HP MENYA BURUNDI

HP MENYA BURUNDI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from HP MENYA BURUNDI, Media/News Company, Bujumbura.
(1)

Kaze kuri HP MENYA BURUNDI INZIRAYUBWENGE
Aho Usanga Ubusesanguzi bwimbitse Kandi bwizewe Mutegurirwa n’Abamenyeshamakuru b’Abahinga, babinonosoye, babifisemwo Uburambe

05/05/2026

Prince Biramukomeranye !!
Yateye Inda . None Aromotse .

,

Kuva mu 1776 gushika 2026, amateka y'Ihanga Riganza Ayandi Mahanga Yose.Nibenshi bakomeje kuvyibaza : " Mbega Reta zunze...
03/05/2026

Kuva mu 1776 gushika 2026, amateka y'Ihanga Riganza Ayandi Mahanga Yose.

Nibenshi bakomeje kuvyibaza : " Mbega Reta zunze Ubumwe z'Amerika zifise Ubuhangange bungana gute , ububasha bwazo bugarukira hehe kugira zishobore gutembagaza reta Zose zitavuga rumwe nazo hirya no hino kwisi ? "

" Iki gihugu ni Bwoko ki ?
Ubu buhangange bungana uku, Reta Zunze ubumwe za Amerika, zibukura he ?
Ni Inde yazihaye Ubu ububasha burengeye Ibindi bihugu vyose vyo kwisi , kuburyo Kuva mumyaka 1944, gushika isaha yuno musi, arico gihugu kiyoboye Ibindi bihugu vyose. Mubisata nka vyose bigize ubuzima bwisi .

" Donald Trump yishimikije
iki ? Kugira ashobore kubahuka kujugumiza isi yose no gutera ubwoba Imiriyaridi 8 z'abantu batuye isi yose, iyo ashize ntihagire n'umwe akurayo, ngo amuhinyuze canke ngo amuvuguruze ? "

inyishu ni mw'iki kiganiro, aho tubaha Ubusesanguzi Ku nkomoko y'Ubuhangange bwa USA .

, , , , , , , , , , , , , , ,

1 like. " yishimikije iki kugira ategeke isi yose ?//Amateka y'Ihanga Riganza Ayandi Mahanga Yose"

01/05/2026

Impamvu Ukenye

29/04/2026

Bunze
Prince arasevye. Bamukubitiye Imbere y’Umudemu Wiwe .


Mu gihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2026 ariho hashingurwa uwahoze ari Umushikiranganji wo kumenyesh...
28/04/2026

Mu gihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2026 ariho hashingurwa uwahoze ari Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru n'ibimenyeshamakuru ,umukuru w'igihugu c'Uburundi ari kumwe n'izindi ndongozi zitandukanye harimwo Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi , icegera c'umukuru w'igihugu Prosper BAZOMBANZA, umukuru w'Inama Nkenguzamateka y'Uburundi , umunyamabanga mukuru w'umugambwe n'izindi ndongozi, yitabiriye igisabisho c'imisa yo gusabira uwo muhisi cabereye kuri cathédrale Regina Mundi I Bujumbura.

27/04/2026

Ijambo ryashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye mu gihe yari ahajeje kwemezwa ngo azokwitoze mu kibanza c'umukuru w'igihugu aserurikiye umugambwe Cndd-Fdd

🎥

‎🚨 🇸🇸 Muri AFrika y'Epfo harategekanijwe kubera Imigumuko yo kwiyamiriza abanyamahanga babayo.  🇧🇮 Abarundi babayo  baha...
27/04/2026

‎🚨 🇸🇸 Muri AFrika y'Epfo harategekanijwe kubera Imigumuko yo kwiyamiriza abanyamahanga babayo.

