07/05/2024
๐จ๐๐จ๐ฆ๐๐ข๐๐ข๐ญ๐ ๐๐ช'๐จ๐ ๐จ๐ก๐ฌ๐จ
Hariho ibintu bihambaye mubuzima bw'umuntu bifise agaciro kanini kandi ugasanga birazimbutse ,akarorero ni ๐๐บ๐๐ป๐๐.....
Ariko twibaze ivyoba tukavyuka dusanga kw'isi atamunyu uhari mwibazako hokurikira iki? Isi yogwa mukangaratete
๐๐ป๐ป๐ฎ๐ณ๐ฎ๐๐ต๐ฒ ๐๐บ๐๐ฎ๐ป๐๐ฎ ๐บ๐๐ป๐ถ๐ป๐ถ ๐ป๐ถ๐ด๐ฎ ๐ธ๐๐ธ๐ถ๐ท๐ฎ๐ป๐๐ฒ ๐ป'๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐ป๐ฑ๐ฎ๐๐ฎ๐ป๐ด๐ฎ๐ฟ๐ฎ ๐ฐ๐ฎ๐ฎ๐ป๐ฒ
โญMbeg' ikitaryoshe coribga kitarimw' umunyu?
Canke se, mu murenda w'irigi harimw' icanga?
6:6
โถ๏ธ indya naho zoba zisa gute habuzemwo umunyu ntiziryoha....
โถ๏ธnaho zoba zatetswe nabahinga karuhariwe habuzemwo umunyu nibisanzwe
โถ๏ธnaho woba wazisumiye muri alimentation y'igitangaza ubuzemwo ni intati....
๐ ๐๐ป๐ธ๐๐ฟ๐ถ๐ธ๐ถ๐ฟ๐ฎ๐ป๐ฒ ๐ต๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ต๐ผ ๐ป๐๐ต๐ฎ๐ธ๐ฎ ๐ธ๐๐ด๐ฒ๐ฟ๐ฎ....
โญYesu aratwitegereza ati:
Mur' umunyu w'isi. Arik' umunyu, iy' ushize uburyohe, uba ukiryoshwa n'iki? Nta co uba ukimaze atar' ugutabga hanze ugakandagirwa n'abantu.
Matayo 5:13
โ๏ธ bakristo nitwebwe kirungo gikuru gituma ubuzima buryo ,bworoha
โ๏ธbakristi nakagahengwe mubona nuko ishengero rya Kristo rikiri mwisi
โAriko harikintu gikomeye kuba umunyu nikimwe nokuba umunyu utagifise uburyohe niki , Umunyu ni mwiza; arik' umunyu wo, woshira uburyohe, woba ukiryoshwa n'iki?
Luka 14:34
๐ต๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ถ ๐บ๐๐ถ๐๐๐ผ ๐๐ผ๐ฏ๐ฎ ๐๐ฟ๐ถ ๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ธ๐ฒ ๐๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ต๐ฒ๐๐ฒ ๐๐ฏ๐๐ฟ๐๐ผ๐ต๐ฒ???
๐๐ปkuba uvuka mwurya muryango bategerezwa kukubona nkigisubizo cibibazo( ๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ)
๐๐ปQuartier ubayemwo wategerezwa kuba ๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ wamuntu aruhura imitima yabenshi....
๐๐ปkukazi wategerezwa kuba ๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ wahageze barahomvye bagatangura kwunguka ,atagicaniro cogusenga gihari kikahaba
๐๐ปmumuryango ๐๐บ๐๐ป๐๐ ๐บ๐๐๐ถ๐บ๐ฎ kuba uhari ukamira ivyamwa bizima bose, bakuravye bakipfuza kumera nkawe
๐ก๐๐ต๐๐๐ถ ๐บ๐๐ธ๐๐ป๐ฑ๐๐ฎ ๐๐ถ๐ฟ๐ฎ๐๐๐ฒ ๐๐ฏ๐ผ๐ป๐ฎ ๐๐ฟ๐ถ ๐จ๐ ๐จ๐ก๐ฌ๐จ ๐ ๐จ๐ญ๐๐ ๐ ๐ฐ๐ฎ๐ป๐ธ๐ฒ ๐๐ฟ๐ถ ๐จ๐ ๐จ๐ก๐ฌ๐จ ๐ช๐๐ง๐๐๐๐๐ ๐จ๐๐จ๐ฅ๐ฌ๐ข๐๐???
๐ง๐ป Ba ari mwebge mwisuzuma, mumenye yuko muhagaze mu kwizera; ba ari mwebge mwiraba. Mbega ntimwiyizi, ntimuzi yuko Yesu Kristo ari muri mwebge?-sh*ti kumbure mur' abahinyuwe!
2 Ab'i Korinto 13:5