KREA Broadcast

KREA Broadcast Burundi - Actualités.

14/03/2025

NZEYIMANA Thomas yamenyekanye kw'izina rya Mkombozi Lucifer arasaba abarundi bose kumushigikira mu myiteguro arimwo y'amatora ya 2025 aho nawe asanzwe ari mubazokwitoza mu kibanza c'umushingamateka aserukira intara ya Bujumbura.

🎙 Hari mu kiganiro yahaye ibimenyeshamakuru kur'uyu wa 14 Ntwarante 2025.


CENI Burundi Présidence - République du Burundi

14/03/2025

| Mu kiyago CVR BURUNDI yatunganije kuwa 7 Ntwarante 2025, bamwe mubitavye ico kiyago barasavye ko ibikorwa vyonyaruka.

🎙️Pierre Claver NDAYICARIYE arongoye uwo murwi aragira ico abivugako.


Présidence - République du Burundi

13/03/2025

| Déogratias NSANGANIYUMWAMI arongoye inama nkuru y'igihugu y'ubumwe bw'abarundi asaba umurwi CVR BURUNDI kwisuzuma, bakamenyesha abarundi aho bagejeje, gutyo bongere bamenye n'ikiringo gikenewe kugira baheraheze ibikorwa barimwo.


Présidence - République du Burundi

12/03/2025

| "Harakwiye guhindurwa umukenyuro. CVR BURUNDI iradushikiriza ibikorwa vyaranguwe ariko umenga tuguma hahandi..."

🎙️ Bishikizwa na Patiri Lambert RIYAZIMANA, umwigisha muri kaminuza y'uBurundi.


Présidence - République du Burundi

11/03/2025

| Seth NKESHIMANA, icegera c'uwurongoye inama nkuru y'igihugu y'ubumwe bw'abarundi asaba ko kahise k'uBurundi kokwandikwa neza. Ku bwiwe ivyo vyoheza bikaba inkingi ishigikira amahoro n'umutekano bigatuma kandi n'abarundi bagira ubumwe.


CVR BURUNDI Présidence - République du Burundi

10/03/2025

| Kubwa Sylvestre NTIBANTUNGANYA yahoze arongoye igihugu c'uBurundi, iyo abari mu nzego zo hejuru badategera ukurondera ukuri mu nzira yo kunywanisha abarundi hama hari ingorane.

Arongera akavuga kandi ko kuba ata mushikiranganji numwe, umushingamateka canke umukenguzamateka yitabira inama CVR BURUNDI itunganya hari agahaze.


Présidence - République du Burundi

07/03/2025

"Urugendo rwo kunywanisha abarundi ni nkenerwa, ni urugendo kandi rurerure..."

🎤 Vyashikirijwe mu kiganiro CVR BURUNDI yatunganije kur'uyu wa 7 Ntwarante 2025 ku bijanye n'inzira yo gusubiza hamwe mu Burundi.


Présidence - République du Burundi

03/03/2025

: Ku bijanye no gutorera umuti amatati y'amatongo n'ayandi matungo akunda kugaragara mu bikorwa vy'umurwi , muri kano ka videwo, Déo NDIKUMANA, komiseri wa CVR BURUNDI aratanga umuco ku kuntu biheza bikagenda.


Présidence - République du Burundi

01/03/2025

: Déo HAKIZIMANA umuhinga yanonosoye ivya politike aratubarire ico uBurundi bushobora gufasha ku ntambara iriko iraba.


Présidence - République du Burundi Ministère des Affaires Étrangères de la République du Burundi

01/03/2025
28/02/2025

Déo HAKIZIMANA arongoye ishirahamwe akaba kandi n'uwanonosoye ivya politique, aratubarira impamvu ataco ishikako mu butumwa irimwo bwo kugarukana amahoro mugihugu ca Congo.

Hari mu kiganiro CIRID yaremesheje ku bimenyeshamakuru kur'uyu wa 28 Ruhuhuma 2025.

́

27/02/2025



"Mu 1993 batubwira ko bariko batuziza ivyo muri 1972. Bisigura ko n'ivyokurikira vyose bidahanywe, tuzosanga tugumye mur'ibi nyene..."


CVR BURUNDI Présidence - République du Burundi Ministère des Affaires Étrangères de la République du Burundi

Address

Avenue De L'Amitié
Bujumbura

Telephone

+25769770143

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KREA Broadcast posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KREA Broadcast:

Share