Buja Comments

Buja Comments Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buja Comments, Magazine, Bujumbura.

Bantu b'IMANA uyu mukobwa Monia Fleur kumengo hariho ukuntu yahumya Kandi ngafitaniye igikorwa na   ava mugihugu can  🇳🇬...
22/10/2023

Bantu b'IMANA uyu mukobwa Monia Fleur kumengo hariho ukuntu yahumya
Kandi ngafitaniye igikorwa na ava mugihugu can 🇳🇬??

🇧🇮

Twiyibagize ko   yaraye yibwe telephone yiwe nababa   bacu  Ndamwihweje neza umengo ntahataniye na   sinzi ukuntu Simbiz...
01/10/2023

Twiyibagize ko yaraye yibwe telephone yiwe nababa bacu
Ndamwihweje neza umengo ntahataniye na sinzi ukuntu Simbizi Wa Semavumba ataco yigeze abivugako

A-kili ngiyari ahohiyo ari gucira inzira bagenziwe ariko Abarundi benewabo ntibabihe agaciro🤔Mbega niko ubibona nawe😥
28/09/2023

A-kili ngiyari ahohiyo ari gucira inzira bagenziwe ariko Abarundi benewabo ntibabihe agaciro🤔
Mbega niko ubibona nawe😥

Son of Jah Kirikou A Kili arimibihe vyiza ahohiyo Gira ico umubwiye
27/09/2023

Son of Jah Kirikou A Kili arimibihe vyiza ahohiyo
Gira ico umubwiye

Industry ya +257🇧🇮 irabishimiye kuko barimubo tugirako LaLandrypromoter BdidLandrypromoter Bdi DrDrama TDrama Tmashurwe ...
25/09/2023

Industry ya +257🇧🇮 irabishimiye kuko barimubo tugirako
LaLandrypromoter BdidLandrypromoter Bdi DrDrama T
Drama Tmashurwe yabo muri commentaire jewe rwanje Naya🌹🌷🌺💐
Like our page for news

24/09/2023

Birateba by Sat-B (Official Video )
Iyi ndirimbo irarenze sinkubeshe yumvirize hama umbwire uko wayumvise nawe

Mbe mwomenyera Kirikou A Kili yafashe urungendo rumutwara yeye?  canke aracari mu nyakabiga kuri wamukobwa wiwe🤣🤣Gusa ni...
23/09/2023

Mbe mwomenyera Kirikou A Kili yafashe urungendo rumutwara yeye? canke aracari mu nyakabiga kuri wamukobwa wiwe🤣🤣
Gusa nitwamenya Ico agiye gukora ahohiyo tuzokibamenyesha.
Naho sahandi akaba arurugendo rwiza nogukora ibintu bizima ahohiyo mu Rwanda muri commentaire 😘😎😍

  ya Mo'W Kanzie iraryoshe kwumviriza nkuko nawe aryoshe vraiment🌹 Akajambo kamwe womubwira muri commentaire ubona ko ko...
22/09/2023

ya Mo'W Kanzie iraryoshe kwumviriza nkuko nawe aryoshe vraiment🌹
Akajambo kamwe womubwira muri commentaire ubona ko komwubaka bivanye nutu dufoto😂

Uyu mukobwa Belle 9ice wo kwa   ari mubamaza igitsina gabo kubwinshi muri kino gisagara ca bujumbura kubwukuntu fiyotoza...
21/09/2023

Uyu mukobwa Belle 9ice wo kwa ari mubamaza igitsina gabo kubwinshi muri kino gisagara ca bujumbura kubwukuntu fiyotoza nubwiza yifitiye
Ariko akakantu acafyeko umengo nikakatsi kaba rasta🙊
Nyibutsa izina ryako muri commentaire

Gira ico muhanuye bano bahungu basha  mubona kazoza kabo arakahe Koreshumwanya iyi izi photo nzozibika nze ndazereke   n...
19/09/2023

Gira ico muhanuye bano bahungu basha mubona kazoza kabo arakahe
Koreshumwanya iyi izi photo nzozibika nze ndazereke na aho bazokurira ndabigisha kugira imico itandukanye niyase
Hasigaye ntohoze Samba Famba katawe yoba yaravyariye kugasozi

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Comments posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category