Nyabagere Tv

Nyabagere Tv Valorisation de la culture Burundaise par ladiffusion des informations ayant des sources fiables.

🔵🟣Uko inkino zirangiye muri UEFA Champions League.. 🇮🇹Inter Milan 1-0 Arsenal 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿🇫🇷Paris Saint-Germain 1-2 Atlético ...
07/11/2024

🔵🟣Uko inkino zirangiye muri UEFA Champions League..

🇮🇹Inter Milan 1-0 Arsenal 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿
🇫🇷Paris Saint-Germain 1-2 Atlético Madrid🇪🇸
🇷🇸Crvena Zvezda 2-5 Barcelona🇪🇸
🇩🇪Bayern Munich 1-0 Benfica 🇵🇹
🇳🇱Feyenoord 1-3 Red Bull Salzburg 🇦🇹
🇩🇪Stuttgart 0-2 Atalanta 🇮🇹
🇨🇿Sparta Prague 1-2 Stade Brestois 🇫🇷
🇺🇦Shakhtar Donetsk 2-1 Young Boys🇨🇭
🇧🇪Club Brugge 1-0 Aston Villa 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

# Football
News

06/11/2024

Muganga Alice NDAYISHIMIYE yanonosoye kuvura indwara z'abana aramenyesha abamukenera k'ubuvuzi ko bo musanga kw'ivuriro Dukire imbere ya Kaminuza Campus Kamenge Kuko ubu kuri VanNorman yahevye kubandanirizayo

28/10/2024

Voilà au siège de l'Eglise Universelle situer a Bujumbura

28/10/2024
28/10/2024

DG Regideso aravuga ivyononye itwiyo ry'amazi kuntahangwa hafi ya Cotebu

28/10/2024

DG Regideso arahumuriza ababa Komine Ntahangwa ko bagiye kuronka amazi

18/10/2024

Umukuru w'Igihugu yipfurije abarundi umugisha wo guteragira imbuto

16/10/2024

kw'Ishule Lycée Technique d'Alliance riri mukamenge baramaze kwijukira kurwanya indwara 'ibihere vy'inkende uhereye kubana

16/10/2024

Incanco za ntiharagera ko zitangwa bagira babanze bavure abarwaye bose.Cabajijwe mukiganiro c'abavugizi b'inzego za Leta Ibururi kuri uyu wa 11/10/2024

16/10/2024

Remise des certificats aux 22 militaires de la première division qui ont reçu par le Comité International de la Croissant Rouge la formation des premiers secours au Camp Mudubugu /Bubanza

Uburundi bushizemwo inguvu bwohabuzwa ivyo bwibwe n'Ububirigi.Bivurwa n'Umuhinga Aloys aho avuga ko ububirigi bwicuza ku...
16/10/2024

Uburundi bushizemwo inguvu bwohabuzwa ivyo bwibwe n'Ububirigi.

Bivurwa n'Umuhinga Aloys aho avuga ko ububirigi bwicuza kuba bwarishe umuganwa Rudoviko ngo kuko Uburundi bugitwarwa n'Ububirigi hari amatungo y'Uburundi yavanganye n'ayuRwanda

16/10/2024

Dushime intambwe Uburundi bugezeko mubijanye n'igitoro.Umuvugizi wa Leta Gérôme NIYONZIMA yabishikirije mukiganiro c'abavugizi b'inzego za Leta ca bereye Ibururi kuri uyu wa 11/10/2024.Akavuga ko abarundi borwanya bakaboko

Address

13em Avenue Q Twinyoni No 22 KAMENGE
Bujumbura
783BUJUMBURA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nyabagere Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Nyabagere Tv:

Share

Category