Volcano express burundi

Volcano express burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Volcano express burundi, Talent Agent, Bujumbura.

07/03/2020
21/10/2019

Murahawe ikaze mw'ishiramwe ry'anyu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

03/10/2019

Volcano express burundi Imbere ya vyose twagomba dushimire abanywanyi bacu badahengeshanya gufata ingendo na Volcano. VOLCANO ihari ku bwanyu.
Ku bijanye no kworohereza abanywanyi, Volcano yarashizeho ubuhinga bwa none butuma umunywanyi atabuje itike atawundi ashobora kuyifatirako urugendo rwiwe. Ubwo buhinga ni POS butuma ku musegonda ibibanza bihari mu modoka bimenyekana maze umuntu akaronswa itike twabonye ko ikibanza cabonetse.
K. F, ni umunywanyi afata ingendo zirenga 3 mu ndwi:
“Volcano kuva itanguye gukorera mu Burundi nta yindi modoka nshobora gufata kubera ingene bakoresha umwanya. Umaze kugura itike cumi kw’izina rimwe, itike ya 11 bayiguha ku buntu. urugendo rwa cumi na rimwe (11). Itike bish*tse ikagutakarana nta kibazo bitera kuko mu mashini uba urimwo.”
Mu kwitaho abanywanyi bayo, Volcano iguma itanga inyigisho zo gukahiriza ubwenge abakozi mu bijanye no kwitaho ingenzi ikaba igihe no gushiraho agasandugu (BOITE À SUGGESTION) ko kwakira ivyipfuzo n’intererano z’abanywanyi kugira umwe wese ashikirize iciyumviro mu kibanza kibereye ( ivyo gushima n’utunenge mwabonye vyose birahawe ikaze.)
VOLCANO EXPRESS KU BWANYU

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Volcano express burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category