13/02/2025
Mubimenye! n'igikoresho ciza c' na . Niyo mpamvu ar'ukwitonda cane kuri we. Sugupfa kuko we agwanana na na na na na . Kandi we nkamwe. Ariko haraje burundu kuko uwo aje agwanana n' na .---------------------------------------
Rero, mubanze mumenye gose ngo KAGAME uwo,
1) President KAGAME, uwo n'IGIKORESHO ciza cane c'ABAZUNGU mukurarere k'UBUSERUKO bwa EDENI yiswe AFRIKA. Ako KARERE niko EAC. Maze EDENI nayo ikaba AFRIKA.
RERO, KUGIRANGO MUTAHURE IVYO, NIMUBANZE MUTAHURE GOSE KO IYO HAVUZWE UBUTWARE BWA SATANI MW'ISI, ">>""
NGUBWO UBWAMI BW'ABAZUNGU BOSE ARIBO BARABO, ABANYAMERIKA, ABANYABURAYA, ABANYA AZIYA. KANDI NTIMUHENDWE! BOSE BAKORERA HAMWE, NAHO HARI IGIHE GACANAMWO BAGASA NK'ABACANYEMWO. ARIKO UKURI NUKO USA, VATIKANO, MAKA - ARABIYA SAWUDITE, UBUSHINWA N'UBURUSIYA, ABOSE BAHURIRA MUSHIRAHAMWE RIMWE RYO GUKANDAMIZA UMWIRABURE WESE. IBINDI VYOSE MWUMVA, BIBA ARI AMAYERI N'IMIKENYURO, CANKE BIKABA GUCANAMWO KUKO UBWAMI BWOSE MUKURANDUKA KWABWO BURACANAMWO. UBWO RERO NIBWO MPFIZI Y'IMPENE YAZANANYE I BURENGERAZUBA BW'ISI ARIHO MURI OCCIDENTALE. DANIYELI 8:5-8.
Rero, ubwo BWAMI bwa SATANI aribwo bw'UMUZUNGU, bwararondeye IGIHUGU cobuhagararira neza mu KARERE k'UBUSERUKO bwa EDENI yiswe AFRIKA, baca batora URWANDA. Maze baca bagirana AMASEZERANO ahambaye nabwo.
2) Ikindi mukwiye kumenya, nuko UBWAMI bw'ABAZUNGU aribwo bwa SATANI mw'ISI, ubwo INYUNGU nyinshi baziziga mur'aka KARERE k'UBUSERUKO bwa EDENI yiswe AFRIKA, ariho hari icitwa CRÊTES CONGO NIL, aho naho niho hava UBUTARE bwinshi kandi bw'IGICIRO kinini. Niho h'aha muri CONGO, i BURUNDI, TANZANIYA, i RWANDA, UGANDA, KENYA n'ahandi mur'aka KARERE. IJAMBO RITI :
Itanguriro 2:8 UHORAHO Imana atunganya ITONGO muri EDENI (yiswe AFRIKA), mu ruhande rw'i BURASIRAZUBA: arishiramw' uwo MUNTU yabumvye. 9 UHORAHO Imana ahameza IGITI cose c'igikundiro kibereye kuribwa, ameza n'IGITI c'ubugingo hagati mur' iryo TONGO, ameza n'IGITI kimenyekanisha iciza n'ikibi. 10 Kand' URUZI ruturuka muri EDENI rwo kunywesha iryo TONGO; ruharenganye, rwigabanyamwo kune. 11 Urwa mbere rwitwa PISHONI: ni rwo rukikuje IGIHUGU cose c'i HAVILA, kirimw' IZAHABU: 12 kand' izahabu yo mur' ico GIHUGU ni nziza; aho ni ho haba ivyitwa BUDOLA n'utubuyenge twitwa SHOHAMU. 13 URUZI rwa kabiri rwitwa GIHONI: ni rwo rukikuje IGIHUGU cose c'i KUSHI. 14 URUZI rwa gatatu rwitwa HIDEKELI, ni rwo ruca hino y'IGIHUGU citwa ASHURI. URUZI rwa kane rwitwa EFURATE.
