06/05/2025
⚓ Urwaruka 50 rw'abigeme n'abahungu 50 rugiye kuba mw'ishure ry'akarorero ry'umupira w'amaguru rya FFB, intara yacu yaronse abakinyi 2 gusa. 1 kuruhande rw'abigeme n'uwundi 1 kuruhande rw'ahungu.🤯🤯🥵🥵
Ibi ni bimwe muvyerekana ko umupira w'amaguru uriko usubira inyuma. Burya kuva Ac Urukundo y'i Bubanza na Ac Umutima yakorera ku Mpanda n'i Bubanza zihagarikiye ivyo kwigisha urukino rw'umupira w'amaguru abana bo mu mice itandukanye y'imyaka yabo, ntawundi mugwi wasubiye kubikora.
Komine gihanga niyo yaronse abo bakinyi bose.