Sky berna burundi

Sky berna burundi I'm artist from burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 follow me on all social media and you tube 😎

15/11/2025

I love my moon 🌝🌝🌝🌝

Iga kubaho udafise ibintu ukunda nabantu ukunda Koko umunsi umwe bazogusiga🤗🤗Kandi ntakuntu gikomeza umuntu ningoga kuru...
15/11/2025

Iga kubaho udafise ibintu ukunda nabantu ukunda Koko umunsi umwe bazogusiga🤗🤗Kandi ntakuntu gikomeza umuntu ningoga kurusha ibindi Atari kubaho wenyene💓💓

IMPAMVU ZITUMA ABAHUNGU BENSHI IYO MURYAMANYE BACA BAGUHEBA partie1:1)kenshi babikora  kubera dèsire apana kubera urukun...
15/11/2025

IMPAMVU ZITUMA ABAHUNGU BENSHI IYO MURYAMANYE BACA BAGUHEBA partie1:

1)kenshi babikora kubera dèsire apana kubera urukundo;buri muhungu wese yigiramwo irari ryogushaka kuryamana numukobwa uwariwe wese,rero kuba yagushuhiye ntibisigurako yagukunze ahubwo nuko abashaka guhaza ya dèsire yiwe asanganywe.rero iyo umaze kumuha acayumva ko atabishasha ico yashaka yakironse , nivyiza rero gushishoza neza ko agukunda vyanyavyo imbere yokumuha.

2)uba umenye ibanga hataragera:kimwe mubintu bituma umuhungu yubaka nuko abashaka umuntu bazoza baryamana,rero iyo ugiye urabimuha cane mutarubaka rero acaguhimba akumva ntampamvu yotuma agutwara kuko vyose vyawe ababizi urumva ntabishasha.
Akarore:winjiye munzu bagaca bakubwira ati;irya mihwi irimukabati ntuyirye sigwawe ntiwirigwa uraja kwirigwa urugurura akabati kuko uraziko hariyo imihwi.ivyo bitandukanye nomugihe bakubwiye ATI ;ntuze kwugurura karya kabati bakagezaho gusa, Sha ndakurahiye uhemuka ugiye kukugurura urabe ikiriyo.
Rero nuko bimeze iyo ugumye umuha urumva ntacotuma akugirira amatsiko kubera aba akuzi ariko iyo umwima asha azoguma yipfuza icotuma umuha.

Follow my page 🤗
Simbira na you tube unshigikire ndi umurirmvyi 🙈🙈🤗🤗🤗

KUBERIKI ABAHUNGU BENSHI BISEMBA ABAKOBWA IYo BASHAKAKO BARYAMANA??😭ariko wamara kumuha agaca atangura kugufata nabi!!🤗d...
14/11/2025

KUBERIKI ABAHUNGU BENSHI BISEMBA ABAKOBWA IYo BASHAKAKO BARYAMANA??
😭ariko wamara kumuha agaca atangura kugufata nabi!!🤗duhurire muri coment

IBINTU 10 BIRANGA UMUHUNGU WANYAWE UKWIYE KUKUBERA   azi gufata responsibility:niwamuhungu ubona afise iyo ariko araja A...
14/11/2025

IBINTU 10 BIRANGA UMUHUNGU WANYAWE UKWIYE KUKUBERA azi gufata responsibility:niwamuhungu ubona afise iyo ariko araja Atari wawundi Yama mububare ,mubirori ahubwo afata nakanya akarondera basi akajayo agiye nkokwihemba kuvyo yagezeko.

2)Umuhungu afata nyina yamuvyaye nkumwamikazi:niwabona umuhungu mukundanye atubaha nyina ico nikimenyetso simusiga cerekanako nawe ariko bizogenda ,ubu agufata neza kubera mugishuhanye ariko niwagera murugo Sha azoguhinduka,kwubaha nyina vyerekanako yarezwe.

