29/12/2025
๐จ๐ฏ : Gen Alain-Guillaume yahoze ari Minisitiri wambere wโu kuva mu 2020 kugeza mu 2022 yimuriwe mu bitaro byigenga bya Kira i Bujumbura ku wa 27 Ukuboza 2025 nyuma yโamezi abiri avurirwa mu Ntara ya Gitega.Amakuru aravuga ko arembejwe na diabete ndetse n'umuvuduko ukabije w'amaraso