Ijisho Media Burundi

Ijisho Media Burundi Ijisho Media Burundi•
We show you what your eyes can't see

Don't forget to LIKE and FOLLOW
(1)

After   in  , evangelist   will lead a prayer crusade in  , Benin, on December 6, 2025, starting at 4 p.m.Backstage repo...
08/10/2025

After in , evangelist will lead a prayer crusade in , Benin, on December 6, 2025, starting at 4 p.m.
Backstage reports are already suggesting that witches are in danger. -

Après au , l'évangeliste animera une croisade de prière à au Bénin le 6 Décembre 2025 à partir de 16h.
Des coulisses évoquent déjà des sorciers en danger. -

Inyuma ya muri , umuvugabutumwa agiye gukora ikindi gikorane i muri Benin, kw'igenekerezo rya 6 Kigarama 2025, guhera isaha cumi z'umugoroba.

Inyuma yivyo, abapfumu bari mu kaga.




Iryavuzwe riratashe, ubutare bwa mbere bushowe mu bu ChinoisAmakontineri 10 ya mbere y’ubutare bwa   na   yapakiwe ibidu...
07/10/2025

Iryavuzwe riratashe, ubutare bwa mbere bushowe mu bu Chinois

Amakontineri 10 ya mbere y’ubutare bwa na yapakiwe ibiduga bipakira imizigo yerekeza mu gihugu ca neza na neza ku kivuko ca

Hakaba hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 07.10.2025, Umukuru w’igihugu c’Uburundi yuguruye icese ishorwa ry’ubutare bwa mbere mu gihugu c’ubushinwa.

💎Ubwo bwatanguye gushorwa mubushinwa buri mu bwoko bwa , kabaka hashiwe amakontineri 6 agizwe n’itoni 156t hamwe n’ubutare bwo mu bwoko bwa Vert, amakontineri agera kuru 4 agizwe n’itoni 104t.

Umukuru w'igihugu mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru n'abanditsi, yaburiye abarundi bimba ubutare mu gihugu bidaciye mu mategeko ko ikiringo babahaye caheze ubu amategeko ariyo akora.

Akaba asaba ko abarundi bobandanya barondera ahari ubutare kuko igihugu c'Uburundi cuzuyemwo amabuye y'agaciro atandukanye.

Musomyi ubona iri shorwa ry'ubutare rigiye kuramira igihugu?




 Maze imisi nandikirwa n'abantu benshi , harimwo n'abo murusengero ndongoye : ngo Mukozi w'Imana kuronka akazi dubai bim...
02/10/2025



Maze imisi nandikirwa n'abantu benshi , harimwo n'abo murusengero ndongoye : ngo Mukozi w'Imana kuronka akazi dubai bimeze gute, bariha angahe? Mbega ntibafatwa nabi? Mbega ntibibwa?, Jewe murabizi ko ndandaza amatike y'indege, mugabo kubera mwagumye mubimbaza muri benshi,

Ubu nyene ndagiye Dubai , nishikireyo, mvugane n'aba boss batanga ubuzi, ngendere ama company abijejwe, apana ko babahenda ngo bobajana Dubai nabo batarajayo, bakabaha amakuru babwiwe, Nzobonana kandi n'abarundi bamwe bamwe babayo kugira babahe umuco .

Ninaheza kuvugana nabatanga ubuzi, nzoheza ntore numero zabo, ibiranga company zabo , Mvugane nabatwara ayo ma companies apana aba Agent, kuko ndafise aba boss bandondeye ndabankira nti nzobanza kuza , nzobabereka hano kurubuga, bibaye ngombwa ndabahuze uwushaka yigire akore akazi.

Impamvu itumye ngenda kuvyirabira ni kubera abakristo bakijijwe basengera iwanje , n'abasengera ahandi munyizera mukambaza, abandi bakandirirako bibwe, Reka nshikeyo nzoza ndababwira uko vyifashe, ninaronka umwanya muzombwire mbandanye no muri Quatar naho ndabarabire uko vyifashe

Yesu abahezagire kandi abugururire imiryango, Munsengere Imana ihezagire uru rugendo Murakoze

+257 61 866 466

Apostle King Dieudonne.

https://youtu.be/iXx4bDc0AkQ?si=HeZPnxsy3QCLK4ZuNew Burundian talent Tubonye impano shasha mu muziki wa Gospel mu Burund...
30/09/2025

https://youtu.be/iXx4bDc0AkQ?si=HeZPnxsy3QCLK4Zu

New Burundian talent Tubonye impano shasha mu muziki wa Gospel mu Burundi

Please on YouTube channel

Josiane NIHOREHO Umurundikazi azanye ubutumwa budasanzwe mu guhimbaza no gutazira Imana biciye muri Gospel Music Nturengane udafyonze kuri SUBSCRIBE NOTIFICA...