3)wamubungu adashobora guheba indoto ziwe mukugira ashimishe umukobwa:iki kintu kirakomeye burya iyo abakobwa babonye umuhungu yitaho cane iyashaka gushika kurusha ukwo abitaho baca bavuga ngo ntabwo abakunda.oya burya indoto zumuntu zubaka urukundo ariko urukundo harigihe rutubaka indoto yumuntu. icambere nukuronka umukate azokugaburira kuruta kwama akwandikira burikanya ataco afise.

4)Wamuhungu adakoresha amahera yiwe mukugira akwemeze:niwabona umukunzi wawe buri munsi asesegura mbere nayo atanafise mukugira agufate neza Sha uwo uramureka kuko ntagahunda aragira kbx umuhungu WANYAWE agukorera ibikenewe apana ivyushaka vyose ,we abaraba cane Nko muri 5 ans irimbere kurusha ukwarabe iyo muzosohokera muri weekend.
5) Umuhungu yiyubaha:burya ubwiza bwumuhungu nugukora cane sukwegeranya abakobwa.Niwamuhungu agufata nkamadame wiwe mugihe murikumwe adapfa kumenyera utundi dukobwa eka nomugihe mutarikumwe utazomusanga harubukobwa baguma bakururana.

Musomyi Niki utahuye?
Follow my page
Simbira na you tube unshigikire ndi umurirmvyi 🙈🙈🤗🤗

😔Ntimuntwenge ahubwo mumpanure🤔Ni uwitwa *devi* yatwandikiye ubutumwa adusaba kububasangiza. Yagize ati:🗣"Ndi umugabo w'...
14/11/2025

😔Ntimuntwenge ahubwo mumpanure🤔

Ni uwitwa *devi* yatwandikiye ubutumwa adusaba kububasangiza. Yagize ati:

🗣"Ndi umugabo w'umugore umwe n'umwana umwe, emwe urugo rwacu ntirubayeho nabi kandi n'umukenyezi wanje ntitubanye nabi cane ni nk'abandi bose. Ariko haraciye amezi makeyi mpuye n'umwigeme, uwo mwigeme twatanguye kuyaga bisanzwe kubera yakora hafi yo ku kazi maze dutangura gutera inkuru bisanzwe ngiye kumushorera ivyo yadandaza🥤. Buke buke dutangura kuyaga kuri telefone maze dutangura kwiyumvanamwo kandi ntiyari azi ko mfise umukenyezi."

"Umusi umwe ndamwegera nti uzompe umwanya tuyage twicaye ahantu, maze turicara nca ndamwereka umwana wanje nti burya na nyiwa wiwe turabana, rero ivy'urukundo rwacu ntaho vyoshika reka tugume turi abagenzi bisanzwe nawe ati birumvikana. Tuguma tuyaga ariko uko tuguma tuyaga niko twarushiriza kwiyumvanamwo, kera na kera dusanga twaryamanye kandi nije wa mbere bari babonanye🤔 kandi nticabuza ko no muhira nsh*tse tubonana n'umukenyezi wanje kuko nategerezwa kubikora."

"Ikibabaje nshize ku munzane ⚖️nasanze nkunda uwo mwigeme kuruta uko nkunda umugore tubana munzu, kandi nawe arankunda cane amaze kubinyereka kenshi. Nama ndamwemerera ko nzotanduka n'umugore tukabana ariko sinzi inzira nobicishamwo, birayobeye simbona uko nobigenza. Arantahura, arankunda kandi ararindiriye igihe cose novana n'umugore ariko umugore wanje nawe ntaco ndamwagiriza cotuma ndamuta uko nyene ariko sindamukunda cane."

⚠️Mutagebe ibiriko bishikira Salim* bishikira benshi ahubwo muze tubitorere umuti, vyogenda gute hamwe wokunda umugabo w'abandi canke wokunda inkumi wubatse canke umusore?

✍️Jako twumve.

