INEZA Action

INEZA Action Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from INEZA Action, Magazine, Mirango 1 , 8 Avenue, Kamenge, Bujumbura.

Promouvoir la paix et le developpement durable aux seins des jeunes - enfants à travers la detection des talents (football,music), création des AGRs et de l'emploi au Burundi.

26/11/2025

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Avenire Joachim

25/11/2025

Football ⚽ y'ubwongereza iriko igarura akanovera turiko tubibona cane Aho imirwi iriko ivyitwara neza inyuma yaho Liverpool FC umugwi URI muyabira uyumwanya utangarije Real de Madrid , uyumusi ho haragurumanye Chelsea FC ihejeje kunyangira FC BARCELONE 3-0

iyi équipe ya Patrick kweri ntacizere burya championa yiwacu ihagaze bwuma
15/11/2025

iyi équipe ya Patrick kweri ntacizere burya championa yiwacu ihagaze bwuma

14/11/2025

Intare n'iki? nigikoko gikomeye cane Kandi citwa mukuru wibindi ariko inzovu zigiye hamwe zituritsa Intare

ndakeneye amakuru y'izi mburandera ziri mubarabu ziriko zicafuza abantu BO kwa Ntare.Aho bavuka nyina n'a se kugira tuba...
06/11/2025

ndakeneye amakuru y'izi mburandera ziri mubarabu ziriko zicafuza abantu BO kwa Ntare.

Aho bavuka nyina n'a se kugira tubaharire ivomo

*KOKO FC BARCELONA ifise ikibazo c'umukinyi w'umwataka Cank koko ifise ikibazo co muri defense aha naza nabona Victor Os...
30/10/2025

*KOKO FC BARCELONA ifise ikibazo c'umukinyi w'umwataka Cank koko ifise ikibazo co muri defense aha naza nabona Victor Osimen impanuro nomuha nuko yokwigumira mubarabu akirira ubufu bukwiye*

*Ese Liverpool ifise ikibazo nyabaki vraiment naraye mbonye ko atakizovamwo uyumwaka

bandanya muryoherwa na Match zibihe vyose

29/10/2025

Uyu muzehe ashaka gusesa agapfu kabaraho kweri

Uyu muhungu impanuro nzima nomuha nuko ivyiwe na Nicole yobohagarika akibanda kuri football ⚽
28/10/2025

Uyu muhungu impanuro nzima nomuha nuko ivyiwe na Nicole yobohagarika akibanda kuri football ⚽

muri bwabumwe mubandanya mutwika koresha code de parrainage *YGKHO* muri BUBET ubandanye wirira umuzungu
28/10/2025

muri bwabumwe mubandanya mutwika koresha code de parrainage *YGKHO* muri BUBET ubandanye wirira umuzungu

28/10/2025

icambere ndahojeje abafana ba Barcelone FC mwihangane cane aba Real Madrid namwe mubicu amashi menshi mwaraye mwikuyeko agasuzuguro kinzoya kuva ejo amakuru y'imikino nayandi yo mukarere

Address

Mirango 1 , 8 Avenue, Kamenge
Bujumbura

Telephone

+25771286853

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when INEZA Action posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to INEZA Action:

Share

Category