Kiyago Media TV

Kiyago Media TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kiyago Media TV, Media/News Company, Bujumbura.

11/02/2023
Ama photo meza yagaragaye Ya Nyenicubahiro Umukuru w igihugu cacu ciza C Uburundi Evariste Ndayishimye ku musi wa Inkere...
11/02/2023

Ama photo meza yagaragaye Ya Nyenicubahiro Umukuru w igihugu cacu ciza C Uburundi Evariste Ndayishimye ku musi wa Inkerebutsi Day arikumwe n abaririmvyi batandukanye....N umujama w aba jeune kabisa

Umukinyi w umupira wamaguru Rurangiranwa Pelé yitavye Imana kuruno musi aho yaragwariye me bitaro muri Bresil.,Akaba ash...
29/12/2022

Umukinyi w umupira wamaguru Rurangiranwa Pelé yitavye Imana kuruno musi aho yaragwariye me bitaro muri Bresil.,Akaba ashengeye ku myaka 82ans y amavuka.Imana imwakire mu bwami bwayo

21/12/2022
21/12/2022

Umviriza Ici Chris Miguel Agushikiriza kubijanye ninzoga kuba christu bazinywa binyegeje.

Ikinyamakuru ca Kiyago Media Tv Kirakeje Miss Nono ariwe Norette Ininahazwe mwamenye mundirimbo zitandukanye nka Hora nk...
18/12/2022

Ikinyamakuru ca Kiyago Media Tv Kirakeje Miss Nono ariwe Norette Ininahazwe mwamenye mundirimbo zitandukanye nka Hora nkwingine Charnisse ya Bizos nizindi yaraye Agize Dot kumusi w ejo.Turamukeje cane.

21/11/2022

Karatwenza pe

20/11/2022

Hello Bakunzi ba kiyago Media Tv online.Turizera neza ko mukomeye.Uburongozi bwa Kiyago Media Tv buramenyesheje ko buriko burondera abakozi babiri basanzwe bakoresha WhatsApp bari muma group menshi hamwe na Facebook bamenyereye ibintu vyo gukora ama partage.Bakwandikire kurino page yacu eka no ku numéro 69805064.Menya neza Nta diplôme bisaba. Kiyago Media Tv ibaye irabashimira yongera ibasaba kubandanya muyikwirikirana Kuri YouTube, wandika kiyago Media Tv.

Ibiganiro vyose kumusi kumusi biguma birengana.

Address

Bujumbura

Telephone

+25769805064

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kiyago Media TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share