Mujisho

Mujisho Burundionthemap

23/10/2025

Uyumwana wabandi muzomubazwa😂

22/10/2025

ibara riraguye
Mutima le Comedien mubutungane n'a 😂

Tanga impanuro udatukanye Ufatiye kkuntu yacafuje i
20/10/2025

Tanga impanuro udatukanye Ufatiye kkuntu yacafuje i

  ikund'abagabo🤦‍♀️
20/10/2025

ikund'abagabo🤦‍♀️

20/10/2025

Musaza wa Jeanine Tuyisabe Muvala ajatavyorosha nawe muri 😀😂

19/10/2025

I rirasubiye gukoroka nimba turi muri kanjenje😂

18/10/2025

Kumengo ikidoma mwiyimisi kituziye nabi🤷‍♂️

18/10/2025

Ibara riraguye mugihugu ca umwe mubatavuga rumwe na l'état ariko yitoza mukibanza c'umukuru w'igihugu iyo agiye mumyiyamamazo yakigwa nisinzi ryabantu bakeneye ko intwaro ihinduka🙌🙌👏👏

None aha mu matora naho bomwiba mubona bohava baronka uko babisigurira ??? 🤷‍♂️

Harukurinda nukwiyahura😂None aha noho bodutsinda hari uwo babara kl🤔Mushaka intsinzi cnk intsinzwi ?
18/10/2025

Harukurinda nukwiyahura😂
None aha noho bodutsinda hari uwo babara kl🤔
Mushaka intsinzi cnk intsinzwi ?

None aka kademu nta mu   arakabona agakore mumuaguru🤦‍♀️Knd nkubu usanga hariho abatamumenye😀
18/10/2025

None aka kademu nta mu arakabona agakore mumuaguru🤦‍♀️

Knd nkubu usanga hariho abatamumenye😀

Utitaye kucubahiro cawe nijunja nijambo ufiseVuga indahiro ijanye niyi   muri commentaire 🙌🙏
18/10/2025

Utitaye kucubahiro cawe nijunja nijambo ufise
Vuga indahiro ijanye niyi muri commentaire 🙌🙏

  kuri  Ababishoboye mu mumpere ubu butumwa cnk mumfanshe kumwifuriza isabukuru ryiza🙌🙏
18/10/2025

kuri

Ababishoboye mu mumpere ubu butumwa cnk mumfanshe kumwifuriza isabukuru ryiza🙌🙏

Address

Bujumbura

Telephone

+25761239653

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mujisho posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mujisho:

Share