
01/12/2024
✊🏾👏🏿 Muramwemera nk'umuyobozi w'umu*iki muri Afrika afatiye inkoni y'ubuyobozi mukwaha ariko uwu mush*tsi we ngo ni iryambere amwumvise🤔
🥏 Umuririmvyi w'umunya Jamaica 🇯🇲 afise igiteramo Mugihugu ca Tanzania 🇹🇿 yamenyesheje ko Umuririmvyi atawe azi.
☝🏾 Ivyo vyateye Abantu kwibaza impamvu ari icamamare ariko atazwi n'uwo mugabo.
🛬 Kw'igenekerezo rya 29/11/2024 niho yashika muri Tanzania 🇹🇿aca avugira ivyo mu kiganiro n'ibimenyeshamakuru ariko avuga ko yipfuza gukorana Indirimbo n'abaririmvyi bo muri Tanzania .🇹🇿
🤷🏾♂️ Ninde muririmvyi u*i benshi bazi Ko azwi ariko atazwi?