KING SALVA

KING SALVA video et stories FGHDARTYH

Ndashaka abantu bomumuryango w'abashubi b'abega munyandikire inbox canke usige numero yawe ya whatsapp dukore groupe idu...
16/12/2025

Ndashaka abantu bomumuryango w'abashubi b'abega munyandikire inbox canke usige numero yawe ya whatsapp dukore groupe iduhuza nkumuryango wamateka

KAHISE.INYUMA YOGUSOMA IYI NKURU NTO UCE UMBWIRA UBWOKO BWABA BAMI.Aba níbo bâna kãhise k'úburũndi kavugá kwáribó bâna b...
15/12/2025

KAHISE.

INYUMA YOGUSOMA IYI NKURU NTO UCE UMBWIRA UBWOKO BWABA BAMI.

Aba níbo bâna kãhise k'úburũndi kavugá kwáribó bâna bãri bâvyāwe n'úmwãmi . Uyu wa mbere ni kãndi ngãha yarí yáramáze kubá umwãmi kuva kera . Uyu wa kábiri n'umugánwa nawé nyéne yarí umuhũngu wa . Böse Bãri básāngiye Se umwé mugá kubãmikazi batāndukānye. Bisigûrakó yarãfise nyina ukwîwé na akagira nyina ukwîwé.

✍️ Ufatiye kukuntu bagaragara ,ubona ari abatutsi canke abahutu?

muri commentaire

🔥UMWAMI MWAMBUTSA 4 YARASE GUPFUKAMIRA PAPA  YOHANI WA 23 ITARIKI 16/12/1962Murugendo umwami mwambutsa yakoze ivaticano ...
29/11/2025

🔥UMWAMI MWAMBUTSA 4 YARASE GUPFUKAMIRA PAPA YOHANI WA 23 ITARIKI 16/12/1962

Murugendo umwami mwambutsa yakoze ivaticano muri 1962 yarase gupfukamira papa ndetse yanka no gusoma impeta yiwe mugihe mumigenzo bisanzwe bimezeko bamupfukamira ndetse bagasoma impeta yiwe.

Umwami yabwiye papa KO atomwami apfukamira uwundi. Ati wewe Uri umwami waba Kristo nanje ndi umwami wabarundi..

Uburundi ni igihugu cintwari🔥

🚨 Uko inkino zaraye zigenze hirya no hino kw'isi yose 👇 👇 👇 🇿🇦 Betway Premiership🇿🇦 Orlando Pirates 2–0 🇿🇦 Chippa United...
26/11/2025

🚨 Uko inkino zaraye zigenze hirya no hino kw'isi yose 👇 👇 👇

🇿🇦 Betway Premiership
🇿🇦 Orlando Pirates 2–0 🇿🇦 Chippa United

🇪🇺 UEFA Champions League – League Phase
🇳🇱 Ajax 0–2 🇵🇹 Benfica
🇹🇷 Galatasaray 0–1 🇧🇪 Royale Union SG
🇳🇴 Bodo/Glimt 2–3 🇮🇹 Juventus
🏴 Chelsea 3–0 🇪🇸 Barcelona
🇩🇪 Dortmund 4–0 🇪🇸 Villarreal
🏴 Manchester City 0–2 🇩🇪 Bayer Leverkusen
🇫🇷 Marseille 2–1 🏴 Newcastle
🇮🇹 Napoli 2–0 🇦🇿 Qarabag
🇨🇿 Slavia Prague 0–0 🇪🇸 Athletic Bilbao

🌏 AFC Champions League – League Phase
🇦🇺 Melbourne City 2–0 🇲🇾 Johor DT
🇰🇷 Gangwon 1–3 🇯🇵 Machida Zelvia
🇨🇳 Shanghai Port 1–3 🇰🇷 FC Seoul
🇨🇳 Chengdu Rongcheng 1–1 🇯🇵 Sanfrecce Hiroshima
🇦🇪 Al Wahda 3–1 🇶🇦 Al-Sadd
🇸🇦 Al Hilal 4–0 🇮🇶 Al Shorta

🌏 AFC Champions League 2
🇮🇷 Sepahan 2–0 🇯🇴 Al Hussein

Egypt Premier League
🇪🇬 Pyramids 2–0 🇪🇬 Arab Contractors

England – Championship
🏴 Hull 0–2 🏴 Ipswich
🏴 Middlesbrough 2–4 🏴 Coventry
🏴 Norwich 1–1 🏴 Oxford United
🏴 Stoke 3–0 🏴 Charlton
🏴 Swansea 1–2 🏴 Derby
🏴 Watford 1–1 🏴 Preston
🏴 Southampton 3–0 🏴 Leicester

England – League One
🏴 Luton 2–1 🏴 Huddersfield
🏴 Peterborough 0–1 🏴 Stevenage

Ethiopia – Premier League
🇪🇹 Adama City 1–0 🇪🇹 Bahir Dar Kenema
🇪🇹 Welayta Dicha 2–1 🇪🇹 Welwalo Adigrat
🇪🇹 Ethiopian Insurance 0–1 🇪🇹 Negele Arsi Ketema

