Menya N'ibi Média

Menya N'ibi Média Nous sommes un média en ligne dédié à la découverte, la compréhension, et le partage de la richesse culturelle, sociale, et économique du Burundi.

Nous connectons la communauté burundaise partout dans le monde.

Nkubu iyo ubonye ino photo, wiyumvira iki nyimba uba mugisagara? Gira ico ubivuzeko nawe.
07/10/2025

Nkubu iyo ubonye ino photo, wiyumvira iki nyimba uba mugisagara? Gira ico ubivuzeko nawe.

  meza: Birabujijwe kuramukanya muhana amaboko indamutso y'amahoro irahagije.Ivyo biri mw'itangazo ryasohowe na Aloys Nd...
07/10/2025

meza: Birabujijwe kuramukanya muhana amaboko indamutso y'amahoro irahagije.

Ivyo biri mw'itangazo ryasohowe na Aloys Ndayikengurukiye Buramatari w'intara ya Bujumbura ryo kuwa 6 Gitugutu 2025. Aho rimenyesha ingingo zafashwe zuko hogwanywa ikiza ca choléra.

Ingingo zafashwe akaba arizi zikurikira:

✔Urugo gwose rusabwa gutegekanya amazi meza n'isabuni abarongoye ibigo bihuriramwo abantu benshii nk'amashure ,amavuriro basabwa kuvyitwararika ,...

✔Urugo gwose rusabwa kugira akazu ka sugumwe gakwije amategeko,

✔Uwurekurira umwanda uvuye mukazu ka sugumwe mu mifurege azohanwa hisuzwe itegeko rigenga isuku n'isukura
Ishirahamwe regideso risabwa gutanga amazi mu burere bubangamiwe na Cane cane mu mabombo rusangi

✔Birabujijwe gutembereza ibigungurwa bihiye canke kuvyanda mu mabarabara .

✔Amashirahamwe ajejwe gukura iyarara mu mihana asabwa kwubahiriza amasezerano yagiranye na bene impangu.

✔Abajejwe intwaro Ku gwego gwa commune,zone,mu mitumba /quartier basabwa gukurikirana izo ngingo ko zija mu ngiro , abatazubahiriza bagahanwa hisuzwe amategeko agenga isuku n'isukura .


Menya N'ibi Média

 : Umugwi nserukira gihugu wa Kenya uhejeje gufata urugendo werekeza ngaha mu gihugu C'uburundi, Aho uje gutana mumitwe ...
07/10/2025

: Umugwi nserukira gihugu wa Kenya uhejeje gufata urugendo werekeza ngaha mu gihugu C'uburundi, Aho uje gutana mumitwe n'umugwi nserukira gihugu C'uburundi INTAMBA MURUGAMBA

Aho baje murukino rugiye guhuza umurwi w'Intamba Murugamba n'umugwi nserukiragihugu wa Kenya rutegekanijwe kumusi wa kane ( jeudi) igenekerezo rya 09 Gitugutu 2025, urukino ruzobera kuri stade .

Mwomenya ko ari urukino rwo kurondera itike y'igikombe c'isi yose ca 2026.

Munywanyi wa Menya n'ibi média witeguriye gute kuza gushigikira no guterintege umugwi w'igihugu .

MENYAN'IBI MEDIA
BURUNDI

  n'utundi: Mbega kuba umuririvyi haraho bihuriye n'inyambaro wambara? imyambaro isobanuye iki kubanyamuziki💁????Ivyamam...
07/10/2025

n'utundi: Mbega kuba umuririvyi haraho bihuriye n'inyambaro wambara?
imyambaro isobanuye iki kubanyamuziki💁????

Ivyamamare vyishi hano mu Burundi canke mu mahanga bakunze kugaragara bambaye impuzu zitandukanye naho hambere hahise,
mbega twovugako ryoba ariterambere 💁

Aho hambere ko bambara bakikwiza kandi indirimbo tukazimenya zikamenyekana no mumakungu, mbega hamwe bokwambara bakikwiza bakareka guta umuco indirimbo zabo ntizomenyekana💁

Musomyi woba warumaze kwihweze ibijanye n'inyambaro kubanyamuziki? Mbega kubwawe ubivuzeko iki?

