Bimenye zénith. net.

  • Home
  • Bimenye zénith. net.

Bimenye zénith. net. Le journal de reseau sociaux qui est disponible pour promouvoir la santé et les activités communautaire au Burundi

 :ibarabara  rihuza amabarabara makuru ya Cibitoke na Bubanza rigiye gukorwa._______________ Ivyo vyavugiwe i Bubanza,ku...
25/09/2022

:ibarabara rihuza amabarabara makuru ya Cibitoke na Bubanza rigiye gukorwa.
_______________

Ivyo vyavugiwe i Bubanza,kuri uwu wa gatandatu,igenekerezo rya 24/9/2022,aho abagumyabanga bari baramutse bahura ngo bashime kandi banashigikire imigambi myiza y'iterambere Nyenicubahiro Umukuru w 'igihugu ariko arakorera abene gihugu.

Ivyo birori Vyari vyatewe iteka n,abashingamateka bavuka muri iyo ntara hamwe n,imvukira z'iyo ntara zirangurira imirimo itandukanye muzindi ntara.

Amajambo yahavugiwe yahamagarira abenegihugu kwijukira ibikorwa vy'iterambere ngo bashigikire Nyenicubahiro mumigambi myiza afitiye uburundi.



 .                              🚲Les jeunes cyclistes des pays de l'EAC ont observé un séjour à Ngozi ce Dimanche 4/9/20...
05/09/2022

. 🚲Les jeunes cyclistes des pays de l'EAC ont observé un séjour à Ngozi ce Dimanche 4/9/2022.

📌Ils font le tour de cette zone depuis le 1er Août 2022. Ces jeunes se disent satisfaits de l'accueil chaleureux qui leur a été réservé par la population burundaise en général, et celle de la province Ngozi en particulier.

🎤 Selon Emmanuel NTACONSANZE, Gouverneur de la Province Ngozi, il précise que le séjour de ces jeunes cyclistes est un signe éloquant qui prouve que la paix et la sécurité reignent dans cette Province.

🏂De Ngozi, ces jeunes ont embrassé le chemin menant à Kigali en République du Rwanda.
👉🏼Vous saurez que ce tour qui fait le 6e dans l'EAC emporte en son sein la sensibilisation des populations des pays de l'EAC sur la préservation de l'environnement et la promotion du tourisme.



⚖️Gitega.ll assassiné sa femme._______________  ⚖️  En date du 03/09/2022, vers 19h, sur la Colline Mirama de la Commune...
05/09/2022

⚖️Gitega.ll assassiné sa femme.
_______________

⚖️ En date du 03/09/2022, vers 19h, sur la Colline Mirama de la Commune et Province de GITEGA, la Police du Commissariat Communal GITEGA a appréhendé et retenu le nommé NGOMIRAKIZA Zacharie, âgé de 66 ans, natif de la même Colline, prévenu d'avoir assassiné sa femme nommée MANIRAGEZA Soline, âgée de 65 ans, native de la Colline Rukoba de la Commune et Province de GITEGA.
📌Le mobile de cet assassinat serait la vente d'un oranger qui a été transformé en charbon vendu par la victime.

🔑La défunte a été acheminée vers la morgue du Centre de Santé Gasunu.



 . Sensibilisations de masse pour la mise en oeuvre de la politique nationale  de la réinsertion sociale des enfants en ...
01/09/2022

. Sensibilisations de masse pour la mise en oeuvre de la politique nationale de la réinsertion sociale des enfants en situation de la rue.
__________________

💐Dans le but de la mise en oeuvre de la politique nationale de la réinsertion des enfants en situation de la rue,
le Projet "HUMURA KIBONDO", exécuté par la Province de Gitega en synergie avec d,autres organisations intervenant dans ce programme à savoir: IRC ,DUTABARANE,SOJPAE et biens d,autres mènent une sensibilisation de masse pour la mise en oeuvre de la Politique nationale de la réinsertion des enfants en situation de la rue.

🎺Cette sensibilisation commence ce mardi le 28.08 et se déroule dans tous les quartiers de la capitale politique de Gitega et les zones perpheriques.

En cette sensibilisation, on invite :
👉🏼 les familles avec des enfants qui ont déserté leurs familles, de rester courageux , à aller récupérer leur enfants en situation de la rue dans la capitale politique de Gitega en collaboration avec les autorités locales ,les ONGs intervenants dans le programme.

👉🏼 les commerçants de la ville de Gitega à ne pas utiser les enfants mineurs dans des activités lourdes qui ne correspondent pas à leur âge.

👉🏼à ne pas favoriser la délinquance des enfants desertants en leur donnant des choses volatives dans la rue plutôt que chercher à les aider dans leur familles.

👉🏼les familles à éviter tous les comportements conduisant les en enfants à être en situations de la rue.

👉🏼à conjuguer les efforts avec les administratifs et les organisations y intervenant afin que les enfants en questions puissent regagner leurs familles et lutter contre toutes choses conduisants ces enfants a revenir dans la rue.