"">"" IJAMBO RITI :
Daniyeli 2:44 Nuko ku NGOMA z'abo BAMI b'isi ba DEMOKARASI na CHRISTIANISME na ISLAMISME, UHORAHO Imana yo mw' ijuru azohagurutsa ubundi BWAMI butazokwigera buhangura, kand' INGOMA y'INGANJI yabwo nta ho izonyagwa n'irindi HANGA; ariko buzomara bukomvomvore UBWAMI bwose bw' abo BAMI; yamara bwo buzohangama gush*tsa ibihe vyose. 45 Uko wabonye IBUYE ryasituwe ku musozi ata maboko arisituye, rikamenagura ivyuma n'imiringa n'ibumba n'ifeza n'izahabu, nuko mugenzi, UHORAHO Imana ihambaye yakumenyesheje ibizoba mu gihe kizoza; kand' izo nzozi n'iz' ukuri, insobanuro yazo ntizohinduka.
NGUBWO BWAMI BWARAHAGURUKIJWE RERO, KANDI BWARASH*TSE. BUBARIMWO. KANDI UBWO, MUMPWEMU ABAZUNGU BARABIZI, KANDI NA SATANI ARABIZI. ARIKO NTIBASHOBORA KUVYATURA KUKO VYOTUMA BENSHI BAHUMUKA. ARIKO MUMISI IZA MUZOBIMENYA. IJAMBO RIRAKOMEZA RITI :
Daniyeli abona Uwa MBERE na MBERE anesha vya BIKOKO
Daniyeli 7:9 Nkomeza kwitegereza, bakiriko barashirah' INTEBE z'UBWAMI bw'isi aribwo bwa DEMOKARASI na CHRISTIANISME na ISLAMISME; maze haza Uwa MBERE na MBERE ariwe DAWIDI, aravyagira ariko KWIMIKWA ubwa mbere. Imyambaro yiwe yera nka shelegi kand' umushatsi wiwe wasa n'ubwoya bs'intama yera derere; INTEBE y'UBWAMI bwiwe yari nk'ibirimi vy'umuriro, kand' amakurudumu yayo yari nk'umuriro waka.
10 URUZI rw'UMURIRO (aribwo BUTUMWA n'INYIGISHO n'ubuhishuzi vy'ukuri biriko bisambura ibinyoma vya CHRISTO umugiriki n'ivya ALLAH umwarabo), rwiburuka ruva imbere yiwe; ibihumbi n'ibihumbi baramukorera, kand' amasinzi n'amasinzi bari bahagaze imbere yiwe. Imanza zirashingwa, ibitabo birazingururwa.
UKO VYAKOMEJE GUKWIRIKIRANA KUGEZA UNOMUSI, N'UKU NGO :
13 Kandi mu vyo NERETSWE mw'ijoro, nagize ntya mbona haje uwusa n'UMWANA w'UMUNTU ariwe IMANUWELI, azananye n'ibicu vyo kw' ijuru (ariho mumpwemu no mw'IJAMBO), aza kuri wa Wundi wa MBERE na MBERE ariwe DAWIDI, baramumushikiriza (abateramyi, ABASHIBAMYI).
HASIGAYE IKI KINTU KIMWE GUSA, MAZE INTAMBARA YA HARU-MAGEDONI IBE M'UMUBURI, MAZE KAGAME AHEZE YIBONEREKO N'ABIWE B'IBURENGERAZUBA. ICO NACO N'IKI NGO :
14 Aca ahabwa INGANJI n'icubahiro n'UBWAMI, kugira ngw' amoko yose n'amahanga n'abavuga indimi zitari zimwe bamusabe: INGOMA yiwe n'INGOMA itazovaho, kand' UBWAMI bwiwe n'UBWAMI butazohangura.
KANDI AHO RERO, MWANASHIMA NTIMWUMVE KAGAME GUSA, AHUBWO NI MWUMVE URWANDA NA FPR INKOTANYI. KUKO AYO MASEZERANO ASHIGIKIWE GOSE N'UBUTEGETSI BW'URWANDA HAMWE NA FPR INKOTANYI.
