01/01/2026
Umwaka mwiza bantu banje.
Gusa ndabisabire akantu😊: nkabantu banje kandi munkwirikirana nibihe bintu noreka muruwu mwaka cnk ivyo nokora cne?
Umuntu n’uwundi impanuro zanyu zifise agaciro kanini kuri jewe. Merci🙏🏽