📌 La population répond massivement dans ces sensibilisations combien importantes et salue cette initiative de la part de la Province de Gitega et ces organisations , de chercher comment les enfants en situation de la rue peuvent être récupérés .


réinsertion des enfants
.

 .Abarondera akazi mu bihugu vy'abarabu hari abatanguye kubibafashamwo.__________________      📌Kuri uwu w'Imana igeneke...
29/08/2022

.Abarondera akazi mu bihugu vy'abarabu hari abatanguye kubibafashamwo.
__________________

📌Kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 28/8/2022 niho N.C NDAYISENGA GLOBAL COMPANY ibicishihe muri CFP-BUBANZA yaramutse itanga certificats ku bahungu n'abakobwa bari bamaze ukwezi bigishwa ururimi rw'icarabu.

💐ivyo birori vyari vyatewe iteka n'umuhanuzi ajejwe imibano mu ntara ya Bubanza, musitanteri wa commune Bubanza ,umuhanuzi ajejwe imibano muri commune bubanza, umuyobozi ajejwe igisata c'impapuro zitandukanye (Guichet unique) mu ntara ya Bubanza, abajejwe intwaro Ku mitumba ya centre-ville na Buhororo n'abavyeyi babahejeje kuronka izo certificat.

✍🏼Ku mpande zose barashima uwo mugambi mbere bakaba batekereye impanuro abazoja mû mahanga n'abavyeyi bazosigara mu Burundi.

📌Uwo mugambi ukaba ari uwo kubafasha kuronka impapuro zinzira,akazi mu barabu n'ukubakurikirana iyo bazoba bari Ku kazi.

Iyi nkuru uyivuzeko iki?



 . Mugihe co muci uburimyi bw'ibiraya buratanguye kurangurwa.___________________                                   👉🏼Iyi...
29/08/2022

. Mugihe co muci uburimyi bw'ibiraya buratanguye kurangurwa.
___________________

👉🏼Iyi mirima mubona
ni iy'umwengihugu yitwa NSANZIMPUNDU David . Yayirimiye k'umutumba Gahwazi komine n'Intara ya Ngozi.

📌Aho Ikinyamakuru Bimenye Zenith Net camusanga kukivi ariko aragendura uwo murima ubereye ijishoabona yatumenyeshejeko ari umugambi yigiriye wo kugwiza imbuto.

👉🏼 Iciyumviro ngo camujemwo amaze kubona arimye ibiro 150 agaheza akimbura itoni(ibiro igihumbi). Ngo nikwo kwegera inzego zibijejwe arasaba impanuro z'ukuntu yogwiza imbuto kugira ngo arime hanini hashoboka.

🌹Ngo impanuro yarazironse aramenya imbuto igwizwa iyariyo ngo niko gutangura uwo mugambi.

🎤 Uwo murimyi arangiza atangaza ko yashimye kugwiriza iyo mbuto k'umutumba kandi muci kuko ngo ariho imbuto y'ibirayza idahura n'ingwara.

Aho iwanyu ubu bariko barima iki?

.
.

⚖️Imiryango 4 itandukanye  isaba ubutungane ko bwokweza ababo 4 bapfungiwe mw'ibohero rikuru ry,Ibujumbura kuko barengan...
25/08/2022

⚖️Imiryango 4 itandukanye isaba ubutungane ko bwokweza ababo 4 bapfungiwe mw'ibohero rikuru ry,Ibujumbura kuko barenganywa.
________________

⚖️Abo bapfunzwe uko ari bane bose n'abakozi b'ishirahamwe nabo akaba ari: Juvenal NTAHOMVUKIYE,
Jacques NDAYISHIMIYE, Fabien NIYONGABO ,hamwe na Vincent HATUNGIMANA.

👉🏼Intandaro ya vyose ngo n'uwitwa yaje gutondera igitoro n,imodoka kuri station nshasha yo mugisagara ca Bujumbura vyavugwa ko yagira itange igitoro ico gihe naho ngo bitarivyo.

🎤Ngo Fabrice abonye batevye gutanga ico gitoro , ngo yaciye aha urupfunguruzo rw'imodoka yiwe uwitwa yari kw,izamu uyo musi ngo arihuse kurubaza ruguru ; ngo uyo musi hari kumusi wagatanu ahashira nk,isaha zitanu z,umurango.

📌 Jacques ngo yahavuye agomborwa n'abandi basangiye akazi nk,uko bisanzwe murako kazi ko gucunga umutekano ngo urupfunguruzo bararuhanahana .

🚌kumusi wa gatandatu mw,ijoro Ngo kubera ko iyo modoka yari muzindi zitonze ngo kandi yari inyuma y,uruzitiro eka mbere itari yanditswe mugitabo c,ibikoresho bicunzwe, ngo hoba haraje umuntu abaca muryahumye batabiciye n,ikanda aratwara ya modoka akoresheje urundi rupfunguruzo ngo kuko urwo Fabrice yari yasize bari barufise.(ninde yatwaye iyo modoka)?

🪶Niho muri iryo, joro ryo nyene ahashira nk,isaha zitandatu z,ijoro uwiyita nyenimodoka Fabrice yaza ngo aje gutora imodoka aho yari yayisize arayibura ariko urupfunguruzo rwayo ngo bari barufise.

