OG FORCE

OG FORCE 🔥🔥UPDATE NEWS ON PLANET🔥🔥
🌏🇧🇮🇷🇼🇹🇿🇺🇬🇨🇩🇰🇪🇺🇸🇳🇬🇨🇦
Call me tspp 🤙 +257 62891853 ✅️
(8)

02/06/2026

😭😭🇧🇮🇧🇮❌
Abarundi mukuroga nabambere kwisi bakuroze bikanka bagutwara utwo ufise
Djicia kezak pole sana

😀😀🫵🇦🇪   Umurundi wambere yurije ikirago indege akanazana umugore wiwe Dubaï uyumusi niho bagaragaye mugisagara ca   bari...
01/06/2026

😀😀🫵🇦🇪 Umurundi wambere yurije ikirago indege akanazana umugore wiwe Dubaï uyumusi niho bagaragaye mugisagara ca bariko batembera umugabo yereka igisagara nama étage umugore wiwe yakuye Amushikana Dubaï

🫵 Ufise Amafaranga nawe birashoboka

OG FORCE

01/06/2026

😀😀🇧🇮🇧🇮 NDAKESERA INO MODOKA CANKE NI AI

01/06/2026

🫵😀😀🇧🇮 ABANA BA BUJA basigaye bakaze nkeue kazoza ya 2040

31/05/2026

🫵💍♥️🇧🇮 AMAFARANGA Ntakiyananira uno musolait nawe akaba Yaraye yikuye mubasolait bakenye Amafaranga nuko akora

31/05/2026

🔥🔥🇧🇮🇧🇮🫵 IKIDOMA Kirikou A Kili kizobasatura nkeu kwino ndirimbo yumwaka yiwe atanumwe atayizi

31/05/2026

😀😀😀🫵🫵🇧🇮 Harahiye Nkeu ubu nabana barazi bino bintu Nkeu

😭😭🫵🏆 Brand kubwa Sat-B  rino kosa ntuze wongere kurikora imbere yabafana ndakubaha Ariko shobo yogutambisha abayungwe nk...
31/05/2026

😭😭🫵🏆 Brand kubwa Sat-B rino kosa ntuze wongere kurikora imbere yabafana ndakubaha Ariko shobo yogutambisha abayungwe nkuko ukamanuka hasi nkuko waraye udutaye hasi ndibaza ntiyari wewe mwuwo mwanya

🇹🇿 Tanzanie Diamond Platnumz ivyo biragoye kuzobimubonako kuko arazi icari uriko uraza Ejo warukaze show busy brother

🔻 Harya na LinoG Umvukuri aho yari yicaye yarahekenye umusaya igihe umanutse ukabakaba
Ndibaza yari Vibes yakarya kandi ubundi kumigaro niwe wambere umwifunzi

OG FORCE

30/05/2026

🤭 Sat-B
Brand kubwa
irya ntambo na Monia fleur wapi ndake kurya nukwita hasi ucumengo washobotse

😭😭🫵🏆🏆 Birabaje gufana Equipe 2 hakabura nimwe itahukana UCL kandi zari zifise amahirwe Barcelona na Arsenal mumpombeye n...
30/05/2026

😭😭🫵🏆🏆 Birabaje gufana Equipe 2 hakabura nimwe itahukana UCL kandi zari zifise amahirwe Barcelona na Arsenal mumpombeye nabi kweri nukuraba mpindure bikigendeka hose swata ndake

🙌🙌 🏆🏆 Next Saison twitege Final ya Barcelona vs Arsenal basi

OG FORCE

Address

Rohero
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OG FORCE posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to OG FORCE:

Share