SHINE WAY TV

SHINE WAY TV Bienvenu sur notre Page de Shine Way Tv

Youtube : shine way Tv

28/01/2025

With Mwěnimâna – I just made it onto their weekly engagement list by being one of their top engagers!

27/01/2025
11/01/2025

Umwé mu bakŏbwa băkoze bigashīmwa muri ûwu mwâka urāngíye mu gisáta c'îmyîdagaduro✍️
Yītwa Aimée-Nadège akaba aményēkanye cāne kw'ītâzīrano ryā 😀
Yarákoze ibikóra inká ku mbonēshakure ya Yaga Tech ahó atakibarizwa unó mŭsi🙄
Ubu rēró ndamubábwīra akaba arângwa kū mbonēshakure nshăsha yītwá SHINE WAY TV mu bikorwá nka vyâ bīndí nyéne✍️
Kimwé mu bigânīro aherûtse gukóra kikimōtá ubushăsha, yaíkoranye na , link muyisānga murí commentaire👇👇👇

24/01/2023

Mimi Mireille akorewe surprise y'agakura😍ATI"Ndashimira Abel,sabbas,Fanny Lavine, Amédée,..Raba🔥🔥

24/01/2023

ARLENE umukobwa mwiza aciye ubwenge cane Aka kazi nakiyumviriye nkiheza ishure nari umwana....

29/11/2022

Ibintu mutari muzi kandi biri ngombwa N'ibi..🔥🔥Imana igutahuze iyi message 🙏🙏..💞

21/11/2022

MUGISHA vyose arabivuze ataburyarya nibareke guterana amajambo bakomeze ibikorwa....

14/11/2022

Cynthia kuva muri Magic tv arabivuze vyose atasigaje ntakimwe......

Address

Bujumbura

Telephone

+25776991348

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when SHINE WAY TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to SHINE WAY TV:

Share

Category