08/10/2026
https://youtube.com/-bi?si=e99PN3iP6rQZS-3o
📢 NCUTI ZACU, AMAKURU MASHASHA! 📢
Dushimishijwe no kubamenyesha ko twatanguye YouTube Channel nshasha yitwa GLNEWS+.
Ibiganiro twahora tubashikiriza kuri B-INFO, B-INFO PLUS, B-INFO NEWS, B-NEWS nivyo tugiye kubandanya tubashikiriza tubicishije kuri runo rubuga rushasha twise GLNEWS+.
🎥 Tuzokwama dukora uko dushoboye kugira tubagezeho ibiganiro vyiza kandi ku gihe.
👉https://youtube.com/-bi?si=e99PN3iP6rQZS-3o Nimuce kuri iyi link, mwinjire kuri channel yacu, mukore SUBSCRIBE kandi mufungure 🔔 kugira ntimuzosigare inyuma y'ibiganiro bishasha.
https://youtube.com/-bi?si=e99PN3iP6rQZS-3o
🙏 Ndabasavye kuyisangiza abandi. Ubufasha bwanyu nibwo buzotuma iyi channel ikura.
**Murakoze cane! ❤️🙏**