Cubahiro Loïc

Cubahiro Loïc Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cubahiro Loïc, RN9, Bujumbura.
(1)

16/09/2025

HT:⭐️ Real Madrid 1-1 Marseille
HT:⭐️ Tottenham 1-0 Villarreal
HT:⭐️ Juventus 0-0 Dortmund
HT:⭐️ Benfica 2-1 Qarabag

♨️ BREAKING ! Julian Alvarez yagize ikibazo c'imvune akaba atazoboneka kurukino ruzohuza Atletico Madrid na Liverpool ku...
16/09/2025

♨️ BREAKING ! Julian Alvarez yagize ikibazo c'imvune akaba atazoboneka kurukino ruzohuza Atletico Madrid na Liverpool kumusi wa gatatu.😳

🚨🚨 Nk’uko ikinyamakuru 🗞️Sport kibivuga, umumenyereza Hansi Flick ariko ariyumvira gutanguza mu kibuga Ronald Araujo mu ...
16/09/2025

🚨🚨 Nk’uko ikinyamakuru 🗞️Sport kibivuga, umumenyereza Hansi Flick ariko ariyumvira gutanguza mu kibuga Ronald Araujo mu rukino bazohura na Newcastle kugira ahagarike Nick Woltemade (afise uburebure bwa 1,98 m).

Flick arazi neza ko Woltemade ashobora guteza akaga kumipira yo mu kirere, bivuye ku buryo yigenje neza ari kumwe na Stuttgart, kandi vuba akanabishimangira igihe yakina urukino rwiwe rwa mbere na Newcastle, aho yatsinze igitsindo ciwe mbere c’uwo mw'urwo kino bariko bahura na Wolverhampton akoresheje umutwe. Araujo rero ni we mukinyi w'inyuma abereye gucunga uwo mukinyi kumipira yo hasi n'iyo mukirere.

Araujo, akaba agishaka kwerekana ko ashoboye mu nkino za Champions League, azohura n’ikigeragezo gikomeye gishobora kumugarukana icizere ku rwego mpuzamakungu, no kwerekana ko akwiye kuba mu migambi y’umumenyereza w’Umudagi.

15/09/2025

Newcastle United 🆚️ FC Barcelone.👇👇🤣🤣

🔵🔴 FC Barcelone !Lamine Yamal ntiyakoze imyimenyerezo y'uno musi nk'uko bitangazwa n'ikinyamakuru Mundo Deportivo. Tubib...
15/09/2025

🔵🔴 FC Barcelone !

Lamine Yamal ntiyakoze imyimenyerezo y'uno musi nk'uko bitangazwa n'ikinyamakuru Mundo Deportivo.

Tubibutse ko umugwi wa Barcelone uzokina na Newcastle kumusi wa kane(4) muri champions league.

🚨 OFFICIEL ! Urukino ruzohuza umugwi wa FC Barcelone na Paris Saint Germain muri champions league, ruzobera kuri Champ N...
15/09/2025

🚨 OFFICIEL ! Urukino ruzohuza umugwi wa FC Barcelone na Paris Saint Germain muri champions league, ruzobera kuri Champ Nou! 🏟️🌟😍💙❤️

Ijoro ryiza🙌🙌
14/09/2025

Ijoro ryiza🙌🙌

🚨 FULL-TIME !🔵⚪️ MAN CITY 3-0 MAN U.           FODEN⚽️           ERLING⚽️           ERLING⚽️
14/09/2025

🚨 FULL-TIME !