🇧🇮 Abarundi babayo bahamagarirwa kwigengesera .
‎_______________

‎📢 Ubuserukizi bw'Uburundi muri Afurika y'Epfo bwahamagariye Abarundi baba muri Afurika y'Epfo kwigengesera kuva ku wa 27 Ndamukiza gushika igenekerezo rya 29 Ndamukiza 2026

‎⚠️ Iryo tangazo rije inyuma y’amakuru y’imigumuko itegekanijwe muri ico gihugu, harimwo imyiyerekano yiyamiriza abanyamahanga baba muri Afurika y’Epfo, igihe ico gihugu kiba kiriko gihimbaza umunsi w’ubwigenge bwaco

‎🏠 Ubuserukizi busaba Abarundi kwirinda kuja ahabera iyo migumuko, guheba ingendo zidakenewe, guhindura ikirangamwanya c’akazi aho bishoboka no kuguma bari maso

‎📲 Basabwe kandi gusangiza amakuru yizewe hagati yabo kugira bafashanye gukingirana no kumenya uko ibintu vyifashe

‎🌍 Iyo migumuko itegekanijwe kubera mu bisagara bitandukanye vya Afurika y’Epfo

‎ ,

🇧🇮  Prezida Evariste Ndayishimiye  niwe yemejwe nk'uwuzoserukira umugambwe Cndd-Fdd  mu matora y'Umukuru w'igihugu azoba...
27/04/2026

🇧🇮 Prezida Evariste Ndayishimiye niwe yemejwe nk'uwuzoserukira umugambwe Cndd-Fdd mu matora y'Umukuru w'igihugu azoba mu 2027 nk'uko vyavuye mw'ikoraniro kaminuza ridasanzwe ku rwego rw'igihugu ry'umugambwe Cndd-Fdd uri ku butegetsi mu , mu nama yaryo i kur'uyu wa 26 Ndamukiza 2026

✍️ :

" Ntawuhindura ibintu nawe atahindutse ."   🇧🇮 "Uburundi burakeneye muri kino gihe abantu b'intwari bitangira abandi mu ...
24/04/2026

" Ntawuhindura ibintu nawe atahindutse ."

🇧🇮 "Uburundi burakeneye muri kino gihe abantu b'intwari bitangira abandi mu kubakorera batiziganya, badaharura amasaha canke inyungu zabo bwite..."
_________________

✍️ ya

🗣Mw'ijambo ryo kwugurura amasengesho yatunganijwe n'umugambwe uri ku butegetsi kugira habe umwirimburo n'ukwitura Imana, Révérien Ndikuriyo Umunyamabanga Mukuru w'uyo mugambwe yashimangiye ano majambo.

Hari kuri uyu wa 23 Ndamukiza i

📌 Uwo munyamabanga mukuru amenyesha ko izo ndongozi zizoba ziriko zibaza ziti: "Mbega ndi icitegererezo ciza ku bo ndongoye, mu mvugo, mu ngendo, no mu ngiro? "

📍 Yibutsa kandi ko imyaka iriko iragenda yegereza isango abarundi bihaye bagana mu mbonakazoza

✍️ Nayo kugira dushike ku mbonakazoza, impinduka ngo itegerezwa guhera ku ndongozi kuko ata wuhindura ibintu nawe atahindutse

📍Kabaye n'akaryo keza aho umugambwe uri ku butegetsi watangaza ko komite y'inararibonye z'uwo mugambwe itangura umwiherero udasanzwe w'iminsi ibiri kuva kuri uyu wa 24 Ndamukiza 2026 mu ntumbero yo kwirimbura.

✍️ :

,

24/04/2026
23/04/2026

SEBARUNDI ati : " None yanse Ivyavuye mu MATORA , Twebwe ABARUNDI Tukavyemera,
Ingorane Ziri Hehe ? "

🗣️ Evariste Ndayishimiye

,

23/04/2026

NEVA na TRAORÉ Mu Rugamba rwo Kubaka AFRICA Iteyimbere kandi Yiyunze

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when HP MENYA BURUNDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to HP MENYA BURUNDI:

Share