Jumple Bamblinko

Jumple Bamblinko page publicitaire

🚨😭😭😱 BITEYE UBWOBA !N'umubabaro uboneka kumaso umushingantahe Moise Ruberintwari yatwiganiye ati : "Twari tumaze amezi a...
26/10/2023

🚨😭😭😱 BITEYE UBWOBA !
N'umubabaro uboneka kumaso umushingantahe Moise Ruberintwari yatwiganiye ati : "Twari tumaze amezi abiri dukoze ubugeni, katanguye arakavyimba gatoya cane kagumye gakura uko imisi yagumye iba myinshi. Ivyo Kwa muganga badufasha ntanyishu nimwe bitanga. Umukenyezi wanje yibarutse aryamye aha nyene mumaso afise imisonga itagira ukwingana, ndamushimira kubw'umwete yagize agashikana ikibondo".
Uyu mushingantahe Ruberintwari umugabo w'uyu mukenyezi Irakoze Ariella asinzikariye mubitaro CMCK mu kinindo abandanya agira ati: " Kwa muganga badusavye 20.000$ kugira bamurungike hanze turabe ko ubwo bubabare bwohera kandi muraka kanya nugarijwe n'ubukene, nitayeho ikibondo c'amezi abiri n'umukenyezi wanje aremvye cane ntamwanya wo gukora nkironka ntanuwo kuruhuka ndatabaza abantu b'impuhwe n'abagiraneza ko bodufasha twe n'umuryango wanje Imana izobahezagira".

Ariella Irakoze agwariye mu kinindo mu bitaro CMCK, oncologie icumba numero 10 kumushikako n'ivyakamaro cane.
Abifuza kumushigikira muburyo baca ngaha : https://gofund.me/03aa0ae3?fbclid=IwAR1qrqFxpX2sgbKJSRASZeOyrZuFXm7VSpfdWDMLXO_2bADdsunC3jU1QV0

Canke : Lumicash yiwe ni:69816381(Ruberintwari Moise)
Compte ya Coopec:15261(Ruberintwari Moise).

My name is RUBERINTWARI Moïse, I am of Burundian nationality. … Cyriaque Havugiyaremye needs your support for Help me raise money for my wife who has cancer.

Tabara mana niwe twambaza
26/10/2023

Tabara mana niwe twambaza

My name is RUBERINTWARI Moïse, I am of Burundian nationality. … Cyriaque Havugiyaremye needs your support for Help me raise money for my wife who has cancer.

26/10/2023

If I get Jesus, I get all

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jumple Bamblinko posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Jumple Bamblinko:

Share

Category