BMT Buja

BMT Buja Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BMT Buja, Media/News Company, Bujumbura.

Burundian Movies and Talents (BMT) est une société à but lucratif qui a senti la nécessité de contribuer dans le développement et amélioration du domaine cinématographique au Burundi,

Mr Khan Burundi  umukinyi karuhariwe agiye kwifatira Imitima yabeshi biciye muri Film   .
21/09/2025

Mr Khan Burundi umukinyi karuhariwe agiye kwifatira Imitima yabeshi biciye muri Film .

Akătiriye umugāga ngo ntigasībíra ikuzimú!🤣🤣 Nuko gahunda ni yayindi nyene Dimanche le 05.10.2025 mugisagara ca Bujumbur...
19/09/2025

Akătiriye umugāga ngo ntigasībíra ikuzimú!🤣🤣

Nuko gahunda ni yayindi nyene Dimanche le 05.10.2025 mugisagara ca Bujumbura muri salle nyabagere Conference kuri Gare du nord igihe c’isaha icenda zumu hingamo (15h00)
Kwinjira ni 10K mukibanza gisanzwe 50K mukibanza c'iteka

Ukobiri kwose film    igomba kuba ikiyovyabwenge muri rusange. reka dusezere INTORE NTINDI ntakundi twayikunda ariko nik...
18/09/2025

Ukobiri kwose film igomba kuba ikiyovyabwenge muri rusange.

reka dusezere INTORE NTINDI ntakundi twayikunda ariko niko bimeze.

Ncuti kaze le 05.10.2025 ngaha mugisagara ca Bujumbura muri salle nyabagere Conference kuri Gare du nord igihe ci saha ya sacenda z’umuhingamo (15h00. Kwinjira ni 10K mukibanza gisanzwe VIP nayo ni 50k

Kaze muryohere amaso mwiyibagize stress 🤣🤣

Chanceline turakwakiriye mukibuga cabakuru 🤣 aho ugiye kumara igihe unezereza amamiriyoni ya bakunzi bakurindiriye muri ...
17/09/2025

Chanceline turakwakiriye mukibuga cabakuru 🤣 aho ugiye kumara igihe unezereza amamiriyoni ya bakunzi bakurindiriye muri film . Uruganda BMT Buja runejerejwe nigikorwa ya koranye naba bantu badasanzwe.Réalisateur Amédée Manirakiza ntagaherwe nagato azobaha kokuruhuka.

Mukaba mugiye kubona amasanamu meza amajwi meza editing nziza bituruka muri team ya Xray BAM

Mwitegurire rero gu twenga🤣 mwitegurire gukomemashi 👏 mwitegurire gukeza 🤝 kandi mwitegurire no kurira😭 canke kubabara 🙆‍♂️ Amédée afatikanije na Izzo Chris agiye kubaca irya nino.

Iyi reresi izerekanwa ubwambere ibujumbura le 05.10.2025 ngaha nyabagere Conference kuri Gare du nord inyuma yaho tuzoca tubandaniriza muntara ya Gitega le 12.10.2025 kuri Sun rîs Hôtel musi ya Stade ingoma tuvuye ngaho tuzoca tubamenyesha ahandi tugiye kubandaniriza.

Uyundi mukinyi agiye kwifatira imitima ya beshi muri Film   ni Irsa  uyumwana niwe mukinyi  azokundwa cane muri film zah...
16/09/2025

Uyundi mukinyi agiye kwifatira imitima ya beshi muri Film ni Irsa uyumwana niwe mukinyi azokundwa cane muri film zahano iwacu

Kamarampaka ni le 05.10.2025 muri salle nyabagere Conference kuri Gare du nord

Chanceline umukinyi w’imena muri Film    nawe n'umukinyi azofata umudari w’igikundiro murino film, ukaba urumuntu ukunda...
14/09/2025

Chanceline umukinyi w’imena muri Film nawe n'umukinyi azofata umudari w’igikundiro murino film,

ukaba urumuntu ukunda gufatwa namarangamutima ndagutumira kuzirabira ibitangaza n’utwumiza uzosanga murino film twakoranye nuyu mwigeme kuva muri team NSORO

Isango ni le 05/10/2025 ibujumbura muri salle nyabagere Conference kuri Gare du nord.

Cadeau Ravelle official  umukinyi w’imena muri Film    niwe mukinyi azofata umudari w’igikundiro kurino ncuro. Isango ni...
13/09/2025

Cadeau Ravelle official umukinyi w’imena muri Film niwe mukinyi azofata umudari w’igikundiro kurino ncuro.

Isango ni le 05/10/2025 ibujumbura muri salle nyabagere Conference kuri Gare du nord.

Nguyu umwanditse wa film igiye kuhaturira  Izzo Chris Badman Uyu musore ateye ubwoba.Uyu musore afise impano nyinshi.Uyu...
11/09/2025

Nguyu umwanditse wa film igiye kuhaturira
Izzo Chris
Badman
Uyu musore ateye ubwoba.
Uyu musore afise impano nyinshi.
Uyu musore azi kwandika film.
Uyu musore azi gukina neza film akaba ashoboye ibintu vyinshi muri film

Niteka ridasanzwe kuba twarakoranye na Izzo Chriss
Film yiwe Agatsirikwa ntigahere tubaye turayibatura
Ninziza kandi irigisha cane abageze mubigero cane cane abubatse

Muri tayali kumwakirana urweze Le 05.10.2025 aho iyi film yiwe izomurikwa iryambere? Ikibanza ni mugisagara ca Bujumbura Gare du nord aho bita nyabagere Conference.

Nguyu umwana wacu dukunda akaduhimbara muzo mwumvire.    ✍️
10/09/2025

Nguyu umwana wacu dukunda akaduhimbara muzo mwumvire.

✍️

Izzo Chris nyina bayazana 😆 ntubibon’uko  aha abagez’ahobikomeye ubundi iyo vyoroshe suku aba meze Film AGATSÍRIKWA NTIG...
10/09/2025

Izzo Chris nyina bayazana 😆 ntubibon’uko aha abagez’ahobikomeye ubundi iyo vyoroshe suku aba meze Film AGATSÍRIKWA NTIGÁHERE kumenya vyishi vyayo ni le 05/10/2025 muri salle nyabagere Conference gaha kuri Gar du nord.

BMT Buja ✍️ Turiko turategura gushira kumugaragaro  ireresi nshasha (lancement Officiel du film  ) kwigenekerezo rya gat...
09/09/2025

BMT Buja ✍️

Turiko turategura gushira kumugaragaro ireresi nshasha (lancement Officiel du film ) kwigenekerezo rya gatanu ukwezi kwa cumi uyumwaka turimwo (le 05/10/2025) ikazobera Bujumbura Nyabagere conference (Gare du nord.)

Muri BMT tukaba turiko twitegura bidasanzwe kandi duhamagariye abakunzi n’incuti bacu kwitegurira uyo musi udasanzwe

06/09/2025

AGATSÍRIKWA NTIGÁHERE ??

Address

Bujumbura
257

Telephone

+25776604015

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BMT Buja posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BMT Buja:

Share