INYUMA Y'AHO RERO, IKIGIYE GUKURIKIRA, IJAMBO RITI :
Yeremiya 30:8 Maze kur' uwo musi, ni jewe UHORAHO Nyen' INGABO mbivuze, nzovuna INGOGO bambitswe, ndayikure kw izosi ryabo, ncagagure IMVUTO baboheshejwe; kandi ntibazoba bakijakarira AMAHANGA: 9 ariko bazosaba jewe, UHORAHO Imana yabo, na DAWIDI UMWAMI wabo, uwo nzobahagurukiriza.
RERO, UMWAMI DAWIDI AGIYE GUSHIKIRA INGANJI. KANDI AKARERE KOSE KAZOTABAGWA NA DAWIDI. MAZE ICO GIHE ISI YOSE IZOHAGURUKIRA KURWANYA DAWIDI N'UBWAMI BWIWE. ARIKO MUKUGWANYA UBWO BWAMI, BAZORONDERA INZIRA. KANDI IYO, URWANDA GWA KAGAME RUZOYIBAHA KUKO RWARAMAZE KUYIBAHA. ICO GIHE RERO MUKARERE HAZOBA INTAMBARA YA HARU - MAGEDONI, INTAMBARA IZOGWANWA NA DAWIDI ARIKUMWE N'ABAMUSHIGIKIYE BO MUBIHUGU VY'AKARERE. ICO GIHE NIHO ISI YOSE IZOSUBIRA KUMENYA KO UHORAHO YAHAGURUKIYE KUGANZA ISI NAWE.
RERO, IGIKOGWA NYAMUKURU CATUMYE URWANDA RUSHIGWA HEJURU N'ABAZUNGU n'UBWAMI BWA SATANI, KWARI UKWITEGURIRA IYI NTAMBARA IGIYE KUBA M'UMUBURI NAHO. NIYO Y'IYI NGO :
Ivyahishuwe 16:12 Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini EFURATE. Amazi yarwo arakama, kugira ngw' inzira y'ABAMI bava i BURASIRAZUBA yitegurwe (abashigikiye UMUZUNGU). 13 Kandi mbona mu kanwa ka ca GISATO SATANI no mu kanwa ka ca GIKOKO (UBWAMI bw'UMUZUNGU) no mu kanwa ka wa MUVUGISHWA w'ibinyoma, havamw' IMPWEMU zitatu zihumanya, zisa n'ibikere: 14 kukw' izo ar' IMPWEMU z'abadayimoni, zikora ibimenyetso, zija ku BAMI bo mw' isi yose, ngo zibakoranirize ku NTAMBARA yo ku musi uhambaye w'UHORAHO Imana ishobora vyose. """" 16 Zibakoraniriza ahantu hitwa HARU-MAGEDONI mu GIHEBURAYO (c'ukuri c'Abirabure).
KAGAME KANDI, ARIKO ATEGURIRWA KUZOGWANA IYI NTAMBARA MUKUZOHA INZIRA ABAZUNGU NGO BAZE GUTERA KUMURWA WA DAWIDI. IJAMBO RITI :
INGANJI ya IMANUWELI
Ivyahishuwe 19:11 Mbona ijuru ryuguruye, kandi mbona IFARASI y'IGITARE (UMWAMI DAWIDI), uyivyagiyeko yitwa MWIZIGIGWA, irindi ni MUNYAKURI (niwe IMANUWELI). Aca amateka akarwana intambara mu bugororotsi. 12 Inyonga ziwe n'imbeya z'umuriro, no mu mutwe yambaye imigara myinshi, kand' afise izina ryanditswe, nta wurizi atari we wenyene. 13 Yambaye impuzu zajobetswe mu maraso, kandi yitwa JAMBO w'UHORAHO. 14 INGABO zo mw' ijuru ziramukurikira, zicaye ku MARASI y'IBITARE (IHANGA ryera hamwe n'ABAMARAYIKA), zambaye impuzu nziza zera derere, zitanduye. 15 Mu kanwa kiwe havamw' INKOTA ikarishe, kugira ngw' ayikubite AMAHANGA: azoyaragiza INKONI y'icuma. Kand' aganishiriza ibirenge mu bwato vino y'uburake bw'inkazi bw'UHORAHO Imana ishobora vyose. 16 Kandi ku mpuzu ziwe no ku kibero, afise izina ryanditsweko, """"
Uguhona kw'abansi biwe
17 Mbona UMUMARAYIKA ahagaze ku zuba; asemerera n'ijwi rirenga, abarira ibisiga vyose biguruka vyatiriye ijuru, ati Ni muze mukoranire amazimano menshi y'UHORAHO, 18 ngo murye inyama z'ABAMI n'iz' abakuru b'abagabisha b'abasoda n'iz' abahizi n'iz' amafarasi n'iz' abayicarako n'iz' abantu bose, abidegemvya n'abagurano, aboroshe n'abahambaye.
