Top influencer

Top influencer Kaze aho ushobora kumenya ayavugwa kw'isi yose muri rusangi no mu BURUNDI vy'umwihariko
(1)

Sandrine kamikazi UWIMANA
30/07/2025

Sandrine kamikazi UWIMANA

🛑L'actuelle actrice populaire Mimi Mireille . 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
28/07/2025

🛑L'actuelle actrice populaire Mimi Mireille . 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Uku niko tumerewe I Kigali mu RwandaCadeau Ravelle officialAlvella MuhimbareIndependent Voice
26/07/2025

Uku niko tumerewe I Kigali mu Rwanda
Cadeau Ravelle official
Alvella Muhimbare
Independent Voice

🛑aba bana kuva muri   baraje berekane ko ivyo bize bitabaye impfagusa. Biratangaje ariko biraryoheye amatwi. Iyi Accadem...
24/07/2025

🛑aba bana kuva muri baraje berekane ko ivyo bize bitabaye impfagusa.

Biratangaje ariko biraryoheye amatwi. Iyi Accademie isohoye abana none nabo batanguye kuyitera iteka mu kwerekana ico bize.

Reka tubitege amaso, film iraje iteze amboutillage kuri izi mbuga zaryamungu.

Cadeau Ravelle official Alvella Muhimbare Independent Voice



  yongeye kubifuza ijoro ryiza.
23/07/2025

yongeye kubifuza ijoro ryiza.

Basha ico mbona film ndundi iserukira umuco, akaranga n'amarangamutima k'abene NTARE. Ndabira runo rukundo shaa. Iki Nic...
23/07/2025

Basha ico mbona film ndundi iserukira umuco, akaranga n'amarangamutima k'abene NTARE.

Ndabira runo rukundo shaa. Iki Nico gituma duhurumbira film zanyu, nta latiku mubizanamwo

Uwu ni umuhitinzi  .  Lwerekanye urukundo mumufitiye, nawe arabibashimiraCadeau Ravelle official
23/07/2025

Uwu ni umuhitinzi . Lwerekanye urukundo mumufitiye, nawe arabibashimira

Cadeau Ravelle official

Aba bana b'igihugu, wumva wobabaza iki?
23/07/2025

Aba bana b'igihugu, wumva wobabaza iki?



Umufana w'inzu year ahari yubahwe.
23/07/2025

Umufana w'inzu year ahari yubahwe.

Asta Pisco ubu arabaza uko muriko murakira igice ca kabiri ca
23/07/2025

Asta Pisco ubu arabaza uko muriko murakira igice ca kabiri ca

Umukobwa wanyu, uku Niko aba yimereye. Alvella Muhimbare 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
23/07/2025

Umukobwa wanyu, uku Niko aba yimereye. Alvella Muhimbare 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Mu kanya 8h, turaza kuba twishikiye kuri   kwirabira igice ca kabiri ca film  .Wwe witeze iki mur iki gice?
23/07/2025

Mu kanya 8h, turaza kuba twishikiye kuri kwirabira igice ca kabiri ca film .

Wwe witeze iki mur iki gice?

Address

Inezajoyeux1@g. Mail. Com
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Top influencer posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share