Motivation Plus Media

Motivation Plus Media Developper notre activité grace aux reseaux sociaux

🫂🎊 Mama Buntu yaraye yakiriwe neza mugihugu ca   mu gisagara ca Adelaïde .🎤Mu majambo yiwe ati : "Ndashimiye Imana cane ...
03/11/2023

🫂🎊 Mama Buntu yaraye yakiriwe neza mugihugu ca mu gisagara ca Adelaïde .

🎤Mu majambo yiwe ati : "Ndashimiye Imana cane kubw'urugendo nagize rwanshikanye mu gihugu ca Australie mu gisagara ca Adélaïde ko rwagenze neza tugashika amahoro.Nakiranywe umunezero n'abarundi benewacu."

Apôtre Isidore MBAYAHAGA 🇧🇮Singer BEN From🇷🇼
12/09/2023

Apôtre Isidore MBAYAHAGA 🇧🇮Singer BEN From🇷🇼

Juno Kizigenza 📸🇧🇮📸 DeLio Photography  Booking us on +257 68691590
12/08/2023

Juno Kizigenza 📸🇧🇮

📸 DeLio Photography

Booking us on +257 68691590


Apôtre Isidore MBAYAHAGA 🔥💯umwe mu bakozi b'Imana bakunzwe ngaha mu BurundiMbega nawe ubutumwa bwiwe harico bukwigisha?
07/08/2023

Apôtre Isidore MBAYAHAGA 🔥💯umwe mu bakozi b'Imana bakunzwe ngaha mu Burundi

Mbega nawe ubutumwa bwiwe harico bukwigisha?

Nimba ubakunda nturengane udashize imitima muri commentaire♥️♥️♥️
02/08/2023

Nimba ubakunda nturengane udashize imitima muri commentaire♥️♥️♥️

Apôtre Isidore MBAYAHAGA nikihe kintu umukundira?
31/07/2023

Apôtre Isidore MBAYAHAGA nikihe kintu umukundira?


 🔥👋 Inyuma y'Imyaka 10 bari m'Urukundo, "Hakizimana Divin Schoutella" na "Habonimana  Ernestine" baraye bemeranije kuban...
30/07/2023

🔥👋 Inyuma y'Imyaka 10 bari m'Urukundo, "Hakizimana Divin Schoutella" na "Habonimana Ernestine" baraye bemeranije kubana akaramata imbere y'IMANA n'abantu

✍️ Reka dufate akanya keza ko kubakeza k'Ubutwari budasanzwe bagize m'Urukundo bakihanganira vyinshi bitandukanye bagiye bacamwo. Vyukuri bino bishobora bake 😌

MUDUFASHE KUBIPFURIZA URUGO RUHIRE !!

26/07/2023

Tugaruke kuri Vidéo yaranze igiteramo ça cari categuwe Na Dj Paulin

Bantu b'Imana uyu Mutama yubahwe🔥🔥💯 Madma### kuva mugihugu ca France

📹Akeza.net

 💯🥰
25/07/2023

💯🥰

🚨🚨 Wiz Design agiye gushira kumugaragaro indirimbo yakoranye na Kenny Sol wo murwanda🇷🇼 👇Subwambere Kenny Sol akorana n'...
22/07/2023

🚨🚨 Wiz Design agiye gushira kumugaragaro indirimbo yakoranye na Kenny Sol wo murwanda🇷🇼 👇

Subwambere Kenny Sol akorana n'umurundi kuko yarigeze gukorana na Double Jay , indirimbo bise

Wiz Designer nawe yagize ati " HAGIYE GUSHA🔥 twakoze indirimbo njabuk'amazi 🙌🏼 "

Vuba irashirwa kumugaragaro 👇🔥

Address

RN1
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Motivation Plus Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Motivation Plus Media:

Share