30/07/2025
🛑🍛Uburyo 5 wokoresha Mugufungura neza ukagira amagara meza , ubwenge , ugakura neza.
Benshi mwagiye mubidusaba none umuryango BWB YACU uy'umusi yabibazaniye Twicarere rerobtwige.
1.Bituma umubiri urknka Intungamubiri zose :Impfungurwa zitandukanye zizanana intungamubiri zitandukanye nka (vitamine, minerali, fibre, proteyine, n'ibinure vyiza bitonona amagara y'Umuntu Ariko iyo atarengeje ), bikunganira umubiri ukwo ukura .
2.iyo ufungura neza birakurinda indwara zitandukanye ziva mugufungura nabi , Birakurinda za Diyabete, umuvuduko w’amaraso, ibibazo vyo mu mara, hamwe n’indwara z’umutima nizindi zitandukanye.
3. Iyo ufungura neza ibifungurwa birimwo NTANGANGUVU , NDAMAMUBIRI na SANGANYANGABURO birafasha m'ubwenge canke nkabantu bakoresha ibivyuma vyanone bikoresha n'ubuhinga ngurukana bumenyi canke kwiyumvira cane ndetse bigatuma ugira akabiri gasa neza uri musi yimyaka 30 ugakora neza.
4.Iyo ufungura neza agakora na Sport ukwo bikwiye bituma udakunda kwibagira canke kugwaragurika cane.
5.Gufungura neza niryo soko ryokubaho neza . Ivyo ukwiye gufungura cane kurya ufata Imiti ni : Imboga , ivyamwa , ibinyantete ,Amafi yo mubiyaga ukanywa n'amazi buri musi agera ku Maritiro 2 k'umusi. kuko barayamaze bati:" AMAGARA N'AMAZI ASESEKA NTIBAYORE"
🥥Hama tubibutsako mushobora kugenda mubana natwe kuriyi Youtube yacu 👇👇👇https://youtube.com/?si=ODDlXMYZJ-iBRGoK https://youtube.com/?si=ODDlXMYZJ-iBRGoK
Ushobara nawe kwandika muri commantaire ya Youtube yacu ivyo twokuzanira vyo mu Burundi gusa.
✔NB: ni BWB YACU kumbuga zacu zose