🔵⚪️ MAN CITY 3-0 MAN U.
FODEN⚽️
ERLING⚽️
ERLING⚽️

♨️Iyindi mvune muri wa Paris Saint Geramin!🥵🥵 KVARATSKHELIA ahejeje gusubirizwa murukino PSG iriko ihura na Lens kubera ...
14/09/2025

♨️Iyindi mvune muri wa Paris Saint Geramin!🥵🥵

KVARATSKHELIA ahejeje gusubirizwa murukino PSG iriko ihura na Lens kubera ikibazo c'imvune aagize. ❌

Kvaratskhelia yiyongereye kuri Desiré Doué ❌ na
Ousmane Dembelé ❌

🚨 Ibintu ntivyifashe neza hagati ya FC Barcelone n'umugwi nserukira gihugu wa  Espagne kubera Lamine Yamal !🗣️❌ Hansi Fl...
14/09/2025

🚨 Ibintu ntivyifashe neza hagati ya FC Barcelone n'umugwi nserukira gihugu wa Espagne kubera Lamine Yamal !

🗣️❌ Hansi Flick ku kutaboneka kwa Lamine Yamal mu rukino ruzohuza Barça na Valence, ndetse n’uko ashobora kutaboneka kugwa Newcastle:

« Lamine Yamal ntazoboneka. Yaje avuye mu mugwi w’igihugu arwaye umugongo kandi ntiyigeze akora imyimenyerezo. Bamuhaye imiti igabanya ububabare kugira ashobore gukina. Bari imbere n’ibitsindo vyinshi (biri hejuru ya bitatu) muri buri rukino, ariko baramukinishije iminota 73 n’iminota 79, kandi aho hose ntamyimenyerezo yaba yakoze. Ivyo si ukwitwararika umukinyi. Ndababaye cane. »

🚨 Umuhagarikizi wa Var agiye guhanwa kubera ikarata itukura yahawe Huijsen!😱😱Komisiyo ishinzwe abasifuzi yemeje ko habay...
14/09/2025

🚨 Umuhagarikizi wa Var agiye guhanwa kubera ikarata itukura yahawe Huijsen!😱😱

Komisiyo ishinzwe abasifuzi yemeje ko habayeho ikosa ku bijanye n’ikarata itukura Dean Huijsen yahawe.

Umusifuzi wa VAR, Figueroa Vázquez, ntiyabwiye umusifuzi mukuru ngo aje kuraba kuri écran, ni co gituma agiye guhagarikwa mu bikorwa vy’igihe kitazwi. ⚖️ 🇪🇸

🗞️ MARCA

⚓️ Ico itegeko rivuga kubijanye n'ingingo umuhagarikizi yafashe yo guha ikarata itukura🟥 Dean Huijsen wa Real Madrid:Ite...
14/09/2025

⚓️ Ico itegeko rivuga kubijanye n'ingingo umuhagarikizi yafashe yo guha ikarata itukura🟥 Dean Huijsen wa Real Madrid:

Itegeko rya 12 – Amakosa n’inyifato itari nziza

Kwihagarikwa (ikarata itukura)
Umukinyi ategerezwa guhabwa ikarata itukura aramutse akoze kimwe mu bikurikira:

> “Yagabanije canke ahagaritse amahirwe y’itsinzi ku buryo bugaragara ku murwi bahanganye, biciye ku kosa ryotuma hatangwa coup franc canke penalty.”

Ibi ni vyo bita DOGSO (Denying an Obvious Goal-Scoring Opportunity).

---

Ibintu umusifuzi ashira mu mutwe mbere yo gutanga ikarata itukura muri ico kibazo:

1. Ukugene umukinyi yari hafi y’izamu igihe akora ikosa.
2. Intumbero y’urukino (ari kuja imbere y’izamu canke ahandi)
3. Amahirwe umukinyi yari afise yo kugumana umupira canke kuwugenzura
4. Ukuntu abandi basambura boba bari basigaye inyuma.
→ Nimba hari uwundi ashobora gutabara, ntibisaba guha ikarata itukura.

---

Incamake:
➡️ Nimba umukinyi ari we wa nyuma hagati y’uwa bahanganye n’izamu, hanyuma agahagarika amahirwe yo gutsinda, ico ni ikarata itukura.
➡️ Nimba hari uwundi mukinyi yari akiri inyuma ashobora gutabara, umusifuzi ashobora guha ikarata y’umuhondo aho gutukura.

Address

RN9
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cubahiro Loïc posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Cubahiro Loïc:

Share