Radio Indundi Culture

Radio Indundi Culture Société de médias /d'actualités

Aho twaciye muri amwe mu makaritiye ya zone   intara ya   mu gitondo co kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 14 Myandagaro ...
14/08/2025

Aho twaciye muri amwe mu makaritiye ya zone intara ya mu gitondo co kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 14 Myandagaro 2025, bamwe mu banyagihugu twahasanze bavuga ko ibikorwa vy’imyiyamamazo y’abashaka kuba abajenama bo muri ayo makaritiye babibwiwe kandi bamaze no kuvyitabira. Aha bakanashima uburyo biriko biratunganywa kuko basanga ata mishamirano irimwo.

https://indundi.com/musaga-barashima-uko-igikorwa-co-kwiyamamaza-kiriko-kiragenda/

Burunga: ntivyoroshe kuronka ubusyano=======================================Abakora urudanzwa rw'  canke   i   ku murwa ...
12/08/2025

Burunga: ntivyoroshe kuronka ubusyano
=======================================

Abakora urudanzwa rw' canke i ku murwa mukuru w’intara ya bavuga ko akazi kabo ubu gasa n'akahagaze kubera imisi iheze ata muyagankuba uharangwa. N'abakora akazi ko gusya canke gukūba/guhûra kuri bo ubu ubuzima ntibworoshe kuko nabo ataco bagikora.

Abihereza umutsima waba uw'imyumbati canke iyibigori nabo nyene gushika ubu basa n'abatagira ayo bacira n'ayo bamira kuko batagira aho babisyesha.

Amakuru atangwa na bamwe mu banyagihugu b'aho avuga ko ikena ry'umuyagankuba muri kino gihe aho mu bumanuko co kimwe no mu bindi bice vy'igihugu ryaje ryiyongera kw'icikagurika ryari rikunze kwibonekeza aho i Makamba.

Mweho aho iwanyu vyifashe gute?



Kubera kubura   kw'isoko ya   mu gisagara ca  , inyama zononekaye.Musomyi wacu aho iwanyu ho biri gute ?
12/08/2025

Kubera kubura kw'isoko ya mu gisagara ca , inyama zononekaye.

Musomyi wacu aho iwanyu ho biri gute ?

12/08/2025

INDUNDI SPORTS : 12.08.2025

- Umutumire ni Ngendakumana Suleiman nyene Agence Kariako umufatanyabikorwa wa Vision Fc

- Stade Intwari mu bibuga bigiye kwakira inkino za CAF Champions League na CAF Confederation Cup

- Uwimana Yakubu yerekeje muri Kiyovu Sports

- Patrick Sangwa n’abafasha biwe biwe baraye bagendeye Marco Weymans

- Nimubona Emery ( Kadogo) agoye kwerekeza muri Vision Fc

- RAAL Là Louviere yaraye itsinze urukino rwayo rwambere

- Rallye International du Burundi igiye kugaruka kuncuro igira 3

Africa
———
- Etincelles yaraye itsinze Rayon Sports

- Tanzania , Kenya hamwe na Uganda zibandanya zitwara neza

- Draw ya CAF Champions League na Confederation Cup yaraye ibaye

I Buraya
———-

- Barcelona ibandanya yitwara neza

- Real Madrid mu rukino rwa Kivandimwe na Triol

- Manchester City ngo uriko wiyumvira gusinyisha Rodrygo

- Umugwi Crystal Palace uzokina Europa League

- Chelsea nawo nyene watanguye kurondera Ibrahima Konate.

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Myandagaro 2025, igihe c’isaha zine z’agatondo (10h00) mu kiganiro   gica kuri Rad...
11/08/2025

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Myandagaro 2025, igihe c’isaha zine z’agatondo (10h00) mu kiganiro gica kuri Radio Indundi Culture ,tuzokwakira uwurongoye Ngendakumana Suleiman.

Agence Kariako ni umufatanya bikorwa ikorana n’umugwi w’umupira w’amaguru usanzwe urongowe na Youssouf Ndayishimiye hamwe na Bimenyimana Bon Fils Caleb.

Woba wipfuza kumenya ico iyo Agence ijejwe n'icatumye ihitamwo gukorana na Vision Fc? Vyose ni ku musi w’ejo, 88.2Mghz ku bari mu gisagara ca , 99.9Mghz ku bari mu gihugu hagati hamwe no kuri www.radioindundiculture.com ku bari hanze y'igihugu.


Imigwi ibiri y'abahungu n'ibiri y'abigeme niyo igiye guserukira U   mu nkino zo ku musenyi mu mupira w'amaboko      .Iry...
11/08/2025

Imigwi ibiri y'abahungu n'ibiri y'abigeme niyo igiye guserukira U mu nkino zo ku musenyi mu mupira w'amaboko .

Iryo higanwa rikazobera mu gisagara ca kuva kw'igenegerezo rya 20 gushika kurya 23 Myakanga 2025 Kuri



Address

Bujumbura
489

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Indundi Culture posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Radio Indundi Culture:

Share

Category