Kandamazi Comedy

Kandamazi Comedy BURUNDI MOVIES PRODUCTION ⏮️nos Services Production Clip Vidéo Gospel,Danse traditionnelle Film,Documentaire Poblicité et Marketing Publipostage Tel:72286863

Muntumbero Yo KWIPFURIZA Abanyeshure Umwaka mwiza n'Ivyirwa Vyiza wa 2025-2026ISANGE.net Ifadikanije na BM PRODUCTION ya...
25/09/2025

Muntumbero Yo KWIPFURIZA Abanyeshure Umwaka mwiza n'Ivyirwa Vyiza wa 2025-2026
ISANGE.net Ifadikanije na BM PRODUCTION yabateguriye Ihiganwa ryo Gutsindira 130.000Fbu Kuwo IPhoto yiwe izokundwa ikanagira Partage Nyishi Kuruta abandi Azohabwa Agashimwe Ka 130Mille Ari Umuririmvyi Akazokorerwa Clipe Video canke Ari umu Comedie azokorerwa Video kubuntu izophoto Zikazoca kurubuga rwa Facebook rwa ISANGE.NET

https://www.facebook.com/share/19kxPUcui3/

TSINDA na ISANGE.NET
Kwiyandikisha
WhatsApp +25769545985

Uwu kuva ikiva muri WEMA Ubu Yarazimye 😀😀🤪😭
05/09/2025

Uwu kuva ikiva muri WEMA Ubu Yarazimye 😀😀🤪😭

Nijewe KANDAMAZI comedian Ndakunda Uyumusore Cane
05/09/2025

Nijewe KANDAMAZI comedian Ndakunda Uyumusore Cane

Amahoro Cane Welcome to ISANGE.net Kubipfuza Gukora   Green Screen   Video     Muma Eglise Turabarosa Camera   NXCAM Nou...
02/09/2025

Amahoro Cane Welcome to ISANGE.net Kubipfuza Gukora Green Screen Video Muma Eglise Turabarosa Camera NXCAM Nouveau Model Kukabeyi keza Tel:69545985 .net Production

Ntahandi Bagukorera Neza Film Clip video Atari Muri  .net ifadikanije na BM Production
22/08/2025

Ntahandi Bagukorera Neza Film Clip video Atari Muri .net ifadikanije na BM Production

09/08/2025

🇧🇮😇 SOKWE
NDIKINTU BOSE BAKUNDA NDABIMA AMATARA NAMAZI ARIKO BAGUMA BANKUNDA NDINDE!?

Uwugitora acasiga numéro ya Lumicash

Harajwe
02/08/2025

Harajwe

Nos Services Creative
22/07/2025

Nos Services Creative

21/07/2025

Big shout out to my newest top fans! Rojer Øj, Manirakiza Elie Clever, Teta Adelphine, Gasaro Teta, Olvier Nzamurambaho, Anclet Twizerimana, Marigoret Marigoret, Iranezereje Çédrick Iranezereje Çédrick, Jackson Nduwimana, Niyigena Anjerike, Kizigenza Wi Muzo, Jw Unezezwaninezaflorent, Aline Umutoni

🎤🔴   🇨🇵 : Youssouf NYANGE Vuba agiye kugaruka mu kibuga inyuma Yo kugira ’imvune.Umukinyi w’umurundi Youssouf Nyange, Ak...
25/06/2025

🎤🔴 🇨🇵 : Youssouf NYANGE Vuba agiye kugaruka mu kibuga inyuma Yo kugira ’imvune.

Umukinyi w’umurundi Youssouf Nyange, Akinira umugwi OGC Nice wo mu gihugu C’Ubufaransa, yagaragaye ari mu myi Menyerezo y’umubiri inyuma yo kugira Imvune yari yamubujije gukina igihe Kinini.

Nyange, umwe mu bakinyi b’intamenwa B’Abarundi, ariko yitegurira igaruka ryiwe Mu kibuga kugira afashe umugwi wiwe, Mw’ihiganwa ry’Ubufaransa.

🎯 Abakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi bariteze kubona Nyange asubira Ku rwego rwiwe rwo hejuru.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kandamazi Comedy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share