Ikindi Magazine

Ikindi Magazine We Dream Big

03/11/2024
Boom🔥🔥Uyundi mu Rapper mushasha kuva muntara ya     yamaze kubashwaramwo.Inyuma y'Indirimbo yiwe ya 1 yise   abazaniye i...
03/11/2024

Boom🔥🔥
Uyundi mu Rapper mushasha kuva muntara ya yamaze kubashwaramwo.

Inyuma y'Indirimbo yiwe ya 1 yise abazaniye iyindi ndirimw irimwo amajambo meza cane ibahamagararira kudacika intege muvyo mukora.

Iyo ndirimbo yayise 't give up ikaba iri kurubuga gwiwe rwa youtube musimbireyo muyunvirize



27/07/2024

Uririnvyikazi yamenyekanye kwizina rya VAVA Dorimbogo yitavye Imana azize uburwayi yaramaranye imisi mikeya.

Source:Inyarwanda

21/04/2024

Umuririnvyi ari mumunezaro inyuma yokubonana n'umuririnvyikazi .

Ivyo bibaye inyuma y'Imisi itari mike uwo muririnvyi agaragaza ko yifuza guhura nuwo m'umuririnvyikazi avuga ko yamutwaye umutima.

Abandanya amenyesha aba fana ko ariwe agiye kumuvyarira umwana azita akabandanya avuga ko na yemeye kumubera .

Basomyi bahire nimugire akajambo mugenera .



16/04/2024

Imbere yuko mwihengeka
Umupira wariko urahuza na muwubonye gute?


26/02/2024

Boom🔥🔥🔥🔥

Mwarabonye amakuru avuga ko umuririnvyikazi yambitswe impeta n'umukunzi wiwe ariko bamwe bakabihakana abandi bakavyemeza.

Invo ngo nuko batabona ku mafoto uwambitse iyo mpeta ,

Twagerageje kubaronderera amakuru mpaka tubazaniye isanamu yuwamwambitse iyo mpeta.

Iyo sanamu mubona akaba ariwe mukunzi wa bagiye kuzobana.

turabakeje.


19/01/2024

Inkuru y'Umubabaro
-------------------------------
Umukinyi mwakunze cane mugikino Ninde NAHIMANA ntakibarizwa mw'isi abazima.

Yitavye Imana inyuma yigihe kinini arwaye

Ikindi mwomenya nuko uwo mukinyi wivyese ari mubakinyi bakunzwe cane mugikino Ninde akaba ari nomubatanguranye naco.

Musomyi muhire niki wewe umwibukirako?

turahojeje umuryango wabuze n'abakunzi ba .



Address

Bujumbura

Telephone

+25761273559

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ikindi Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ikindi Magazine:

Share