Agasozo

Agasozo "Agasozo" ni urubuga (page) rutanga amakuru atandukanye kandi atohojwe neza.

Kuri runo rubuga kandi haracako ibihayanishijwe (publicités) iyo abashaka kumenyekanisha ivyo bakora babisavye.

Sandrine Kamikazi niyihe ndirimbo yiwe ukunda ? Niyihe ndirimbo wamumenyeyeko ?
11/03/2026

Sandrine Kamikazi niyihe ndirimbo yiwe ukunda ? Niyihe ndirimbo wamumenyeyeko ?

🔴Igice canyuma c'ihiganwa   ritegurwa na Burundi Paradise kizoba kumusi wagatanu igenekerezo rya 13/03/2026. ✍️Iyo   ika...
10/03/2026

🔴Igice canyuma c'ihiganwa ritegurwa na Burundi Paradise kizoba kumusi wagatanu igenekerezo rya 13/03/2026.

✍️Iyo ikaba izobera kuri Lycée Scheppers de Nyakabiga guhera 14h00

Mwibazako indirimbo nshasha Sat-B agiye gutanguza uno mwaka izoba yitwa gute hagati ya  ,   na O.M.G ?
10/03/2026

Mwibazako indirimbo nshasha Sat-B agiye gutanguza uno mwaka izoba yitwa gute hagati ya , na O.M.G ?

Bano batatu bagiye kuboneka mugiteramo kimwe kumugabane waburaya
07/03/2026

Bano batatu bagiye kuboneka mugiteramo kimwe kumugabane waburaya

🆕Indirimbo cumi zisigaye mw'ihiganwa   14è édition zamenyekanye 🔴Radio-Télévision Isanganiro RTI ihejeje gushira ahabona...
06/03/2026

🆕Indirimbo cumi zisigaye mw'ihiganwa 14è édition zamenyekanye

🔴Radio-Télévision Isanganiro RTI ihejeje gushira ahabona indirimbo cumi zisigaye mw'ihiganwa . Izo ndirimbo zikaba zatowe muri zimwe mirongibiri baheruka kwerekana.

✍️Umugwi watanze amanota kugirango hatorwe izo cumi ukaba warugizwe n'abantu batandatu harimwo abamenyeshamakuru, abaririmvyi hamwe n'abacuraranzi.

👉Nkukwo bigaragara, uwuzotwara iryo higanwa kwino ncuro akaba azohabwa agashimwe k'imodoka.

Wibazako arinde azoyitahira ?

Melanin boy ahejeje gushira kurubuga rwiwe rwa   indirimbo nshasha, iyo ndirimbo akaba yayise
06/03/2026

Melanin boy ahejeje gushira kurubuga rwiwe rwa indirimbo nshasha, iyo ndirimbo akaba yayise

Khadja Nin is a heartfelt love song by Melanin Boy about devotion,loyalty,and giving your heart fully to the one you love.With romantic melodies and emotion...

Cinéma du Burundi 🇧🇮🇧🇮 : Mwite   umukinyi wa Film Mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 inyuma yogutahukana agashimwe ka   Uyumusi yagaragay...
05/03/2026

Cinéma du Burundi 🇧🇮🇧🇮 : Mwite umukinyi wa Film Mu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 inyuma yogutahukana agashimwe ka Uyumusi yagaragaye mu munezero udasanzwe aho Yarikumwe na Famille Yiwe nkuko mu Bibona Ku Masanamu.

Ubwo CHANY QUEEN hamwe na Double-jay OnceAgain ntiboba bagira baduhe indirimbo barikumwe ?
03/03/2026

Ubwo CHANY QUEEN hamwe na Double-jay OnceAgain ntiboba bagira baduhe indirimbo barikumwe ?

Kumenga murino misi Double-jay OnceAgain ntariko araboneka cane mumuziki ?
02/03/2026

Kumenga murino misi Double-jay OnceAgain ntariko araboneka cane mumuziki ?

Mutima le comédien asubiye mugihugu c'ubushinwa gukarisha ubumenyi mubijanye n'uburimyi. 📷 : Akeza.net
27/02/2026

Mutima le comédien asubiye mugihugu c'ubushinwa gukarisha ubumenyi mubijanye n'uburimyi.

📷 : Akeza.net

Uku niko Drama T yakiriwe avuye muri Europe
26/02/2026

Uku niko Drama T yakiriwe avuye muri Europe

Esther Nish Niyihe ndirimbo yiwe ukunda ?
26/02/2026

Esther Nish
Niyihe ndirimbo yiwe ukunda ?

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agasozo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share