Sakamu Media

Sakamu Media Sakamu Media contact for publicity +257 69 069 378

Tubakeze Team Mutama Gerrard official kuba bageze kuri iyi ntambwe ibereye   sikintu Coroshe
18/07/2023

Tubakeze Team Mutama Gerrard official kuba bageze kuri iyi ntambwe ibereye sikintu Coroshe

MAKAMBA MAKAMBA MAKAMBA Le 2/7/2023Ikiroriiii kirabashikiye
23/06/2023

MAKAMBA MAKAMBA MAKAMBA Le 2/7/2023
Ikiroriiii kirabashikiye

01/06/2023

Aba promoters b'Iburundi none ko batwinuba nikuberik? uyu iyaba ari umuririmvyi inkuru ziba zakwiragiye hose tukamenya iyo agiye nikimujanyeyo ariko kubera ko batwinuba raba ntanakimwe turamenya 🤦‍♂️
Ismael Gasore comedian
Landrypromoter Bdi
Edisson Ndayahoze
Star TV257
THIERRY PROMOTOR
Koreshumwanya
Simbizi Wa Semavumba
Tylo Sixer Demana

28/05/2023

https://youtu.be/zkeLeubOyIk
INZOKA Y'UMUKOBWA episode 3
Ncuti yanje iracari hafi cane igeze kuri episode 3 raba rero nimba utarayiraba uhere kuyambere gushika aho tugeze kugira tubandanirize hamwe aho igeze

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sakamu Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share