MOMO 257

MOMO 257 karibu kuri page yacu Follow me on all social media to get in touch at any time�

19/06/2026

Ntakwihamya iyo ucaguye neza nuku bigenda basore mwitonde uwanyu Arahari

31/05/2026

2026

Youssouf Ndayishimiye na   barabikoze, bagiye kuguma mu cicaro ca mbere mu gihe benshi bari biteze ko bazokoroka uyu mwa...
30/05/2026

Youssouf Ndayishimiye na barabikoze, bagiye kuguma mu cicaro ca mbere mu gihe benshi bari biteze ko bazokoroka uyu mwaka !
Bahejeje gutsinda St Etienne mu nkino zihuza umugwi urondera kuguma mu cicaro ca mbere muri Ligue 1 (Nice) kubera barangije ari aba 16, hamwe n'umugwi wabaye muri myiza muri Ligue 2 (Ihiganwa ry'icicaro ca kabiri) aribo bariko bakinira kuduga muri Ligue 1.

Mu rukino rwa mbere bari banganije 0-0, ubu mu rukino rwo gusubiriza Nice ihejeje gutsinda 4-1 ku kibuga cabo Allianz Riviera.

Youssouf Ndayishimiye ntiyigeze akina muri izo nkino kubera ataragera gusubira neza mu kibuga inyuma y'imvune ikomeye yagize mu minsi iheze, aho uyu mwaka w'inkino urangiye akinye inkino 2 zonyene.
Benshi bari bafise ubwoba ko Youssouf Ndayishimiye ashobora gukina mu cicaro ca kabiri, muga barabikoze, bagiye kuguma mw'ihiganwa rikuru ryo mu gihugu c'Ubufaransa

29/05/2026
29/05/2026

Saido Berahino amerejea katika timu ya taifa katika nafasi mpya!

Nahodha wa Intamba mu rugamba anaanza ukurasa mpya katika ulimwengu wa kandanda na anaelekea kwenye maisha k**a

28/04/2026

Imana inkunda abayirondera ubutahumeka

Tel Aviv by Sat-B is Out Now  Indirimbo iryoshe cane  yirabe nawe uyisangize nabandi👇👇👇👇👇👇👇👇
18/04/2026

Tel Aviv by Sat-B is Out Now Indirimbo iryoshe cane yirabe nawe uyisangize nabandi
👇👇👇👇👇👇👇👇

Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

💪: Bayern 4-3 Real Madrid (6-4 agg.)⚽ 1'  Arda Güler⚽ 6'  Pavlović⚽ 29'  Arda Güler⚽ 38'  Harry Kane⚽ 42'  Mbappé⚽ 89' L...
15/04/2026

💪: Bayern 4-3 Real Madrid (6-4 agg.)
⚽ 1' Arda Güler
⚽ 6' Pavlović
⚽ 29' Arda Güler
⚽ 38' Harry Kane
⚽ 42' Mbappé
⚽ 89' Luis Díaz
⚽ 90'+4' Olise

Saido Ntibazonkiza mu rukino Uburundi bwatsinze Tchad ibitsindo 4 k'ubusa . Wabonye gute ?
31/03/2026

Saido Ntibazonkiza mu rukino Uburundi bwatsinze Tchad ibitsindo 4 k'ubusa .

Wabonye gute ?

Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba zihejeje gukora imyimenyerezo yambere kuri Stade Intwari bitegurira Tchad igen...
29/03/2026

Umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba zihejeje gukora imyimenyerezo yambere kuri Stade Intwari bitegurira Tchad igenenekerezo rya 31.03.2026

Ruzoba ari urukino rwo gusubiriza mugihe urukino rwabereye muri Tchad rwarangiye ari Ibitsindo 4 ku ruhande rw'Uburundi kuri 0 ku ruhande rwa Tchad

📷 AKEZA SPORTS




Address

Bujumbura

Telephone

+25768489954

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MOMO 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MOMO 257:

Share