Amakuru y'irya nino

Amakuru y'irya nino actualités international

08/04/2025
🔴  🇨🇩 : Muntumbero yo kubatera intege, Umukuru w'igihugu wa Republika Iharanira Demokarasi ya Congo yarasavye ko abasiri...
04/02/2025

🔴 🇨🇩 : Muntumbero yo kubatera intege, Umukuru w'igihugu wa Republika Iharanira Demokarasi ya Congo yarasavye ko abasirikare bokwitabwaho mugusubiramwo ingingo yerekeye amafaranga bahembwa kukwezi.

👮🏾‍♂️💵 Inyuma y'isubirwamwo ry'iyo ngingo, Umusirikare wa FARDC azoshobora kuronka umushahara w'amadolari ashika ku 1.000 ( $1000 ) .

✍🏿 Muri 2023 hakozwe icegeranyo cerekana ko ico gihe Reta ya Congo ikoresha amafaranga angana 2.376.801.000.000 ( imiliyoni 850 Z'amadorali y'anyamerika ) Ku mwaka.

MWARAMUTSE MWESE:Twarababwiye mumisi iheze ibibazo bishobora gushikira umu Président wese wa Africa mu gihe adashaka kug...
04/02/2025

MWARAMUTSE MWESE:

Twarababwiye mumisi iheze ibibazo bishobora gushikira umu Président wese wa Africa mu gihe adashaka kugendera ku nyungu z'Abazungu! Canke iyo hariko hatwara uwo badashaka ko atwara.

Nizereko mwese muciye ubwenge,ni mufate amaterefone yanyu,muje muri Google search mwandike aya majambo CHARTE DE L'IMPERIALISME aya ni amasezerano ibihugu vya Bulaya vyashinze imbere yuko baza kuganza no kugabagura ibihugu vya Africa na Asia.
Aya mategeko agizwe na Articles 27 musome zose mwanashaka muzi downloadinge muri FDF files zanyu.
Muzobonamwo ingene UN(ONU) naza IMF(FMI)naza Banque Mondiale,ICC,za Human Rights watch...nibindi nkivyo ari ibikoresho vy''Abazungu bakoresha mu gucinyiza no gutembagaza abo badashaka ko batwara ibihugu!
Burya na Nkurunziza kuva 2014 yahuye n'Ivyago bivuye kuri aya mategeko nyene Abazungu bagendereko!
Nkurunziza yazira Isoko yo gucukura Ubutare bwa Nickel hagati yiwe n'Ibihigu vya Bulaya +USA muraziko badasigana!
Kandi uravye neza Ayo masezerano Uburundi nta nyungu ndende bwari kuronkamwo kuko Leta ya Nkurunziza yasaba ibintu bikurikira kuwutsindira isoko:
1.Kwubaka ibarabara ry'Indarayi(Railway) riva Dar es salaal(Tanzania) gushika I musongati,
2.Kwubaka ibarabara ry'Ikaburimbi riva Igitega gushika I musongati,
3.Kwubakira amazu meza arimwo umuyagankuba(power) no guha imizibukiro Abanyagihugu bazimurwa mumatongo yabo kugira hacukurwe Nickel,
4.Kwubaka amahinguriro ahingura Nickel na Iron(Fer) mu Burundi,
5.Mu mwimbu w'Ubutare Uburundi butware 40% Hama uwatsindiye Isoko 60%.
Ibi rero ibihugu vya Bulaya+USA vyaravyanse,
Urundi ruhande harimwo Russia + China baravyemeye ,ubwo Isoko iba itwaye uwemeye amategeko ya nyene Imali aribo(Russia &China). Zirya ntureka zose mwabonye 2015 intanduruko yazo niyo.

Mubisanzwe Aba banya Bulaya bobo icivugo ni Zana tugabure wanse tubimene vyose!!!

Kandi kubera bitwaza amashirahamwe yose akomeye kw'Isi,bakaba aribo bakontorora amafaranga yose ari mw'Isi, ayiwawe bagomvye barayaha agaciro canke bakayatesha agaciro nkuko mubibona uyu musi mu Burundi bimeze, mahera yacitse ibipapuro ivyo vyose nibo babikoze kuva 2015 basize ibihano kuri Nkurunziza.
Hari nayandi masezerano Nkurunziza yagiranye na America mu bkinyegero,yo gucisha Ubutare buva Congo mu Burundi,arinaco gituma mubona ibujumbura USA yari yaciye ihubaka Ambassy(Ambassade) atanahamwe iri mu karere,ifise umutekano udasanzwe,kandi nini cane kuko inzu nini iri mu kuzimu gusumba iyiri hejuru!
Harya mubona niho hogiye hacishwa ubutunzi bwa Congo. Mu nyuma Nkurunziza aca arihindukiza muri ayo masezerano kuko yanse kwiba umubanyi,urwanda ruba ruraronse iyo deal nuyu musi nirwo rubikora,ninazo nkomezi mubona USA iruha gusumba ibindi Bihugu mu karere!

