09/07/2026
Umukecuru n'umutama bariko baraba tv aho umuvugabutumwa adasanzwe yariko arasengera abagwayi bakira
Uwo muvugabutumwa yaguma aca mu bantu, akabwira abagwayi ati umwe wese n'afate aho agwaye tumusengere arakira🙌🙌
Niho yavuga ati si mwebwe gusa🙌 n'abariko baraturaba kuri Tv bari iwabo muhira ni bakore aho bababara barakira ❤️
Umukecuru akora ku mutima, kuko yar'amaze imisi yumva ababazwa n'imisonga myishi 🥹
Umutama nawe afata ku gitsina ciwe kuko ataco yar'agishoboye gukora 🥹🥹🥹
Umukecuru abibonye aratwenga maze abwira umutama ati yavuze ngo dufate aho tubabara kugira hakire ariko ntiyavuze gufata ahapfuye ngo hazuke 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nturengane utamfollowinze ❤️🙌😂🥹