ABAZUNGU NA KAGAME N'ABANDI BAZOBA BABASHIGIKIYE, IJAMBO RITI :
"">"
Aho niho rero urugamba gwaca rukomera kuko nari ndagikubise ahantu hakibabaza kuko ari IMANUWELI yar'ambwiye aho nkwiye kugikubita.
Ariko co kigize ngo kinkubite, cakubita ibihome kuko naba nahavuye kera kuko nagenda nk'umuravyo.
Ico GISHETANI arico GISIGO cari cambaye ishusho y'UMUNTU mumaso uhereye mw'izosi. Maze kugikubita IGIFUNSI mwizosi, wa MUTWE waciye uvako gica kimera UMUTWE waco nyawo w'IGISIGO arico GISHETANI.
Maze IMANUWELI aca ambwira ati:
""
Niho nagikubita nk'uko AMBARIYE.
Maze mbona giciye kigwa hasi. Kimaze kugwa hasi rero, caciye cihinduramwo igikoko c'itwa IDUBU. Gica kimbwira ngo:
""
Ako kanya nanje nca mpindurwa INTARE, nca ndakigwanya ndacica.
Nzambona haje UMUGORE afise URURIMI nk'ugw'INZOKA.
Aca ambwira ngo:
""
Nyamugore aca arekura gwa rurimi nk'ugwinzoka ambwira ngo:
">>""
IYEREKWA riba rigarukiye ngaho, nca ndikangura bwakeye.≈≈≈≈≈≈≈≈≈
IJAMBO ry'INDUNDURO riti :
------------------------------
Yesaya 1:18 Enda ni muze, twitature, ni k'UHORAHO agize; nah' ivyaha vyanyu vyotukura tukutuku, bizokwera derere nka shelegi; naho vyotukura nk'agahama, bizohinduka nk'ubwoya bw'intama y'umwero.
19 Ni mwemera mukumvira, muzorya ivyiza vyo mu GIHUGU.
20 Na ho ni mwanka mukagarariza, INKOTA izobarya: kukw'akanwa kanje UHORAHO ari ko kabivuze.
Tukaba turi k'UMUSI ugira CUMI na KANE w'UKWEZI kwa mbere, ariwo MUSI wa PASIKA y'ukuri y'UHORAHO, m'UMWAKA w'2056. Ni ho k'UMUSI wa GATANU w'INDWI, Igenekerezo rya 14/01/ 2056 K*kirangamisi c'UHORAHO. Ariko ni MERCREDI ishira JEUDI ya CHRISTO UMWAMI w'ISI, Igenekerezo ryiwe rya 12-13/02/ 2025 K*kirangamisi ca SATANI.
------------------------------
Ni HAHANGAME UBWAMI bw'UHORAHO na IMANUWELI wiwe i BUKIRIRO ariho UBUYUDA muri ISIRAYELI y'ukuri no kw'isi hose.
------------------------------
Tugire, UHORAHO UBWAMI n' UBUTUNGANE i BUKIRIRO no kw'ISI hose.
--------------
NI BIBE BITYO.