Mwalimu Augustin

Mwalimu Augustin 🎞️:Actor
📝:Writer
🎬:Director

FOLLOW ME ON YOUTUBE:MWALIMU Augustin

FOR CONTACT:Whatsapp:+25761317186

Mumbarire izina ry’uyu turikumwe muri Commentaire.
26/09/2025

Mumbarire izina ry’uyu turikumwe muri Commentaire.

UKU N'IKWO KURI, KURI MONETIZATION YA FACEBOOK MU BURUNDI. Abantu beshi baguma bambaza ngo ndabakorere monetization ya F...
25/09/2025

UKU N'IKWO KURI, KURI MONETIZATION YA FACEBOOK MU BURUNDI.

Abantu beshi baguma bambaza ngo ndabakorere monetization ya Facebook zabo kugira batangure kwinjiz’ama faranga nkabandi ba Jeunes bo mubindi bihugu bimwe bimwe.

➡️ yemwe nti mw’ibwe : Facebook ntirashira Monetization mu Burundi 🚫💰. Kandi nta Platforms nimwe yemerewe monetization mu Burundi yemwe na YouTube muzi nayo nta monetization yayo ibaho ngaha iwacu, gusa YouTube yaramenyeko dufise ayo magorwa icidushiriraho akantu ko guhindura igihugu urimwo n’ukuvuga uhindura Country of residence IP yayo ihita ihinduka ugaca witwa uwo murico gihugu uyi shizemwo canke uyi hinduriyemwo n’ubwo uri mu burundi, Facebook rero akokantu ntirakadushiriraho canke ngwiduhe iyo ads kuko niyo ugerageje ugukoresha VIPN ugahindura IP ya Facebook yawe harigihe page yawe canke Facebook baca bayugara.

Urutonde rwibihugu vyo muri African biri eligible kuri monetization ya Facebook nibi bikurikira.
- Democratic Republic of Congo ( RDC )
- Egypt
- Ghana
- Kenya
- Morocco
- Nigeria
- South Africa
- Tanzania
- auganda iri muri procedure
Ibisigaye vyose uwuzokubesha azoba ashaka kukwiba.

Ukeneye ko uronka monetization kuri Facebook uri mu burundi biragusaba ko wimuka ukimukira murikimwe murivyo bihugu biri eligible kuri Facebook canke ugahereza Facebook yawe umuntu asanzwe abayo nahone umuha ivyangombwa vyose nahone ategerezwa kuyimarana ikiringo kirihagati y’imisi 90 canke 180 murico gihe tusubira gukoresha ikirundi kiretse igifaransa ni congereza nahone bisabako abariwe aza aragu postingira keshi ivyukeneye , Ahorero ubishoboye ivyovyose Facebook yawe iraba Monetized.

Gusa hari ubundi buryo bwo kwinjiza amafaranga dukoresheje Facebook Instagram na WhatsApp twifashishije (Affiliate marketing, Sponsored content, ). Ubwo buryo buroroshe cane kandi nabwo bwinjiza amafaranga meshi cane kuba content creators. Ushaka kuyi menya ucu nyandikira in box canke winjire muriyo channel ya whatsapp urabona contacts zanje muri

Mugikoni.Uku niko tuba tumeze.
22/09/2025

Mugikoni.Uku niko tuba tumeze.

  Written by
20/09/2025

Written by

ME WITH FREEMABOY
19/09/2025

ME WITH FREEMABOY

SCRIPT ZASHUSHE RERO SASA.
18/09/2025

SCRIPT ZASHUSHE RERO SASA.

AMASENGESHO NIGWO RUPFUNGURUZO RUGUHUZA N’IMANA BIGATUMA USHIKA AHO BESHI BIPFUZA GUSHIKA.
15/09/2025

AMASENGESHO NIGWO RUPFUNGURUZO RUGUHUZA N’IMANA BIGATUMA USHIKA AHO BESHI BIPFUZA GUSHIKA.

Football rero sasa
11/09/2025

Football rero sasa

New 🎬 From .......
10/09/2025

New 🎬 From .......

MUMFASHE TWIPFURIZE IJORO RYIZA UYU MUMAMA ADAHENGESHANYA KUNSHIGIKIRA MUBIKOGWA VYA FILM. fans
08/09/2025

MUMFASHE TWIPFURIZE IJORO RYIZA UYU MUMAMA ADAHENGESHANYA KUNSHIGIKIRA MUBIKOGWA VYA FILM.

fans

Musenge cane kugira integuro zanyu zigende nk’ukwo Imana yabipanze atari nkuko abansi banyu bipfuza.♡♡♡♡♡♡
07/09/2025

Musenge cane kugira integuro zanyu zigende nk’ukwo Imana yabipanze atari nkuko abansi banyu bipfuza.

♡♡♡♡♡♡

Kubantu mukunda Film   iconobabwira coco mube muritegura kuryohegwa kuko ibice bigiye kuza vyovyo ni 🔥🔥🔥.Reka ngarukiriz...
06/09/2025

Kubantu mukunda Film iconobabwira coco mube muritegura kuryohegwa kuko ibice bigiye kuza vyovyo ni 🔥🔥🔥.Reka ngarukirize aha namwe muzibonera.

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mwalimu Augustin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share