Ahiwacu Media

Ahiwacu Media Update News

18/11/2025
Nkuko twagiye turabivuga kenshi hano kurubuga rwacu,ngira benshi mwaravyiboneye,kuri match y'intamba murugamba yatsinzwe...
18/11/2025

Nkuko twagiye turabivuga kenshi hano kurubuga rwacu,ngira benshi mwaravyiboneye,kuri match y'intamba murugamba yatsinzwe na equipe B
yabakina hano..Amakenga twamye dushikiriza kuva kera kukungene hatorwa abakinyi benshi bakinira mumahanga,kandi naha dufise abakinyi bashoboye gufasha intamba bifadikanije nabamye basanzwe bazwi neza ibikorwa vyabo nubwo bakina hanze,nkakarorero.. Youssouf Nyange,na Msauza nabandi bamwe..
⚽🇧🇮 Intamba n'umumenyereza nubwo yipfuza guhindura Staff ahanini ikibazo kiri kukungene ahitamwo abakinyi.
umukinyi nubwo yoba akina he,mugihe atari murwego rwiza ntakwiye gutumwako..dufise abakinyi beza bashoboye bakina hano mugihugu..kuko twarabibonye,kubagiye barasohoka bagurwa hanze,nibo muruno mwanya bari mukibanza ciza dufiseko icizere muntamba gusumba abandi tumenya kumazina gusa ariko tutabona umusaruro muma equipe yabo

🇧🇮⚽Mbega ikibazo c'umirwi nserukira gihugu mubona kuruhande rwanyu kivaa kuki ?
twubwire muri commentaire wongere ugire suivre




AHIWACU SPORT : Urukino rwa   du   na      ,rwari urukino rutoroheye nagato umurwi wa Flambeau du centre kuko wasatiriwe...
19/10/2025

AHIWACU SPORT : Urukino rwa du na ,rwari urukino rutoroheye nagato umurwi wa Flambeau du centre kuko wasatiriwe cane aho vyibonekeje mugice cambere umwanya munini bakinirra kuruhande rwabo,niyo bafashe umupira ntibawumarane umunota

⚽ariko vyibonekeza ko kuruhande rwa Singida nubwo basatira cane bari babuze ubunyarutse,kuko igihe cose flambeau du centre yagerageje kunyarutsa umupira haca haba ihungabana kuruhande rwa SINGIDA.

🚩⚽Birasaba ko murukino rukurikira flambeau yokwiga uburyo bwo kunyarutsa imipira iciye kumpande hakabaho no gukingira cane cane uruhande rwo hagati,mukubuzaa Singida ko irenza umupira incuro nyinshi bakirinda kubareka bakabinjiramwo.

NB:Birasaba ko flambeau du centre yotangura kwinjiza igitsindo kugira urukino nubwo bogombora rubandanye
🌡️💥kandi bisaba ko itsinda ibitsindo bibiri,nubwo vyogomborwa yobandanya
kuko yoba yatsindiye ibitsindo vyinshi hanze itatsinzwe.
gukurikirana urubuga rwacu
Flambeau du centre 1:1 Singida Black stars

08/10/2025

Siga page yawe ugire Suivre .abandi bagufollowinge.urabe urarane 1K

04/10/2025

Eric Nyandwi

17/09/2025

10/09/2025

🤒💊Intamba Murugamba mbega barwaye he?
ikibazo benshi birengagiza kandi bakibona.
Nkuko vyashikirijwe nabamwe mubakunzi b'umurwi nserukiragihugu .
"Umurwi nserukiragihugu ufise ikibazo muba sélectionner, ntibitahuritse ingene umukinyi yoba atazwi canke atanakina muri Championnat izwi canke ikomeye,aza gukinira umurwi nserukiragihugu,mugihe uyo mukinyi aba atari umu professionnel,ariko kubera akina mumahanga bakamutumako "
🛠️"umumenyereza yarakwiye guha amahirwe abakinyi baha iwacu n'imiburiburi batandatu mukibuga bakaba abaha abandi 4bakaba abakina hanze nahone bafise ibiharuro vyiza mumirwi yabo.''

⚽"imbere yo gutumako umukinyi bari bakwiye kutwereka video yiwe nimba vy'ukuri akina hanze akomeye,kuko benshi tubirukira ngo nuko bakina hanze kandi natwe ngaha dushobora kuronka abakina neza cane gusumvya aabo''
✍️tuzobandanya kubaha vyinshi mubiriko bishikirizwa n'abakunzi B'Intamba Murugamba

Gira suivre kurino page



BUMAMURU ikozwe kimwe n'intamba Murugamba mugutsindwa igitsindo kimwe kuri 0 na   wo muri Tanzanie BUMAMURU ukaba wujuje...
06/09/2025

BUMAMURU ikozwe kimwe n'intamba Murugamba mugutsindwa igitsindo kimwe kuri 0 na wo muri Tanzanie
BUMAMURU ukaba wujuje inkino zibiri unyagirwa.
pole Bakunzi ba BUMAMURU

Address

Kenya, Nairobi
Bujumbura

Telephone

+25769821628

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ahiwacu Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ahiwacu Media:

Share