
18/06/2023
🌐SPORT257 News
📸Umugwi nserukiragihugu uriko urakora imyimenyerezo muri kano kanya , abakinyi bose bakaba bakwiye aka kanya
Amagara yabo akaba yifashe neza bitegurira kwakira Ku musi wa kabiri(20-6-2023) Kuri i dar es salam muri
📸 FefeFleury 257 (Iteka FM)