🇺🇬Bobi Wine aje mwishusho shasha I  umubagabo w'umunyepolitike ahanganye na   yakoze amateka akomeye muri UgandaUmuririm...
30/09/2025

🇺🇬Bobi Wine aje mwishusho shasha

I umubagabo w'umunyepolitike ahanganye na yakoze amateka akomeye muri Uganda

Umuririmvyi akaba numu nyepolitike akomeye adashigikiye intwaro ya nawe yari mu myiyamamazo yo kwiyamamariza kurongora igihugu ca

muri Uganda 🇺🇬 bavuga ko kuri iyi 'curo ashobora kuba asumvya umufana Umukuru w'igihugu Yoweli Kaguta Museveni uyu musi akaba yagize imyiyamamazo ya kabiri ahitwa i Buyende Inyuma yo kwemererwa kwitoreza ikibanza c'Umukuru w'Igihugu.

Ikoraniro ry'iwe ridasanzwe ry'abafana ryabaye inyuma y’aho abapolisi bamubujije kwinjira ku kibanza c'ahitwa i Bukungu kugira ngo abwire abarovyi bo muri ako karere nabo bazomutore ky bwinshi kugira aze agire ivyo ahindura mu gihugu

Robert ariwe Wine yijeje abanya Buyende ko, niyatorwa kuba umukuru w’igihugu, azoteza Imbere igisata c’ubutunzi, ateze imbere igisata c’amategeko, ateze Imbere igisata c'indero n'ic'amagara y'abantu no mu bindi bikorwa bihambaye vy'igihugu

Museveni akaba yaheruka kwemera ko azomushigikira mu matora

Wewe uraha Bobi Wine amahirwe kuri iyi ncuro



❤️Mwite  #𝗡𝗮𝘃𝗶𝗲𝗞𝗲𝘁𝘀𝗶𝗮𝗡𝗗𝗔𝗬𝗜𝗦𝗛𝗜𝗠𝗜𝗬𝗘 umukobwa w'umukuru w'igihugu yaraye akowe🇧🇮...Kwa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu; 𝗡𝗮𝘃...
29/09/2025

❤️Mwite #𝗡𝗮𝘃𝗶𝗲𝗞𝗲𝘁𝘀𝗶𝗮𝗡𝗗𝗔𝗬𝗜𝗦𝗛𝗜𝗠𝗜𝗬𝗘 umukobwa w'umukuru w'igihugu yaraye akowe🇧🇮...

Kwa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu; 𝗡𝗮𝘃𝗶𝗲 𝗞𝗲𝘁𝘀𝗶𝗮 asanzwe arongoye umurwi , mur'iyi weekend yarakowe n'umusore bashimanye bagiye kurushinga !

Uyu akaba abaye umwana agira gatatu w'umukuru w'Igihugu cacu abonetse mumyiteguro yo kurushinga inyuma ya 𝗔𝗹𝗹𝘄𝗶𝗻 𝗝𝗼𝗱𝗲𝗹𝗹 aherutse gushinga urwiwe! Hagakurikira 𝗔𝗻𝗻𝗶𝗲 𝗟𝘂𝗰𝗸𝘆 𝗟𝗼𝘂𝗮𝗻𝗴𝗲 ari mumyiteguro. Nuyu 𝗡𝗮𝘃𝗶𝗲 𝗞𝗲𝘁𝘀𝗶𝗮 yaraye akowe hirya yejo..

  : Hari umuryango wo ku murwa mukuru wa komine Muyinga intara ya Buhumuza wiriwe, kuri uyu wa mbere, ku bitaro bikuru v...
23/09/2025

: Hari umuryango wo ku murwa mukuru wa komine Muyinga intara ya Buhumuza wiriwe, kuri uyu wa mbere, ku bitaro bikuru vy'i Karusi usaba kuronswa ikiziga c'uwabo cari mu buruhukiro bw'ivyo bitaro. Amakuru ava kuri ivyo bitaro amenyesha ko inyuma y'umutaga ariho hamenyekana ko uwabo yajanywe n'uwundi muryango, guhambwa muri komine Kiremba y'intara ya Butanyerera.

