Est Africain Divertissement

Est Africain Divertissement , , , ,...

Stade intwari mukanya umuriro uraka hagati ya Intamba mu Rugamba officiel hamwe numurwi nserukiragihugu wa   Abamaze kuh...
09/10/2025

Stade intwari mukanya umuriro uraka hagati ya Intamba mu Rugamba officiel hamwe numurwi nserukiragihugu wa

Abamaze kuhashika duhurire kuri Q

09/10/2025
⚽Ngaha abakonyi 11 batanguye mukibuga kumurwi wa Flambeau Du Centre FC
28/09/2025

⚽Ngaha abakonyi 11 batanguye mukibuga kumurwi wa Flambeau Du Centre FC

NellyNat Burundi
28/09/2025

NellyNat Burundi

28/09/2025

Nellynat Burundi mur parc🏞️ yiwe I Gitega. Ariko umenga ntirigera ironka aba clients narimwe kuva yubakwa😂

Abahegereye muduhe amakuru yemwe

🎤🔴   🇨🇵 : Ntibisanzwe 🔥 umukinyi 𝗢𝘂𝘀𝗺𝗮𝗻𝗲 𝗗𝗲𝗺𝗯é𝗹é niwe ahejeje gutahukana𝗕𝗮𝗹𝗹𝗼𝗻 𝗱’𝗢𝗿⚽ y’umwaka w’ 2025 .🏆 Yatahukanye igi...
22/09/2025

🎤🔴 🇨🇵 : Ntibisanzwe 🔥 umukinyi
𝗢𝘂𝘀𝗺𝗮𝗻𝗲 𝗗𝗲𝗺𝗯é𝗹é niwe ahejeje gutahukana
𝗕𝗮𝗹𝗹𝗼𝗻 𝗱’𝗢𝗿⚽ y’umwaka w’ 2025 .

🏆 Yatahukanye igikombe ca Championnat de France

🏆 Igikombe ca Trophée des Champions.

🏆 Igikombe ca Coupe de France

🏆 Igikombe ca Ligue des Champions (LDC).

🏆 Igikombe ca Supercoupe y’i Buraya

🏆 Hanyuma aruhira ku 𝗕𝗮𝗹𝗹𝗼𝗻 𝗱’𝗢𝗿 🥇.

Akajambo kamwe kuriyi ntwari

22/09/2025

Kumbe bwabundi ya ndiririmbo iratambika!!!

Raba ingene Vania Ice bamutambishije kizomba kundirimbo yiwe.

Akajambo kamwe kuriwe

  yujuje Stade intwari ubwambere. Aho ni murukino rugira ruyihuze numurwi wo mu gihugu ca Djibouti.Akajambo kamwe ku bak...
21/09/2025

yujuje Stade intwari ubwambere. Aho ni murukino rugira ruyihuze numurwi wo mu gihugu ca Djibouti.

Akajambo kamwe ku bakinyi ba Aigle 🦅

Flambeau du centre yirahiye akarwi
20/09/2025

Flambeau du centre yirahiye akarwi

20/09/2025

Igitsindo cahaye intsinzi nimiriyoni 30 umurwi wa kur stade

20/09/2025
La commerce ambulant présente un avantage particulièrement intéressante pour les entrepreneurs naissance, c'est une meil...
21/08/2024

La commerce ambulant présente un avantage particulièrement intéressante pour les entrepreneurs naissance, c'est une meilleure opportunité de lancer une nouvelle idée d'affaire avec une capitale moins élevée.

Ies commerçants ont aussi le maximum de chances de bénéficier les milieux stratégiques pour exposer leurs produits.

's_promote_prosperity

Address

Avenue Du Ravin
Bujumbura
102BUJA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Est Africain Divertissement posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Est Africain Divertissement:

Share