UEFA Youth League – League Phase
🇳🇴 Bodo/Glimt U19 2–6 🇮🇹 Juventus U19
🇹🇷 Galatasaray U19 1–1 🇧🇪 Union SG U19
🇳🇱 Ajax U19 0–4 🇵🇹 Benfica U19
🇨🇿 Slavia Prague U19 3–3 🇪🇸 Athletic Bilbao U19
🏴 Chelsea U19 1–1 🇪🇸 Barcelona U19
🇮🇹 Napoli U19 2–0 🇦🇿 Qarabag U19
🇫🇷 Marseille U19 2–0 🏴 Newcastle U19
🇩🇪 Dortmund U19 1–2 🇪🇸 Villarreal U19
🏴 Manchester City U19 6–0 🇩🇪 Leverkusen U19

England – National League Cup
🏴 Aldershot 2–1 🏴 Fulham U21
🏴 Boreham Wood 4–3 🏴 Leicester U21
🏴 Braintree 3–2 🏴 Wolves U21
🏴 FC Halifax 1–2 🏴 Sunderland U21 (pens)
🏴 Forest Green 0–1 🏴 Nottingham U21
🏴 Rochdale 1–0 🏴 Everton

🛑kandi wosanga nkaho utararonka iyi video yaa wakera???sitwe twabibatumye ngo bavyifate, we siga numero whatsapp yawe nd...
25/11/2025

🛑kandi wosanga nkaho utararonka iyi video yaa wakera???

sitwe twabibatumye ngo bavyifate, we siga numero whatsapp yawe ndaguhe wirabire umwana wokumusaga ukuntu ateye neza

🔴KUBWANJE FLICK YOTANGUZA ABA:Joan GarciaKounde, Araujo, Cubarsi, Balde;De Jong, Éric Garcia, Fermin;Lamine Yamal, Lewan...
25/11/2025

🔴KUBWANJE FLICK YOTANGUZA ABA:

Joan Garcia

Kounde, Araujo, Cubarsi, Balde;

De Jong, Éric Garcia, Fermin;

Lamine Yamal, Lewandowski, Rashford.

🚨 Hari abarwanya Xabi Alonso n'abandi bamwemera.♦️Abarwanya Xabi Alonso : • Vinicius Jr• Valverde• Camavinga• Rodrygo• B...
25/11/2025

🚨 Hari abarwanya Xabi Alonso n'abandi bamwemera.

♦️Abarwanya Xabi Alonso :

• Vinicius Jr
• Valverde
• Camavinga
• Rodrygo
• Brahim
• Endrick
• Ferland Mendy

🔹 Abemera Xabi Alonso:

• Courtois
• Mbappé
• Arda Güler
• Carreras
• Huijsen

Ubona ari iyihe groupe izotsinda iyindi?

fans

iki kirundi ca saido we wagitahuye?nala navuzeko intamba murugamba zigikinirwa nabacongoman biyita abarundi tuzama dutsi...
23/11/2025

iki kirundi ca saido we wagitahuye?

nala navuzeko intamba murugamba zigikinirwa nabacongoman biyita abarundi tuzama dutsindwa kuko bo nta patriotisme iwabo ibayo

🛑Afuweni Ego wimyaka 85 womuri Nigeria yashinguwe mwisandugu isa nicupa rya coca cola kuko yakunda cane ico kinyobwa.Naw...
23/11/2025

🛑Afuweni Ego wimyaka 85 womuri Nigeria yashinguwe mwisandugu isa nicupa rya coca cola kuko yakunda cane ico kinyobwa.

Nawe tubwire rero fans ,tuzokuzike mwisanduga ifise ishusho yikihe kinyobwa ukunda?

🛑ABANYAMUJI EGERA HANO.Iyi sanamu ikwibukije igishusho kiri amajahe mugisagara ca BUJUMBURA?
23/11/2025

🛑ABANYAMUJI EGERA HANO.

Iyi sanamu ikwibukije igishusho kiri amajahe mugisagara ca BUJUMBURA?

🛑Nahora mbona umengo MONIA FLEUR aritubashe ntakwiranye numunwarumogi LINO G nca nkora amatohoza, nasanze ahubwo bakwira...
23/11/2025

🛑Nahora mbona umengo MONIA FLEUR aritubashe ntakwiranye numunwarumogi LINO G nca nkora amatohoza, nasanze ahubwo bakwiranye neza kuko bazama barusangira

none nkaha barcelona yakoze iki? iki ni ikimenyetso ciza cuko real madrid iri kure caneiyo bapfuma bagumana kirya camber...
23/11/2025

none nkaha barcelona yakoze iki? iki ni ikimenyetso ciza cuko real madrid iri kure cane

iyo bapfuma bagumana kirya cambere

Address

Bujumbura

Telephone

+25768942965

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KING SALVA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KING SALVA:

Share