14/07/2023
⚽⭕DELE ALI🗣️: " Nafashwe kunguvu n'umugenzi wa maman wanje nkifise imyaka 6. Maman wanje nawe yari yarabaswe n'ibiyayuramutwe, nanje natanguye kunywa itabi mfise imyaka 7.
Kumyaka 7 niho bandungitse muri Afurika kugira ngo nje kwiga indero.
Mfise imyaka 8 niho nahatirijwe kudandaza ibiyayuramutwe. Kumyaka 12 niho haje umuryango wemera kundera (adopter).
[...] Umugwi wa Everton waramfashije cane kuvyo kureka ibiyovyabwenge barabinshigikiye 100%. Nzokwama ndabashimira ibihe vyose.
Inyuma y'igihe kinini, nibwo bwambere numva novuga ngo meze neza numva meze neza... Ndumva nogaruka muri football.
Inyuma yo gukurwa muri Tottenham, nariraba mucirore nkibaza nimba nohagarika gukina ubwo nyene. Kumyaka 24 nkora ivyo nkunda. Kuri jewe, ivyo vyanshingura umutima ".
Abakinyi benshi harimwo ba Harry Maguire, Marcus Rashford, Iwobi, Tammy Abraham, Declan Rice,... Bamweretse urukundo mukumutera intenge no mukumwihanganisha.
Inyuma y'ukwigana ubuzima bubi yaciyemwo, abakinyi benshi bamuteye intege.😓
Stay Strong DELE💪
: Ukaba utarugurura 1xbet warasizwe n'iterambere Uriko urugurura 1XBET kuri code promo uzuzaho "1x_715822" uronke bonus ya 200% wirire inoti nyishi Twandikire Whatsapp +257 76 012 374 tugufashe Vyose k'ubuntu guhera kuntango gushika uheze🏅💰🙏
Code Promo ukoresha ni :[1x_715822]
👉Tubasabe kwinjira muriyi page yacu mufyonde Aho handitse [ Aimer na Suivre], Warabigize haba handitse [ Aime Déjà na Suivi (e)] kugira mubandanye kuronka amakuru y'inkino agezweho.
✍Kessy papa ciro sports k