110484665...
15/04/2024

Ndabasabe mufyonde kuri iyo link muce mushirako j'aime (like) na partage (share)

https://www.facebook.com/100064110484665/posts/835255468621462/?app=fbl


Evelyne ati:
Nitwa NDAYISHIMIYE Evelyne.
Ibiranga umukozi mwiza : Ni umuntu akunda akazi akora akongera akagakora neza uko abisabwa n'amategeko akirinda gukora ico cose kinyuranye n'ivyo asabwa mu kazi kiwe

’akarorero

UBURUSIYA bwarungitse Ingabo ibihumbi 100 mu karere ka KOUPIANSK na LYMAN .Aho muri KOUPIANS hashizwe ingabo ibihumbi 45...
28/08/2023

UBURUSIYA bwarungitse Ingabo ibihumbi 100 mu karere ka KOUPIANSK na LYMAN .
Aho muri KOUPIANS hashizwe ingabo ibihumbi 45 muri LYMAN hashirwa Ingabo ibihumbi 42 .,Ubwo burere bwose buru kumupaka wa KHARKIEV na LOUHANSK nkuko mu bibona kwikarata.
Ariko ivyo bice bibiri vyarungitswemwo Ingabo bisanzwe biri mu maboko y' Uburusiya.
Source : Guerre en Ukraine : cent mille soldats russes déployés dans le secteur de Koupiansk-Lyman https://www.lemonde.fr/international/live/2023/08/27/guerre-en-ukraine-en-direct-cent-mille-soldats-russes-deployes-dans-le-secteur-de-koupiansk-lyman_6186694_3210.html

NIGER: UbufaransaIgihugu ca Niger_abafashe ubutegetsi barongowe na General Tiani bahaye amasaha 48 uwurukira Ubufaransa ...
26/08/2023

NIGER: Ubufaransa
Igihugu ca Niger_abafashe ubutegetsi barongowe na General Tiani bahaye amasaha 48 uwurukira Ubufaransa kugira abe yavuye kubutaka bwabo.

Ubufaransa bwavyanse ndetse buvuga yuko aba ataburenganzira bafise kuko Leta yabo itemewe n amategeko.Ubufaransa bubandanya buvuga ko Bazoum haheze ukwezi atembagajwe ariwe agitwara.

Bibagira ko:"nyene imbugita aruwuyifashe ikirindi."

@@ :
-------------
Namba utarabikora gira suivre canke follow kW'izina ryiki kinyamakuru uzoze uronka bishasha

UBUHINDI BWAKOZE AMATEKAUbuhindi bwanditse amateka mu kwururutsa ikigendajuru mu bumanuko bw’Ukwezi. Ico kigendajuru bis...
24/08/2023

UBUHINDI BWAKOZE AMATEKA
Ubuhindi bwanditse amateka mu kwururutsa ikigendajuru mu bumanuko bw’Ukwezi.

Ico kigendajuru bise Chandrayaan-3 cakoze ku butaka bw’Ukwezi, gituma Ubuhindi buba ubwa mbere kw’isi bushoboye kwururutsa ikigendajuru hafi y’ubumanuko bw’Ukwezi.

Ibindi vy’imbere vyose vyahora vyururukira ku murongo ugaburamwo kabiri Ukwezi (equateur) – ariko kumenya ibiri mu bumanuko birakomeye cane mu kumenya ko hoba hariyo amazi.

Ubu abahinga bizigiye ko baja gusohora ingendeshwa iri muri ico kigendajuru kugira ifate yongere irungike amafoto n’ayandi makuru kw’Isi.

Isanamu ni iya ISRO

Source: Bbc
# : MaximeGakwavu

Address

Kanyosha 3
Bujumbura

Telephone

+25761126139

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Lumière d'Afrique posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Lumière d'Afrique:

Share