SIRI NI YESU

SIRI NI YESU Religion

  David Nduwimana na Apôtre Apollinaire bakiranywe igishika aho bashika ku kibuga c'indege i Kigali.Umugwi urongowe na A...
20/05/2023



David Nduwimana na Apôtre Apollinaire bakiranywe igishika aho bashika ku kibuga c'indege i Kigali.

Umugwi urongowe na Alexis Dusabe uriko utegura igiteramobciteguriwe na benshi kizoba k'umusi w'Imana kuri Camp Kigali, wari waje kwakira abo bakozi b'Imana bavuye i Bujumbura.

Bakamenyesha ko bahimbawe n'uburyo bakiriwe na bagenzi babo.

   Kuri uno wagatanu niho David NDUWIMANA yafashe urgendo rumushikana mu Rwanda aho agiye muri "Integrity Gospen Concert...
19/05/2023





Kuri uno wagatanu niho David NDUWIMANA yafashe urgendo rumushikana mu Rwanda aho agiye muri "Integrity Gospen Concert", igiteramo catunganinwe n'umuririmvyi Alexis DUSABE.

Ico giteramo kizoba kuw'Imana itariki 21, kikazoba kirimwo na Apôtre Apollinaire, Aime Uwimana na Prosper Nkomezi.

Inyuma yaho azoca agaruka i Bujumbura kubandanya gutegura "NARAHARIWE Concert" izoba itariki 16 na 25 z'ukwazi kwa 6.

  David Tresor Nduwimana Yagarutse mugihugu c'amavukiro Inyuma y'imyaka cumi .Umuririmvyi w''indirimbo zo gutazira no gu...
16/05/2023



David Tresor Nduwimana Yagarutse mugihugu c'amavukiro Inyuma y'imyaka cumi .

Umuririmvyi w''indirimbo zo gutazira no guhimbaza Imana David Nduwimana ahejeje gushika i Bujumbura kukibuga c'indege Melchior Ndadaye , ikimuzanye ni concert yise " Narahariwe Concert ".

David Tresor Nduwimana avuga ko ahimbawe cane no kugaruka mu gihugu ciwe inyuma y'imyaka cumi .

 Kur’uyu wa mungu, nagendeye ishengero rya FECABU GASAMANZUKI. Wari umunezero mwinshi ku ba kristo baho  no kuri jewe.Tw...
23/04/2023



Kur’uyu wa mungu, nagendeye ishengero rya FECABU GASAMANZUKI. Wari umunezero mwinshi ku ba kristo baho no kuri jewe.

Twasangiye ijambo rivuga ngo "HANYUMA Y'IVYO". Dusanga mw’Itanguriro 39 : 7.

Umuntu wese arafise ivyo arimwo uyu musi ari bibi canke vyiza. Hanyuma y'ivyo urimwo hari ibindi bizoza binyuranye nivyo urimwo uno musi.

Ibihe urimwo uvyifatemwo neza kugira ngo bihindutse ntuzomaramazwe n’inyifato itari nziza ushobora kugira uri murivyo bihe.

Inyuma y'ivyo turimwo muri ino si, tuzoja mw'ijuru.

 Baherekejwe n’usanzwe arongoye ibitaro bikuru vyitiriwe umwami Karori i Bujumbura,abigeme baserukiye abandi bakorera mu...
21/03/2023



Baherekejwe n’usanzwe arongoye ibitaro bikuru vyitiriwe umwami Karori i Bujumbura,abigeme baserukiye abandi bakorera muri BCAB bazindutse baragendera abakenyezi bagenzi babo bari bamaze igihe barwariye mu ivyo bitaro bagakira ariko bakabura uburyo bwo kuriha amafaranga bivurijeko kubera uburyo buke.

Abo bakenyezi bo muri banki BCAB bashoboye kwegeranya no kuriha amahera agera hafi ku miliyoni 5 z’amafaranga y’amarundi (BIF 5 000 000) basubiza akanayamunze abo bakenyezi bari bamaze igihe kitari gito barabuze ayo bacira n’ayo bamira kubera kubura ico bariha ivyo bitaro.

28/01/2023

VAILETH FRANCK vs ATANSI part 1

🔴Australia:  Denise Nkurunziza amenyesha ko yash*tse amahoro muri Australia aho ari mu rugendo  rw'ivugabutumwa mu gikor...
27/01/2023

🔴Australia: Denise Nkurunziza amenyesha ko yash*tse amahoro muri Australia aho ari mu rugendo rw'ivugabutumwa mu gikorane citiriwe REVIVAL CONFERENCE.

Amenyesha ko bakiranywe umunezero mwinshi cane.


✍️nyaburungapost

02/05/2022

Address

Bujumbura

Telephone

+25775857926

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when SIRI NI YESU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to SIRI NI YESU:

Share

Category