Judia The Crown

Judia The Crown ๐—๐˜‚๐—ฑ๐—ถ๐—ฎ ๐˜๐—ต๐—ฒ ๐—–๐—ฟ๐—ผ๐˜„๐—ป ๐—ป๐—ถ CEO wa EZER COLLECTION na CROWN OF GLORY

To me๐Ÿฅณ๐Ÿ˜‚๐Ÿค—๐ŸŽ‚๐ŸŽ‚๐ŸŽ‚akajambo kamwe kubg iyi sabukuru yanje ๐Ÿ™Œ
16/09/2026

To me๐Ÿฅณ๐Ÿ˜‚๐Ÿค—๐ŸŽ‚๐ŸŽ‚๐ŸŽ‚
akajambo kamwe kubg iyi sabukuru yanje ๐Ÿ™Œ

Ba petero,Ba Yuda, Ba Pilato abo bose turagendana turamana turasangira buri musi kugeza umusi igihe kizobatwereka,woba u...
11/09/2026

Ba petero,Ba Yuda, Ba Pilato abo bose turagendana turamana turasangira buri musi kugeza umusi igihe kizobatwereka,
woba umaze kubibona ko kenshi abo turikulwe aribo baduhemukira?โ€ผ๏ธ igiki wohanura umuntu kugira abirindeโ€ผ๏ธ

Iyigishe kubabarira no mugihe bitoroshe , urekure mugihe wumva bigumyeโœ๏ธJudia the crown
11/09/2026

Iyigishe kubabarira no mugihe bitoroshe , urekure mugihe wumva bigumye

โœ๏ธJudia the crown

Ushaka amahoro yahe abandi ukeneye gukundwa tangurana no gukunda abandi. Karatahuritse ndibazaโ€ผ๏ธโ€ผ๏ธโ€ผ๏ธ๐Ÿค—โœ๏ธThe crown
09/09/2026

Ushaka amahoro yahe abandi
ukeneye gukundwa tangurana no gukunda abandi.
Karatahuritse ndibazaโ€ผ๏ธโ€ผ๏ธโ€ผ๏ธ๐Ÿค—

โœ๏ธThe crown

Ngo Imana yaransondetse ampa ration nke ngo bitanu gusaaa haaaaaa mukobwa banza wiyumvire neza nayo make iyo ayakura uko...
04/09/2026

Ngo Imana yaransondetse ampa ration nke ngo bitanu gusaaa haaaaaa mukobwa banza wiyumvire neza nayo make iyo ayakura uko ayaronka ubimenye haraho woca uzindukana nawe kuja kumufasha nyabuna kurusha kwicara urindiriye ngwazane

Imana ihezagire abagabo boseee barondere baronka cane ko baronderera twebwe imiryango yabo.

Cibitoke/Buganda halleluaaaaaaaaaaaaaaa mweseee kaze tuze duhurire hano iyi weeek end
03/09/2026

Cibitoke/Buganda
halleluaaaaaaaaaaaaaaa mweseee kaze tuze duhurire hano iyi weeek end

Imana ikagukureko ikore ikintu gituma iminwa yose yabadebaguzi iceceka kuko biraryana
03/09/2026

Imana ikagukureko
ikore ikintu gituma iminwa yose yabadebaguzi iceceka kuko biraryana

Imana yibuke abantu bose bipfuza uruvyaro bose mw izina rya Yesu Kristo. Amen
02/09/2026

Imana yibuke abantu bose bipfuza uruvyaro bose mw izina rya Yesu Kristo. Amen

Ababakobwa bazodukwegera๐Ÿ˜€๐Ÿคญ๐Ÿค”
28/08/2026

Ababakobwa bazodukwegera๐Ÿ˜€๐Ÿคญ๐Ÿค”

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Judia The Crown posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share