Ikiziga c'uwo muryango w'i Kiremba nico casigaye muri ubwo buruhukiro, nk'uko vyemejwe n'uwo muryango umaze kuhashika. Ubuyobozi bw’ivyo bitaro bufandikanije n’uwo muryango w’i Muyinga bwasavye ababijejwe uburenganzira bwo kuja kuzura ikiziga c'uwo yahambwe ku wa gatandatu uheze ku Masanganzira. Ngo bazindukiyeyo, kuri uyu wa kabiri, kugira barabe ko ari uwabo hanyuma baje kumufubana iteka i Muyinga nk’uko babitegekanije.

Mu buyobozi bw'ibitaro Natwe Turashoboye basigura ko umuryango wihenze utwara ikiziga kitari ic'uwabo, narirya bari basangiye amazina y’ikirundi kandi bose ari abakenyezi. Basaba imiryango kuza irasuzuma neza ko itwaye uwabo. Umuryango w'i Muyinga uvuga ko uwabo yari akiri muto ariko bawereka umutamakazi.

Source:RTI

Quelle est la proportion de femmes dans les instances décisionnelles et de maintien de la paix au Burundi et en RD Congo...
19/09/2025

Quelle est la proportion de femmes dans les instances décisionnelles et de maintien de la paix au Burundi et en RD Congo ?

En RD Congo, les femmes représentent 15 % des parlementaires, contre près de 40 % au Burundi. Pourtant, le rôle des femmes dans la consolidation de la paix est important.

📝 Selon le rapport d'ONU Femmes, si 20 % des femmes participent aux négociations de paix, l'accord de paix pourrait durer deux ans ; si 35 %, il pourrait durer plus de 15 ans.

📉 Des progrès ont été accomplis, mais il reste encore du chemin à parcourir.

Selon Marie-Concessa Barubike, représentante de l'AFRABU, pour accroître la participation des femmes au Burundi, il est encore nécessaire que les lois soient respectées et encadrées.

📈 Voici l'évolution de la norme au cours des 10 dernières années ⤵️ :
👉🏾 2016 : 17 %
👉🏾 2017–2019 : 18 %
👉🏾 2020 : 19 %
👉🏾 2022 : 22 %
👉🏾 2023 : 26,7 %
👉🏾 2024 : 31,9 %
👉🏾 2025 : 32,29 %

🔍 Malheureusement, « à mesure que l'on passe des classes supérieures aux classes inférieures, le rôle des femmes continue de décliner ». Si les femmes sont nombreuses aux échelons supérieurs de l'État, les échelons inférieurs restent loin derrière.

✍🏾 Le projet Manu 2.0 (Mwanamke Amani na Usalama) a été mis en œuvre par 13 entreprises de la RDC et du Burundi. Selon la coordinatrice du projet Manu 2.0, l'objectif ultime est de permettre aux femmes et aux filles de participer à la prévention et à la résolution des conflits, à la médiation, aux négociations de paix et à la consolidation d'une paix durable.

🗓️ Ces travaux ont été présentés lors d'un atelier de deux jours, le 16 et 17 juillet 2025, à l'occasion du 25e anniversaire de la résolution R1325 et de la finalisation du projet Manu 2.0

Photo:YagaBurundi

Bonjour 😊Les nouvelles de la paix que nous attendions tous sont arrivées !Le 18 septembre, à Cheongju, en République de ...
19/09/2025

Bonjour 😊Les nouvelles de la paix que nous attendions tous sont arrivées !

Le 18 septembre, à Cheongju, en République de Corée, le 11e Sommet mondial de la paix de la HWPL a réuni 800 dirigeants du monde entier.

Le sommet de cette année a permis de concrétiser les résultats suivants :

*Droit international : 16 parlements, dont PARLATINO, ont adopté des résolutions soutenant la Déclaration de paix et de cessation de la guerre de la HWPL (DPCW).

*Éducation à la paix : mise en œuvre dans les programmes scolaires publics de Zambie, de Mongolie et maintenant du Timor-Leste.

*Dialogue interreligieux : L'Académie internationale de la paix religieuse de la HWPL a été officiellement reconnue dans plusieurs pays.
Le président Man Hee Lee a souligné : " Ce que nous devons laisser derrière nous, c'est un monde de paix, pas un monde de conflits. L'ancien président croate Ivo Josipovic a ajouté : " Aujourd'hui plus que jamais, l'unité mondiale pour mettre fin à la guerre est essentielle.

Nous croyons que cette nouvelle peut inspirer espoir et courage à vos lecteurs 🙏 Nous vous demandons de bien vouloir couvrir chaleureusement cet événement.