📌Uwo Fabrice aca yitura igipolice ,abo bane bose uko baruhererekanye bose baba binjiye mukaga kuko baciye bapfungwa mugipolisi kumvo z'amatohoza.

👨🏼‍🦯Murayo matohoza na nyen'imodoka ntibamusiginyuma kuko mugipolise babona ko bishoboka ko Fabrice yoba yarasize imodoka agahava akayitora akoresheje urundi rupfunguruzo, munyuma akagaruka kuyibaza uwo yayihaye ngo gutyo abe abinjije mukaga mukubagiriza ko bamwivye.

👉🏼Inyuma y,imisi itanu amatohoza akibandanya , nyene kwibwa ariwe Fabrice yavuze ko imodoka yabonetse ariko itagira amapine.
Ngo kuko abo basuma birutse barabasiga.
Agasaba rero ko bomuha amahera yayo mapine ngo nayo yakoresheje muri iyo dossier ,nabo bati ntituriha ivyo tutatwaye vyongeye ayo ni Amayeri .

Ubu rero bakaba bapfungiwe mw,ibohero rya mpimba ibujumbura.

Imiryango yabo bapfunzwe isaba ubutungane ko bworenganura abo bantu bagasubizwa mumiryango yabo kuko baguye mumutego Fabrice yabateze.

Ibi bintu wewe uvyumva gute?



  : Igitegwa c'umuceri  ntikirimwa rimwe mu mwaka. ________________                                                     ...
19/08/2022

: Igitegwa c'umuceri ntikirimwa rimwe mu mwaka.
________________

📌Abenegihugu barimira umuceri mu mwonga wa Nyamuswaga, umwonga ugabura komine Gasikanwa na komine Tangara, baherutse gutahura ko igitegwa c'umuceri gishobora kurimwa no kwimbuka kabiri mu mwaka.

💐 Inyuma yo gusoroma umuceri weze mu kwezi kwa gatanu, Ubu baherutse guteragira uwundi uzera mu kwezi kwa kigarama. Ivyo bikaba mu ntumbero yo kugwanya ubukene n'inzara.

Aho iwanyu barima umuceri kangahe?



👉🏼Ngo Leta y,uburundi igiye guha ikibanza kibereye abagendana ubumuga harimwo nubwo kutumva,kutabona  canke kutavuga kuk...
19/08/2022

👉🏼Ngo Leta y,uburundi igiye guha ikibanza kibereye abagendana ubumuga harimwo nubwo kutumva,kutabona canke kutavuga kuko nabo ngo barafise ivyo bashoboye.

🎤Ivyo vyashikirijwe n, w, n'akazi Thade NDIKUMANA mw,ihuriro ry,urwaruka rumaze gushika kure muvyo kwironderera n,ugutanga akazi ririko ribera igitega kumugwa mukuru wa Politique .

✍🏼Nimugihe umwe mugwaruka agendana ubumuga bwo kutavuga no kutumva yashikirije ko yahejeje amashure ariko akabura uwumwakira ngo amuhe akazi kuko ari bake bashobora gutahura imvugo zabo.
👉🏼yaboneyeho gusaba ngo habe abantu benshi b**a ururimi rw'abaragi kugira bashobore kuvugana n'abo.

Ubivuga kw,Iki?



Gupimisha imbanyi birafise akamaro.___________________      💐Harabavyeyi iyo bibungeze  babona ko kuja gupimisha imbanyi...
15/08/2022

Gupimisha imbanyi birafise akamaro.
___________________

💐Harabavyeyi iyo bibungeze babona ko kuja gupimisha imbanyi atakamaro kanini bifise.
🌹Ariko gupimisha imbanyi mbere guresha bwa buryo bita birafasha kumenya amagara y'umwana n,umuvyeyi.
Bituma baraba ko umuvyeyi ashobora kwibaruka bigoranye canke azokwibaruka neza.

Aho muherereye abagabo baraherekeza abakenyezi babo gupimisha imbanyi ?

y,imukenyezi
.

Ngozi_ uburimyi.                   Igitegwa gishasha " millet" kirimbuka hose mu Burundi?_________________    👉🏼Ayo mafo...
14/08/2022

Ngozi_ uburimyi. Igitegwa gishasha " millet" kirimbuka hose mu Burundi?
_________________
👉🏼Ayo mafoto mubona naho koperative ICITEGEREREZO Y'i Ngozi yari iramutse isarura ico gitegwa carimiwe k'umutumba Kabamba muri komine ya Gashikanwa.

💐 Abakizi neza ngo kirafasha cane mungaburo. Ngo kiranazana inyungu y'amafaranga ngo kuko umwimbu Waco ugurishwa Ama Euro 5 ku kilo.

🎁 Aha mukamenya ko ico gitegwa cinjijwe mu Burundi Varisito NDAYISHOMIYE afadikanije n'ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi.



.

Address


Telephone

+25768587466

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bimenye zénith. net. posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bimenye zénith. net.:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share