Ndayishimiye aho aziriye,Abazungu baragize icizere ko yoba atandukanye na Nkurunziza kuko yash*tse afata ingendo zijayo,araganira nabo ko bimwe bimwe muvyo Nkurunziza yanse we ashobora kubirekura,
Nikwo kwugurura imbibe hagati y'Uburundi n'Urwanda,....mu nyuma mwarabonyeko amashirahamwe amwe amwe nka Francophonie....batanguye gufuta ibihano,ariko mu Nyuma nawe Aba arabahindutse. Baca bongera gukaza ibihano!

Uyu musi naho mwabonyeko Ikigega c'Isi yose(FMI) cisubiyeko kigahagarika amafranga cashaka guha Uburundi,harya na Banque Mondiale vuba irahagarika imfashanyo!
Ico bitwaje mwakibonye,ngo reta yaranse kwemera itegeko ryo gukorora agaciro ifaranga. Nukuvuga bashaka ko Leta ivunja ifaranga kurugero rumwe na Black market. Nukuvuga $1 rivunjwe 7400fbu. None kuba Leta idashaka gukorora irundi vyari bitwaye iki FMI??
Aha impamvu nyayo uwoyiraba neza wosanga bifitanye isano n'Intambara ya Congo Uburundi bwitayemwo!!

🇰🇵 Prezida  Kim Jong Un Mu Bikorwa Vya Misi Yose, Yagendeye Ikigo C'Ibigwanisho Ruhonya Nganda !Ikigo Ca Korean Central ...
02/02/2025

🇰🇵 Prezida Kim Jong Un Mu Bikorwa Vya Misi Yose, Yagendeye Ikigo C'Ibigwanisho Ruhonya Nganda !

Ikigo Ca Korean Central News Agency (KCNA) Cashize Ahabona Amafoto Y'Urwo Rugendo Rwo Kuwa Gatatu, Itariki 29 Nzero 2025 !

🔴🇳🇪🔥🔥🔥Dans une opération organisée stratégiquement par l’armée nigérienne pour traquer  les terroristes, les forces vive...
02/02/2025

🔴🇳🇪🔥🔥🔥Dans une opération organisée stratégiquement par l’armée nigérienne pour traquer les terroristes, les forces vives parviennent au désarmement de plus de 5.000 terr*oristes.

Félicitations 👏

01/02/2025

Never Let You Go by Chris MB

🔗« Je n'ai pas de montre parce que mon téléphone donne l'heure. Donc acheter une montre sera une perte d'argent. " Elon ...
22/01/2025

🔗« Je n'ai pas de montre parce que mon téléphone donne l'heure. Donc acheter une montre sera une perte d'argent. " Elon Musk

« Achetez des choses parce que vous en avez besoin et non parce que vous les aimez. Je ne vie pas ma vie pour prouver à quelqu'un que je suis riche ou impressionner quelqu'un, NON !
Tu ne peux jamais me voir porter une montre. Avant j'avais une montre, je veux dire des montres chères, mais j'ai réalisé que je gaspillais de l'argent que je pouvais investir. Pourquoi avoir une montre quand mon téléphone donne l'heure.
Au lieu d'acheter cette chose chère juste pour frimer, investissez cet argent dans quelque chose et vous serez choqué de voir combien vous allez gagner en profits. " Elon Musk

Ibibintu vyarikugora beshi kwemera kiretse abizera gusa.Bagiye kuruhuka muri mi-temps Benfica Lisbone ifise 3-1,Raphinha...
21/01/2025

Ibibintu vyarikugora beshi kwemera kiretse abizera gusa.

Bagiye kuruhuka muri mi-temps Benfica Lisbone ifise 3-1,
Raphinha arabaye umucunguzi wa Barcelona

Champions League inkino zihari uyumusi le21/1/2025 nizo.
21/01/2025

Champions League

inkino zihari uyumusi le21/1/2025 nizo.

🚨🇺🇲 👇🏾 Aya niyo majambo Donald Trump ahejeje gushikiriza mukurahira kwiwe.Ati :" Imyaka y’ivyiza n’ibitangaza iratanguye...
21/01/2025

🚨🇺🇲 👇🏾 Aya niyo majambo Donald Trump ahejeje gushikiriza mukurahira kwiwe.