* siko yitwa mu buzima busanzwe

berna

IBINTU 10 BIRANGA UMUKOBWA WANYAWE partie2:👇85%yabagabo baricuza impamvu baba barashakanya numupfasoni barikumwe .niwabo...
14/11/2025

IBINTU 10 BIRANGA UMUKOBWA WANYAWE partie2:👇

85%yabagabo baricuza impamvu baba barashakanya numupfasoni barikumwe .niwabona BINO bimenyetso kumukogwa mukundana mutware wihuta ntibamukwiwe.

4)umukobwa asaba imbabazi:ikikintu kirakomeye nimba ubona umukunzi wawe iyakoze ikosa Atari wamuntu yicisha bugufi agasaba imbabazi hunga hakiri kare.akenshi abantu Niko tumeze iyo harikibaye tugerageza gushaka kugishira kubandi rero umukobwa wumutima yemera amakosa yakoze Kandi akemera nogukosogwa.

5)Wamukobwa atama ajana nibije vyose:internet yaravyoroheje usanga harumukobwa burikanya aguma araba aho ahandi basohokeye,ivyo bariye ,ivyo bambaye agaca ashakako nawe ubimukorera ,hakwicara mukiga ukwo mwobigerako.niwa mukobwa aguma akugereranya nabarunaka 🙈uwo mureke ariko niwabona umukobwa atapfa kujana nibije vyose uwo musimbane arabereye urugo.

6)Umukobwa atarera amaboko:kundana nawamukobwa ubonako uzosiga muhira basi ugasanga yanakugororeye impuzu.iyo mvuze gukora si ukuvuga ngo nukuba afise amahera oya namba ahubwo niwamwana azi kwitaho ibintu, raba iwabo ivyakora kariwamuntu ahejeje kurya isahani agumiza kumeza,raba katariwawundi ubuzima Yama yigereranya nivyo abona kuri reseau sociaux .Kari wamukobwa azi gufata responsibility Sha nimba ubonye ariwe kwakwanya umute mumago.
🤗🤗🤗
Musomyi Niki utahuye??
Follow my page 💓
Simbira na you tube unshigikire link mur coment

IMBERE YOGUKORA RAPPORT SEXEUL MANZA UMENYE BINO BINTU 10 BIZOTUMA UTICUZA PARTIE3:👇   turakunda kwicuza igihe twakoze a...
14/11/2025

IMBERE YOGUKORA RAPPORT SEXEUL MANZA UMENYE BINO BINTU 10 BIZOTUMA UTICUZA PARTIE3:👇

turakunda kwicuza igihe twakoze amabanga yabubatse tugata amakosa kwabo twabikoranye canke tukayishinja kubera kutamenya.
BINO BINTU BIZOTUMA utasubira kwicuza🔥.

7)Manza wibaze kino kibazo kigira kiti👉mbega uyumuntu tugira tibikorane ndizera neza 100% kariwe mukuzi wanje wibihe vyose:akenshi impamvu twicuza nuko tubiheza tugaca twibukako harinabandi twahuye nyene tukabikora ariko ubu tukaba tutakirikumwe. rero ivyo birakurya mumutima bigatuma wiyanka ukumvako nuwo ariko bizohava bigenda.nivyiza rero kubikorana numufasha wawe gusa apana uwariwe wese muhuye kubera buri muntu wese mwaryamanye musangira ubuzima,ingeso ziwe zose nagwawe murazisangira .
8)Menya kahise kiwe ntiwibagire nokwiyibutsa akiwawe:nkuko nabivuze umuntu muhuje ibitsina MUBA mwubatse ikiraro kibahuza rero sivyiza kwiha uwariwe wese ushobora guhura numuntu asanganywe ingeso yokwiba mwaryamana direct nawe ikaba iragufashe, ukibaza impamvu nawe usigaye umeze ukwo ukayibura kumbe wabikuye kuri wamuntu mwaryamana.ikindi nawe manza wirabe kowahindutse utagira wice umwana wabandi nimba utarahinduka Manza wisubireko rero.
9)Senga Kandi wige kumenya gutandukanya igihe vyitwa icaha nigihe bititwa icaha:singiye kuvuga ngo wagize marriage ngo niho biba bititwa icaha canke ngo utagigize niho vyitwa icaha ekadaah hose birashobora kuba icaha canke ntibikibe🤭 kuko haribenshi babana babikora bikitwa icaha Kandi bubakanye,ico nikindi cigwa nzokigarukako munyuma gusa ico womenya ntivyitwa icaha mugihe mugamije kurema(kuvyara umwana)canke gukomeza urukundo,vyitwa icaha mugihe mubikoze umwe WESE ashaka kwinezereza😭.