N'umwe muba président bamaze imyaka myinshi k'ubutegetsi ndetse no kw'isi. Ni Président Paul Biya ( umukuru w'igihugu ca...
06/10/2025

N'umwe muba président bamaze imyaka myinshi k'ubutegetsi ndetse no kw'isi. Ni Président Paul Biya ( umukuru w'igihugu ca Cameroun ) w'imyaka 92, vyanseko Aja kwiyamamariza umugabwe wiwe, uca uhitamwo kubumba ikibumbano ciwe n'ic'umugore wiwe, akaba arivyo batembereza mubanyagihugu muriki kiringo co kwi yamamaza.

Musomyi tubwire uko uvyumva muri commentaires.

Ukaba uri umurundi yuzuye, tubwire Izina ry'utu tuntu hamwe N'aho tubarizwa.
05/10/2025

Ukaba uri umurundi yuzuye, tubwire Izina ry'utu tuntu hamwe N'aho tubarizwa.

Ehe ivyo b'abana bacu bibereyemwo abandi bari mw'ishure yemwe. Ni hatari. Musomyi, gira ico ubivuzeko.
05/10/2025

Ehe ivyo b'abana bacu bibereyemwo abandi bari mw'ishure yemwe. Ni hatari.

Musomyi, gira ico ubivuzeko.

 : Kuki mu   Turoba cane   nyishi kandi nziza Ariko akaba atan'i   duhingura?  Biva kuki ? Bitumwa n'iki? Haburiki kugir...
03/10/2025

: Kuki mu Turoba cane nyishi kandi nziza Ariko akaba atan'i duhingura? Biva kuki ? Bitumwa n'iki? Haburiki kugira natwe dukore ama menshi dushore no mumakungu?

Mukunzi wa MENYA N'IBI MÉDIA, nawe gira ico ubivuzeko canke ico uterereye muri commentaires.

Vyamaze Kumenyekana Nk'uko bari babitumenyesheje Ubuheruka Ko bariko bitegurira Igikorwa Gishasha Bise NI YESU  Ni amaku...
02/10/2025

Vyamaze Kumenyekana
Nk'uko bari babitumenyesheje Ubuheruka Ko bariko bitegurira Igikorwa Gishasha Bise NI YESU

Ni amakuru Meza Dukesha Umurwi The Aroma of Christ Team ati : "Menant tout est connu...🥳
Tout est clair👌🏻
Ni mundwiza 🗓itariki 12/10/2025
🕔isaha 17hoo'
⛪Ikibanza ni Jesus Grace mu Ngagara Q5
NI YESU Live recording🔥
Ne ratez pas de nous rejoindre👌🏻
Karibu caaane...

Ukubana nobo azoba ari Umugisha cane

02/10/2025

Nta Vision 2040-2060 ishoboka, Mugihe igisata c'indero coba kikimeze uku Kiri Ubu .

Faustin Ndikumana, arongoye Ishirahamwe Parcem Burundi .

02/10/2025

Bagiye gutangura kwandika abipfuza kuja mw’ihiganwa rya Miss TFL Globe 2026 muri uku kwezi kwa Cumi.

Ishirahamwe ritegura ivya Miss TFL Globe ryarahaye ikiganiro abanditsi n’abamenyeshamakuru ku wa 29 Nyakanga 2025, aho bashikiriza ko hagiye gutangura kwandika abipfuza guhiganwa mw’ihiganwa rya .

Murashobora kubandanya mukurikirana Kino kiganiro kuri' YouTube channel ya Menya N'ibi Média muciye kuri https://youtu.be/FKzhYD1UJj4?si=wBETgJsVpH153arI

Address

Avenue Du Développement
Bujumbura

Telephone

+25769763488

Website

https://youtube.com/@menyanibimedia?si=iDlx1u_L6BcaGjF

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya N'ibi Média posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya N'ibi Média:

Share

Category