Ati :" Imyaka y’ivyiza n’ibitangaza iratanguye kuva ubu. Igihugu cacu kizongera gutera imbere kandi cubahwe hirya no hino kw'isi. tuzoba icitegererezo c’ibindi bihugu kw'isi, ariko ntituzokwemera ko abantu bakomeza kutwungukiramwo ivyaboburi munsi umwe muyizoranga intwaro ya Trump, nzoshira Amerika imbere. Ubutavogerwa bwacu buzongera kubaho, ituze ryacu rizogarurwa nk'uko ryahoze, ukuboko k’ubutungane kuzongera gukora neza bihagije, ubugizi bwa nabi bukoreshwa ibirwanisho buzorangira. Ico tuzoshira imbere ni ukwubaka igihugu gifise icubahiro, giteye imbere kandi kirimwo ubwisanzure n'ubwigenge. Vuba Amerika izorushaho kuba igihigu c'igihangange, gikomeye ndetse irusheho kuba icitegererezo kurusha uko vyigeze bibaho mu mateka.

Ndashimiye Abanyamerika b’abirabure, ndabizeza ko uko mwanshigikiye ntazovyibagira, kandi nzoshira imbere kwumva ibibazo vyanyu bibabakiye."

👏🏿 Inyuma y'aho impande zimushigikiye zahagurutse zikoma amashi muntumbero yo gushima ijambo ryiwe.

✍🏿 Inkuru ya Top Time News

🚨🛫   🇺🇲 : Kuri uwu wa Mbere igenekerezo rya 20/1/2025 niho Umukuru w'igihugu mushasha wa Reta Zunze Ubumwe z'Amerika 🇺🇲 ...
20/01/2025

🚨🛫 🇺🇲 : Kuri uwu wa Mbere igenekerezo rya 20/1/2025 niho Umukuru w'igihugu mushasha wa Reta Zunze Ubumwe z'Amerika 🇺🇲 Donald Trump agiye kurarihira amabanga yiwe asubiriye Joe Biden.

🧑🏻‍🎓 Muri uwo mugirwa wo kurahira kwiwe, Donald Trump aza kurahizwa n'umucamanza mukuru wa Sentare nkuru y'igihugu John Roberts aho azoba ari isaha zitandatu z'umurango zo muri USA 🇺🇲 azoba ari Hafi isaha 18h00 z'umuhingamo m'UBurundi 🇧🇮 .

🏢 Ni ibirori vyari bitegekanijwe Ko biza kubera Imbere y'ingoro y'inama Nshingamateka ariko biza kubera Indani munyubako kubera hakanye cane kuburyo n'amazi yo mu ma piscines yabaye amabarafu. Ivyo kurarihira munzu vyaheruka gukorwa na Ronald Reagan mu mwaka 1985 kubera ubukanye nyene . Iyo nzu Iza kuberamwo ivyo bikorwa isanzwe yakira Abantu bagera Ku 20.000.

✍🏿 Donald Trump agiye kuba Umukuru w'igihugu wa 47 kumyaka 78 . Afise abana bagera kuri 5 Yavyaye kubagore 3 ariko uwo babana akaba ari umugore wa 3 Melania Knauss Trump babanye kuva muri 2005.

📚 Donald Trump yize ivy'ubudandaji yongera yiga n'ishure ry'igisirikare.

Yahereye mumisa kwiragiza imana
Avuyeyo numutambukanyi wiwe baciye baja muri maison blanche aho bakiriwe na joe Biden numufasha wiwe.

👫🏻 Donald Trump agira gatanu mubana ba Fred Trump & Mary Anne Trump.

🙅🏾‍♂️ Akabirya rero , Abimukira badakwije ibisabwa n'amategeko ntiyerekwa namba 🤭🤣📄

Ahantu muri Africa ushobora kuronka igitoro kizimbutse 🇱🇾 Libye: 0,03 dollar le litre;🇦🇴 Angola: 0,328 dollar le litre;🇪...
20/01/2025

Ahantu muri Africa ushobora kuronka igitoro kizimbutse

🇱🇾 Libye: 0,03 dollar le litre;
🇦🇴 Angola: 0,328 dollar le litre;
🇪🇬 Égypte: 0,337 dollar le litre;
🇩🇿 Algérie: 0,338 dollar en moyenne;
🇸🇩 Soudan: 0,7 dollar par litre;
🇳🇬 Nigéria: jusqu'à 0,764 dollar;
🇹🇳 Tunisie: 0,782 dollar;
🇪🇹 Ethiopie: 0,804 dollar;
🇱🇷 Libéria: 0,843 dollar;
🇬🇦 Gabon: 0,929 dollar.



Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amakuru y'irya nino posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category