Kingdom of GOD Broadcast

Kingdom of GOD Broadcast We exist to help people see&follow the Kingdom of God through the news of the good news ofJesuschrist

🔴  :  EJO AHO BUKERA Apôtre Apollinaire Habonimana azoshira ahabona indirimbo nshasha yitwa « Burundi HIMBAZA». 📍💬 Kubwa...
12/12/2024

🔴 : EJO AHO BUKERA Apôtre Apollinaire Habonimana azoshira ahabona indirimbo nshasha yitwa « Burundi HIMBAZA».

📍💬 Kubwa Apôtre Apollinaire, agira ati : «
«BURUNDI HIMBAZA » Ubushobozi buherekeza Umurya, ni Uguhamagarira abarundi gushira hejuru ijwi rihimbaza Imana aho bari hose, mu Burundi no mu mahanga;
kubera ko:

🔹Tuvuze igihugu: tuba tuvuze abenegihugu
🔹Ijwi rihimbaza: ni ijwi ry’umurundi wese afise umutima wo kubungabunga igihugu Imana yamuhaye(Patriotisme). Kugikunda no Kugikorera ata buryarya.

🔹Mu guhimbaza: Duhamagara ukuganza kw’Imana ku buzima bwacu, ivyo dukora vyose tukakabikorana umutima uhimbara Imana.

📌Uturorero :
- Indongozi yose mu gukora neza ivyo ijejwe kubw’ineza y’abenegihugu;
-Umukozi wa Reta, umudandaza, umurimyi, umworozi, umuganga, umurezi, umushingwamanza, umugabo n’umugore mu muryango…

🔹Mu gihe twokwitaba akamo ko guhimbaza/Gutazira/ Kuninahaza Imana mu vyo dukora, ntitwosubira kuronka umwanya wo guhemukira igihugu Umuvyeyi wa twese…
Ntitwosubira kuba muvyo kuryarukana no kwisamburirako.

🔹Ibirori vyo gushira ahabona iyo ndirimbo bizoba kuruyu wa gatanu, igenekerezo rya 13/12/2024, ku rusengero asanzwe arongoye rwitwa « SHEMEZA Worship Temple», ruri mu gisagara ca Bujumbura, kw’ibarabara ryitiriwe ukwikukira, hafi ya Stade INTWARI.

Vuba indirimbo ya  igiye gusohoka muyiteguriye gute?Landry-Guez B. Mugisha Worship Again Radio Voix d'Espoir - Ijwi Rire...
30/11/2024

Vuba indirimbo ya igiye gusohoka muyiteguriye gute?
Landry-Guez B. Mugisha
Worship Again
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Heritage TV Burundi

Redemption Voice  i Kigali ngo Baaa. ✨✨✨✨💥💥muriteguye?Heritage TV Burundi Worship Again Radio Voix d'Espoir - Ijwi Rirem...
22/11/2024

Redemption Voice i Kigali ngo Baaa. ✨✨✨✨💥💥muriteguye?

Heritage TV Burundi
Worship Again
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha

Umuririmvyikazi w'indirimbo mpimbazamana Vestine Anrison vesti+RevealJesus  ategekanya gukora igikorwa ca Live Recording...
22/11/2024

Umuririmvyikazi w'indirimbo mpimbazamana Vestine Anrison vesti+RevealJesus ategekanya gukora igikorwa ca Live Recording kuri uyu w'Imana itariki 24/11/2024. Ico gikorwa kikazobera I Bujumbura mu nyubakwa za Buja Events mu Kabondo kuva isaha 17h00. Aratumiye umuntu wese yifuza kumushigikira.
Worship Again
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Heritage TV Burundi

Imbere yuko turekura ikiganiro twakoranye nuyu muririmvyi mpuzamakungu David Tresor NDUWIMANA Bamuragira subscrube vuba ...
18/11/2024

Imbere yuko turekura ikiganiro twakoranye nuyu muririmvyi mpuzamakungu David Tresor NDUWIMANA
Bamuragira subscrube vuba kirabashikira
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Heritage TV Burundi Worship Again
Radio-Télévision Isanganiro RTI
👇👇👇👇👇👇👇👇
📌https://youtube.com/?si=rLsr7CdOijXfp304

Ngaya amwe mumasanamu yaranze rejoice aho Yari yitabwe nabantu batari bakeRadio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha Heritage ...
18/11/2024

Ngaya amwe mumasanamu yaranze rejoice aho Yari yitabwe nabantu batari bake
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Heritage TV Burundi
Radio-Télévision Isanganiro RTI
Kingdom of GOD Broadcast
Africa Shall Rise Conference
Enock BLM

16/11/2024


Indirimbo Yesu aravuze irabashikira mumisi mike cane
Heritage TV Burundi
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Radio-Télévision Isanganiro RTI
Kingdom of GOD Broadcast

Amwe mumasanamu yaranze Live Recording  . Vyabaye ibihe bidasanzwe vyo Guhimbaza no Gutazira Imana, aho abari bitavye ba...
15/11/2024

Amwe mumasanamu yaranze Live Recording . Vyabaye ibihe bidasanzwe vyo Guhimbaza no Gutazira Imana, aho abari bitavye barangwa n'akanyamuneza n'umunezero. Tubibutse ko Kari nakaryo ko kwigina imyaka cumi n'umunani umugwi Sifa voice ministries umaze uri kukivi.
‪-gdivine-gospel‬ ​

Heritage TV Burundi
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Kingdom of GOD Broadcast


Umuririmvyi   agiye gushira kumugaragaro amashusho y'indirimbo yiwe yise   kuwa gatandatu, 16/11/2024. Mwitegiriye gute ...
13/11/2024

Umuririmvyi agiye gushira kumugaragaro amashusho y'indirimbo yiwe yise kuwa gatandatu, 16/11/2024. Mwitegiriye gute iyo ndirimbo?
Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha
Radio-Télévision Isanganiro RTI
Heritage TV Burundi


📌Vyamaze kumenyekana Event  kw'Iriba igiye kuba mukwezi kuza kwa 12 turangiza umwaka neza kuva itarike 15 isaha 10 zumug...
07/11/2024

📌Vyamaze kumenyekana Event kw'Iriba igiye kuba mukwezi kuza kwa 12 turangiza umwaka neza kuva itarike 15 isaha 10 zumugoroba kuri Life center
'pendo sound music
Kingdom of GOD Broadcast
Heritage TV Burundi
Radio Voix d'Espoir -
Radio-Télévision Isanganiro RTI

01/11/2024

Part 2:BURUNDIAN GOSPEL MUSICIANS WORKSHOP - Shemeza Worship Temple

01/11/2024

BURUNDIAN GOSPEL MUSICIANS WORKSHOP - Shemeza Worship Temple

19/10/2024
19/10/2024

Address

Avenue DE L'AMITIE
Bujumbura

Telephone

+25769538102

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kingdom of GOD Broadcast posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share