Le Sommet mondial pour la paix de HWPL met en lumière l’élan mondial en faveur des initiatives de paixCheongju, Républiq...
19/09/2025

Le Sommet mondial pour la paix de HWPL met en lumière l’élan mondial en faveur des initiatives de paix
Cheongju, République de Corée – 18 septembre 2025 – Heavenly Culture, World Peace, Restoration of Light (HWPL), une ONG internationale pour la paix, a organisé le 11e Sommet mondial pour la paix de HWPL, réunissant 800 dirigeants mondiaux. Le sommet, tenu à Cheongju, a mis en avant les réalisations et la vision de l’organisation pour la paix, en insistant sur la collaboration entre gouvernements, organisations internationales et société civile.

Cette année, le sommet a souligné des progrès majeurs dans trois domaines clés. En droit international, le cadre juridique proposé par HWPL, la Déclaration de paix et de cessation de guerre (DPCW), a gagné un soutien important, notamment avec le Parlement latino-américain et des Caraïbes (PARLATINO) et 16 autres organes parlementaires et gouvernementaux adoptant des résolutions en faveur de la déclaration.

L’éducation à la paix de HWPL est en cours d’institutionnalisation dans les programmes scolaires publics. Le ministère de l’Éducation de Zambie a mis en œuvre le programme dans toutes les écoles de la capitale Lusaka, avec un projet d’expansion nationale. La Mongolie a également intégré le programme dans son système éducatif.

Dans le dialogue interreligieux, le Comité de solidarité des religions pour la paix (SRPC) a été lancé. Depuis 2023, l’Académie internationale du dialogue religieux pour la paix de HWPL a été mise en œuvre comme programme interreligieux, officiellement reconnu dans plusieurs pays comme plateforme pour les dirigeants et citoyens afin de s’engager dans un dialogue centré sur la paix.

Le président de HWPL, Lee Man-hee, a insisté sur la coopération mondiale pour la paix :
« Le conflit ne peut jamais être bon. Seule la réalisation de la paix est véritablement bonne. Si nous échouons à établir un monde pacifique de notre vivant, nous laisserons aux générations futures un fardeau de conflits. Ce que nous devons leur léguer, c’est un monde de paix, et non un monde de conflits. La tâche qui est devant nous aujourd’hui est de nous engager dans des actes de bonté. »

L’ancien président de Croatie, S.E. Ivo Josipović, a adressé un message de félicitations, déclarant que « notre activité visant à interdire la guerre dans le monde entier est plus importante que jamais » et a souligné que les réalisations de cette année garantissent que l’humanité atteindra un jour une paix éternelle.

Le sommet a également abordé la question de la réunification pacifique de la Corée et a noté une augmentation rapide du nombre de membres mondiaux de HWPL, qui dépasse désormais 580 000. Après l’événement principal à Cheongju, des événements satellites se poursuivront dans 78 villes à travers le monde jusqu’en octobre, avec plus de 15 000 dirigeants attendus pour participer à d’autres discussions sur les stratégies de consolidation de la paix.




Burundi-RDC: Umushikiranganji w’ikigega ca Leta n'Uburimyi barishikiye ahariko hakorerwa ibikorwa vyo kubakwa ikiraro  -...
18/09/2025

Burundi-RDC:
Umushikiranganji w’ikigega ca Leta n'Uburimyi barishikiye ahariko hakorerwa ibikorwa vyo kubakwa ikiraro -Gasenyi
kuri uyu wa 16/09/2025, ahariko hakorerwa igikorwa vy'inyubako y'ikiraro Kavimvira-Gasenyi,akaba ari ku rubibe hagati y'Uburundi na Repubulika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo.

Ico kiraro gifise uburebure bwa metero 120, ivyo bikorwa bakaba bifashwe mu mugongo na Banki y'Isi, uwo mugambi ukaba ugamije gukomeza guhanana ibidandazwa n'abantu hagati y'ibihugu bibiri. Ivyo bikorwa, biri mu maboko y'ikigo c'Abashinwa, biteganyijwe ko bizoshobora kurangira bitarenze mu mpera z'ukwezi kw'icenda mu 2025.
Umugambi urimwo no gutegura amabarabara azohuza ibi bihugu ku ruhande rw'Uburundi na RDC kandi utanga icizere gikomeye mu kugwiza ubutunzi mu karere k’ibiyaga binini.




Address

Rohero
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijisho Media Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ijisho Media Burundi:

Share