27/09/2025
ryifadikanije na ministère ”babateguriye igikorane co kwongera kwatsa umuriro w’ivuga butumwa mw’ishengero.
Ubuzima bw’uwizera bukwiye kuba itara rimurikira amahanga.
Matayo 28:19-20
Nuko ni mugende, muhindure amahanga yose abigishwa, mubabatiza mw izina rya Data wa twese n’iry’ Umwana n’irya Mpwemu Yera; mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose. Umve, ndi kumwe namwe imisi yose, gush*tsa ku muhero w’isi.
Turabatumiye kandi tunabibutsa gutumira n’abandi cane cane abataramenya uwo Mwami Yesu akiza abarushe n’abaremerewe.
”Ubutumwa bwiza nirwo rurimi tuvuga “
Mwarahezagiwe cane!!!