10)Bikorera ahantu hatuje Kandi mufise umwanya uhagije:uravye ibintu navuze bisabako mubikora mwitonda atakwihuta impamvu mwirukanka nuko umengo muriko muriba,oya mugihe mubikoze mugamije urukundo tekana mwumveko ari igikogwa gihezagiye .ivyo rero kenshi bisaba kuba mubana nahone mutwahujwe nirari ahubwo mwahujwe nurukundo kuko 80%yingo zubatse ntabwo bigeze bakundana vyanyavyo mbere baranicuza kuba bubakanye.

Musomyi Niki utahuye??

Ntiwibagira kugira follow kuri page yanje
Simbira na you tube unshigikire ndi umuririmvyi 🤗🤗

nomigihe Bose bakwita umusazi ariko umutima wawe ukaba utagucira urubanza bandanya ubikora 🤗igikuru nuko biguha amahoro ...
13/11/2025

nomigihe Bose bakwita umusazi ariko umutima wawe ukaba utagucira urubanza bandanya ubikora 🤗igikuru nuko biguha amahoro naho Bose bavugako ataco ushoboye💓💓

13/11/2025

Big shout out to my newest top fans! Habimana Rameck, Nikodemu Jackison, Radjabu Muhombantarire, Kana Kimana Noyihiki, Cédrick Nkurunziza, Samuel Ngendakumana, Jonas Hakizimana, Dương Hiền Khoa, Eric Ndayikeza, Fidele Nizigiyimana, Uwiturije Erneste, Nsengiyumva Xuwad, Sup Happy Niyonkuru, Gwido Oj Bdi, Severin Nsengiyumva, Kévin Dobrin Debruyne Alaoujo, Komezagusenga Ernest, Nishimwe KingSultan Noah, Jackson Nishimwe, Odiphaxe Irakoze, Ezekiel Musa, Ndahabonimana Sylvestre, Isaac Nsengiyumva, Foroni Dona, Bellingham Ncuti, Charles Ngabirano, Fils Mugisha, Gasigwa Eulade, Tuyisenge Eddy Gar, King Solomon, Tonny Paterne Igiraneza, Pivoine Öz

IBINTU 10 BIRANGA UMUKOBWA WANYAWE partie1:👇85%yabagabo baricuza impamvu baba barashakanya numupfasoni barikumwe .niwabo...
13/11/2025

IBINTU 10 BIRANGA UMUKOBWA WANYAWE partie1:👇

85%yabagabo baricuza impamvu baba barashakanya numupfasoni barikumwe .niwabona BINO bimenyetso kumukogwa mukundana mutware wihuta ntibamukwibe kuko aboneka hake.
1)Ni umukobwa yubaha se wamuvyaye:niwabona umukunzi wawe yubaha se cane yamuvyaye akamuvuga neza naho yoba atamukorera ibikwiriye nkumuvyeyi ni ikimenyetso cerekanako uyo mukobwa yarezwe.rero kurya afata se wiwe kurya amwubaha Niko nawe azogufata nimba ubona amwubahuka nawe ni ikibazoo cigihe gusa azokwubahuka.
2)Wamukobwa atiratira kuba arimwiza gusa ahubwo yiratira kuba afise ubwenge bwokurinda ubwo bwiza bwiwe:akenshi uzobonako abakobwa beza kwisura usanga birata ukumvako ataco yobura mugihe afise asa neza.ababona abagabo benshi bamwiruka inyuma ariko ugasanga abatamwo umutwe atabwenge abishizemwo.bisaba kwitonda ukarabako ari wamukobwa nawe azi kurondera,kwubaha,kwihangana nomiguhe ataco waronse ariwamuntu azogutega amatwi akakwumva.
3)Ni umukobwa adaha amahigwe uyundi muhungu yokwiyumvira ko yohava amutsindira:uyu mukobwa ikizomukwereka niwawundi umuhungu WESE atapfa kwubahuka ngo amubwire ivyashaka canke ngo amuhe umwanya namutoya wogutuma uwo muhungu amumenyera.niwamuntu yubaha umukunzi wiwe baba barikumwe canke batarikumwe ,atishura utu message twose tutagira akamaro.
Musomyi Niki utahuye??
Follow my page 💓
Simbira na you tube unshigikire link mur coment

