26/03/2021
Amahoro ncuti zanje naba Fan banje ndiniteka ryo kubasaba ubufasha mu gikorwa ndiko ndakora c'umuziki wanje Ku ndirimbo yanje yambere yitwa Emmanuella munterere mu kumpa Ama Subscribe, share n'a Like kuri Chainel yanje Manoti Official, mbaye ndabashimira kur mwese muzokora ako kigoro, murakoze