Kiremba gospel TV

Kiremba gospel TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kiremba gospel TV, Media/News Company, Bujumbura.
(3)

23/08/2026

Sinkunda abantu muca imanza.
EV. Bruce NKENGURUTSE
ERNASED GASEKEBUYE

20/08/2026

umuntu aba KIREMBA ca Ngozi
anyandikire tuvugane
wastap ;+25771629868

19/08/2026

💔😭inkuru ibabaje umva Ubu buhanuzi ntuzopfakare

Iruhukire amahoro mukozi wayo wo mu Rwanda, warovye imitima myinshi kuri Yesu Kristo. Akaba yarangije urugendo rwiwe mur...
19/08/2026

Iruhukire amahoro mukozi wayo wo mu Rwanda, warovye imitima myinshi kuri Yesu Kristo.

Akaba yarangije urugendo rwiwe muri Kenya, iyo yari kwivuriza. Ivy'Imana igomba nivyo vyiza.

Twibuka Inyigisho zubaka imitima mwigishije Kiremba, Bujumbura n'ahandi nk'akarorero kazo: "Gukurikira Yesu, wirinda kurangara, ukaguma umureba,
iyindi nayo yavuga ngo wibyina, utazi nyen'ibirori....Inyigisho isa n'iyanyuma mu gihugu c'Uburundi, mwayivuze mu kiriyo kwa Nyakwigendera Mwungere wa 1 Ndikunkiko Elie w'i Kiremba, yavuga ngo:"Hako igihugu cobura umuhanuzi w'ukuri, cobura imvura kuko ahari, arayihamagara ikaza nk'uko Eliya yugara canke akugurura ijuru. Ikindi mwongerako ngo, ubgiza bg'inkongoro nabo yakujije. N'intahe z'umuhamagaro wanyu w'agakiza n'uwo gukorera Imana. Mwarabivye mu gihe canyu, n'igihe co kwimbura ubugingo budashira n'ibitsibo vy'izahabu. Mwar'umugisha w'amahanga, iruhukire amahoro, Imana iremeshe n'umuryango. Amen. Icubahiro cose gitware Imana mw'izina rihambaye ry'Umwami wacu Yesu Kristo. Amen.

Sources; BĂŠni-king Buntu

17/08/2026

KIREMBA IGIKORANE Oya simva ngaha utampezagiye

16/08/2026

KIREMBA IGIKORANE Chorale y'urwaruka Mugipara hamwe na G.E.I KIREMBA
Oyaa si Eseki kuriryo Riba har'intati
Oyaa si Sitina kuriryo naryo har'urwanko
Umutima wanje uhahamiye ugushika ahiyaguye ilehoboti

ÉGLISE DE PENTECÔTE DE KIREMBAIGIKORANE C’UBUTUMWA BWIZAIshengero rya Pentecôte ry’i Kirembarirabatumira mu gikorane c’I...
11/08/2026

ÉGLISE DE PENTECÔTE DE KIREMBA

IGIKORANE C’UBUTUMWA BWIZA

Ishengero rya Pentecôte ry’i Kiremba
rirabatumira mu gikorane c’Ijambo ry’Imana.

13–16 MYANDAGARO 2026

📍 KIREMBA

ATI NKORANIRIZA ABANTU, MBACURIRE AMAJAMBO,
KUGIRA NGO BIGE KUNYUBAHA IMISI YOSE BAZOMARA
BAKIRIHO MW’ISI, BAVYIGISHE N’ABANA BABO.

Gusubira mu Vyagezwe 4:10

Kaze cane

CHORALE DE KIREMBA

KAZE CANE – IMANA IBAHEZAGIRE 🙏🏻

08/08/2026

Ikor'ibitangaza cover by ella IRUMVA

29/06/2026

Uburuhukiro-CHORALE Y'URWARUKA BN PARA indirimbo yose link mur commentaire

25/06/2026

G.E.V choir ĂŠglise PentecĂ´te KIREMBA

Address

Bujumbura
401

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kiremba gospel TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share