IMBERE YOGUKORA RAPPORT SEXEUL MANZA UMENYE BINO BINTU 10 BIZOTUMA UTICUZA PARTIE2:👇   turakunda kwicuza igihe twakoze a...
13/11/2025

IMBERE YOGUKORA RAPPORT SEXEUL MANZA UMENYE BINO BINTU 10 BIZOTUMA UTICUZA PARTIE2:👇

turakunda kwicuza igihe twakoze amabanga yabubatse tugata amakosa kwabo twabikoranye canke tukayishinja kubera kutamenya.
BINO BINTU BIZOTUMA utasubira kwicuza🔥.
4)imbere yogukora imibonano mpuza bitsina fata akanya mwisuzume:
muvyukuri kimwe mubikogwa bitagatifuje iki kiza kwisonga ariko kenshi tubikora muburyo ataribwo.imbere yokubikora rero bisabwako mumanza mugafata akanya mukaganira nimba hari ikitagenda neza mukagikemura, mugasabana imbazi,mukabwizanya ukuri hamwe muza gukora ico gikobwa mwese mwuzuye umunezero nurukundo.impamvu kenshi bidushishaa nuko tubikora dufise vyinshi bitagenda neza imitima yacu ihishe. rero icogihe imana ntizobihezagira kuko tubikoze vyumubiri apana vyumutima.

5)Iremenwo kwihangana:burya umuti usumba iyindi yose haba muvyumubiri,nomuvyumwuka ni;ukwihangana.rero akenshi tubikora ataruko nukuri ubiravye neza twari tubikeneye ahubwo aruko tunaniwe nokugenzura akanya umubiri wacu akanaya Gato cane cane kubahungu. nivyiza rero kuza urakora ibishoboka vyose ukihangana ukabikora gusa mugihe umutima wawe utagucira urubanza witeguye kwakira ingaruka ziza gukurikira zose.

6)Tandukanya kubishaka no kubikenera:iki kintu nikibazo gikomeye cane mubintu vyose burya akenshi tugura,dukora ibintu tugendeye kumarangamutima ariko uravye neza ivyobintu nukuri ntavyo twari dukeneye.akarorero;nshobora kuja gutembera nkabona umuntu yambaye ikirato ca Jordan nkaca numva nanje ndagishatse mbere nkaja nokukigura mugabo ugaca usanga na 2 Semaine zirahera ntacambaye🤭 ahubwo ugasanga ndiko ndicuza ATI Arya mahera nakiguze raba nkubu ndabuze minervale canke ndabuze isabune Kandi narindayafise,donc waragishatse ariko ntaco warukeneye impamvu nuko naho wakiguze mbega utacambaye ntuguma wagiye iyo ushaka?.rero nomuri rapport sexuel ukwiye kubikora kubera ubikeneye apana kubera ubishaka,kubikenera ninkigihe ubikoze ugamije kuzovyara umwana kubishaka naho nigihe ubikoze ugamije kwinezereza Kandi naho wobireka ntaco uza guhomba.🤗

Musomyi Niki wewe utahuye??

Follow my page plz and support me kuri you tube ndi umurirmvyi aririmba indirmbo zifise ubutumwa bwagaciro🌟🌟

Address

Asiatique
Bujumbura

Telephone

+25772458652

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sky berna burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share